Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kigali : Umurundikazi yatsindiye kuba Top Super Model - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Kigali : Umurundikazi yatsindiye kuba Top Super Model

Kigali : Umurundikazi yatsindiye kuba Top Super Model

lundi 9 Munyonyo 2015, par egide

Kaneza Lynca Amanda, umwigeme w’umurundikazi w’imyaka 19 niwe yatowe nk’umunyamideri wa mbere mu Rwanda. Niwe agiye kuza araserukira Urwanda mu mahanga mu berekana imideri.

Kaneza Lynca Amanda yatowe mw’ijoro ryo kuwa gatanu igenekerezo rya 6 Munyonyo 2015. Niwe yashimwe nk’umukobwa arusha abandi mu kwerekana imideri mu Rwanda, akaba ari nawe azohora aserukira igihugu c’Urwanda mu mahiganwa mpuzamakungu y’imideri.

Lynca Amanda Kaneza yavukiye i Bujumbura muri komine ya Cibitoke mu Burundi mu mwaka w’1996. Ni umwana wa gatanu mu muryango w’abana batandatu avukamwo. Kuva mu kwezi kwa gatanu, Kaneza Lynca Amanda n’umuryango wiwe baba mu gihugu c’Urwanda kubera umutekano muke Uburundi burimwo.

Ubuyobozi bwa Kigali Fashion House ari nabwo bwateguye ayo mahiganwa, bwavuze ko Kaneza Lynca Amanda ariwe abaye Top Super Model wa mbere w’Urwanda.

Umunezero mwinshi watumye Kaneza Lynca Amanda arira (Amafoto)


IGIHE

Messages

  • Aho mwana wiwacu. Komera ugume utera uja imbere nkumuzinga. Abifuza gutanga parcelle wanyu KUNTERAHAMWE babone ko bakora ubusa.Hanyuma iyo mihimbiri y- aba genocidaire izopfe yangara nka Gahini

  • Felicitations mwigeme wacu.

  • Courage naho Imana idatabarira lynca nukuyishima mubihe vyose.ndagukeje murundikaz wiwacu uduteyiteka naho tutari mubih vyoroshe

  • Felicitation mwana,nurire kubera umunezero kanatsinda nkurumbi yaraguhushije,komera IMANA igufashe ubandanye natwe tukiri muburundi mudusengere.

  • Ayo Mosozi Y’umunezero N’abere Umugisha Igihugu Caw.

  • Uyu mwari ndamusabira ko mwamushyira ku bidandazwa byoherezwa mu mahanga par ex. coffee and tea hanyuma murebe ukuntu ama devise yinjira kubera umugisha uyu mututsikazi afite

  • congs mukobwa mwiza courage kandi,abarundi mwirirwa mutuka urwanda bibahe isomo,twe amacakubiri twarayasize inyuma ushoboye arakora tutitaye kuwo uriwe twe tumeze nkabanyamerika,mwe mushire umupira hasi wirondakoko,irondakarere kuko aho bizobageza nukubasubiza inyuma ntahandi,hari umunyarwanda yoja mwihiganwa agatsinda ko mwoca mumwica,abagome gusa bijuju,ntanakimwe mufise kuburyo mwokwibana,muzi ubwenge mwigire kurwanda mudukore inshuti,injiji,abanebwe abicanyi buze tubereke uko twageze kumahoro,abarundi bazima mukomeze musenge cyane kandi murwanya ikibi kuko satani yarahagurukiye igihugu canyu,peace and lv.

  • Oya sumunezero utumye arira ahubwo nagahinda kubona ivyo bitabereye mugihugu ciwe camavuko harya nagahinda kubona agiye guserukira igihugu c’urwanda kandi atarigihugu camwibarutse hama iyo miringoti yabategetsi iri muburundi ko mbona abo mwirukako aribo bandikisha amateka mumakungu none nka Peter numwana wiwe ntiyoruha amushira kurubuga ngo bamubone kuko ni surambaya hama akaza araturatuza abo bana bavukanye imbuto sha ntaco, Mukobwa wacu imana izoguhezagire aho uzoba uri hose uzobane nayo kandi usenga kugira ibintu bihinduke muburundi hama muyindi myaka uzoserukire uburundi bwatwibarutse

  • niryan gusa zitahera nayahandi uburundi burimwo abantu baciy ubwenge,ndakej KANEZA kutsinzi yironk na can can kwabay uwambere nomu gihugu atarico yavukiyemwo ,ndamwipfurij kubandanya

  • Ndahimbawe ko uyu mwigeme ahojejwe amarira n’impano NYAGASANI yamuremanye. Ubuhungiro buvuyemwe opportunité de visibilité n’ubwo bibabaje kwitwa impunzi, iyo chance atari yiteze na gato idugije confiance en la providence et en elle même. Vyose bishobora guhinduka !!! Imana icisha buri muntu wese mu nzira yamuteguriye .Sincères félicitations ma soeur Lynca.

  • URI UMUBESHI NIVYIZA KUBA YATSINDIYE ICO KIBANZA ARIKO IVYO VYUKO YAVUKANYE IMBUTO NIVYO WIYONGEREREYEKO BURYA N ABAHUTU BARABA BEZA KANDI BARACIYE UBWENGE . WEWE WUZUYE AMACAKUBIRI IMANA IGUHARIRE

  • Imana itabareabanyarwanda abarundi abatutsi abahutu bose babane amahoro. Uyu mwigeme nabandanye aca agera kure rwose ni byiza ariko turapfa iki abana ba muntu mureke tubane amahoro abategeka bategeke mu mahoro abanyagihugu tubane mu mahoro dutere imbere

  • ariko murikumva uburyo izi njinji zabarundi zigira amacakubiri yamoko fashion model ihuriyehe namoko? mufelecite umukobwa wanyu kuko afite impano nimumubonemwo ubututsi , sha mufunze imitwe kabisa ndabibonye rwose twebwe abanyarwanda haraho twavuye naho turikujya bravoooo Rwanda.

  • komeza guhesha izina igihugu caw tukurinyuma

  • Ihangane sha udutwengere ahubwo!

  • lynca j te félicite ndakwemera kuva kera wamanye ingabirano idasanzwe ndakuzi neza warubikwiye kuva 1 ère année primaire wamanye ibintu bitandukanye n’abandi kumeza urugendo mwana uhorane wa mutima mwiza

  • mwebasha nuko basha abahutu twaravuye hasi.mbega sumututsi yabironse mbega abahutu bahunze bamusumvya ubwiza ubukerebutsi ko batabironse mwa bijujumwe vyibinyarwnda ibinywamaraso ndaribwaribwa uwoninde?kagame wimbwa yimitaritari ese muzoribwaribwa kugeza ryari?peter mureke ntanaho muzohwanira.abatutsi muracozanya genda sha abo mwishe nibarya natwe abana babahutu ntimwibaze ngo ntituzivyo mwadukoreye muzovyishura ndicari umwana wa16ans.

  • mwebasha nuko basha abahutu twaravuye hasi.mbega sumututsi yabironse mbega abahutu bahunze bamusumvya ubwiza ubukerebutsi ko batabironse mwa bijujumwe vyibinyarwnda ibinywamaraso ndaribwaribwa uwoninde?kagame wimbwa yimitaritari ese muzoribwaribwa kugeza ryari?peter mureke ntanaho muzohwanira.abatutsi muracozanya genda sha abo mwishe nibarya natwe abana babahutu ntimwibaze ngo ntituzivyo mwadukoreye muzovyishura ndicari umwana wa16ans.

  • mwebasha nuko basha abahutu twaravuye hasi.mbega sumututsi yabironse mbega abahutu bahunze bamusumvya ubwiza ubukerebutsi ko batabironse mwa bijujumwe vyibinyarwnda ibinywamaraso ndaribwaribwa uwoninde?kagame wimbwa yimitaritari ese muzoribwaribwa kugeza ryari?peter mureke ntanaho muzohwanira.abatutsi muracozanya genda sha abo mwishe nibarya natwe abana babahutu ntimwibaze ngo ntituzivyo mwadukoreye muzovyishura ndicari umwana wa16ans.

  • Felicitation mwali mwiza. naho ibyo aba bavuga ntibihe agaciro ikomereze umurimo wawe , ukomeze amashuli yawe ibyiza biri imbere. naho aba batukana ntubatindeho kuko akari kumutima gasesekara kumunywa buriya buriya niho ibitekereza byabo bigarukira. buriya nubona umuntu yiyegeranyije agafata umwanya agatekereza agashyira munyandiko ibyo atekereza agasubira akasoma, akongera agahanagura agasoma yamara kunonosora neza inyandiko ye akayisangiza abandi kuri social media buriya ntako aba atagize kubushobozi bwe. kubwibyo rero aba batukana baba bifitemo ideology yivangura cg ubona ko bafite imyumvire iri hasi cyane. nabo sibo buriya baba bakeneye ubufasha mugukura mumitekerereze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.