Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kidum na Big Farious bahuriye mu giteramo mu Bubirigi : Amafoto - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Kidum na Big Farious bahuriye mu giteramo mu Bubirigi : Amafoto

Kidum na Big Farious bahuriye mu giteramo mu Bubirigi : Amafoto

lundi 29 Ruhuhuma 2016, par egide

Ico giteramo citiriwe UMUCO caremeshejwe na Kidum, Big Farious hamwe na De Gaulle, kikaba cabereye mu gisagara ca Bruxelles ahitwa La Bodega, kuri uwu wa gatandatu.

Ico giteramo categuwe n’ishirahamwe ry’Abarundi bakorera mu Buholande no mu Bubirigi, ryitwa KIYOYO Pro rifadikanije na Big Dream Party ihumwo Abanyarwanda bakorera mu Bubirigi.

Mu kiganiro Kidum yagiranye na IGIHE mu Bubirigi, yashimangiye ku sano ry’ubuvukanyi hagati y’Abanyarwanda n’Abarundi, akemeza ko atawuzotandukanya Abarundi n’Abanyarwanda.
Ico gitaramo cari kigamije gutanga ubutumwa bw’amahoro, ubumwe hamwe n’ugukunda igihugu. Abarundi n’Abanyarwanda bari bacitavye barahimbawe cane

Amafoto

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.