Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Kim Kardashian yavuze incuro baryamana n’umugabo wiwe ku munsi
Kim Kardashian yavuze incuro baryamana n’umugabo wiwe ku munsi
lundi 9 Ntwarante 2015
Kim Kardashian yubakanye n’igihagange mu muziki Kanye West, yavuze incuro baryamana n’umugabo ku munsi n’igituma.
Agace gato k’amashusho k’ikiganiro kigira 10 (season 10) citwa "Keeping with Kardashians", cagiye ahagarara.Muri ako gace barerekana Kim Kardashian ayagira murumuna we Khloe Kardashian, ko we n’umugabo wiwe baryamana incuro 500 ku munsi. Kim Kardashian yongera ambwira Khloe ko, ivyo babikora kugira baronke uwundi mwana. Ivyo bintu vyatangaje cane murumuna we kuko yumva umengo ni ibintu bitabaho.
Kim Kardashian yibonekeje ko akora uko ashoboye hamwe n’umugabo wiwe kugira bakurikize North West, imfura yabo nk’uko ikinyamakuru DailyMail kibivuga.
N’ubwo biri uko, ivyo Kim Kardashian avuga vyo gukurikiza North West kandi ko agiye gukora uko ashoboye kugira avyare uwundi mwana, bisa n’ibintu bidashoboka kubera abaganga bamumbwiye ko bizogorana kugira asubire kuvyara uwundi mwana.
Amakuru avugwa ni uko Kim Kardashian yakoze ivyo kugira ikiganiro kigira 10 ca "Keeping up with Kardashians" kigiye gusohoka kizokurikirwe n’abantu benshi.
Mwomenya ko Kim Kardashian atako atagira kugira akurikiranwe n’abakunzi biwe ku buryo yemera no kwifotora yambaye ubusa.
Kim Kardashian ni umwe mu bantu bakurikiwe cane muri uyu mwaka ku rubuga rwa Instagram, akaba afise abantu bamukurikira bangana n’imiriyoni 27 n’ibihumbi 600.
Raba amashusho y’agace k’ikiganiro "Keeping up with Kardashians"
Lorene Nubwabo
Messages
9 Ntwarante 2015, 21:17, par Viola
Asyiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii arasesema ..........muga sgha ni kandazikomereye...........ico nikinyoma none nabantu canke!!!
10 Ntwarante 2015, 07:24, par rupande
Emw umukenyezi araho arazi kubesha basi! Mb umugabo amurongora incuro nkizo yomukurahe atari imashini? Canke wewe ntiyokama amazi aho atubesha!
10 Ntwarante 2015, 07:55, par Dismas
Nivyizakunezerezauwukunda Ahubwonibakmerezaho
10 Ntwarante 2015, 15:08, par kanyabirwa
Noneho igitubacye cyahindutse ibarabara rya train da!!nubwe wayigumizamwo utari kumuswera ubwo uwo mugabo aversa kangahe?afise imashini ikora intanga?cg bamutera umupira mukibuno wo gusesa amazi mugituba!!asyiii weeee
11 Ntwarante 2015, 12:44, par samuel cimanishatse sami
hahaha!!! abazungubarantangazacane biyibagizako imana iriho kariyo itanga uruvyaro nahoboryamana icuro ibihui ijana kumusi hataragerantibomuronka nibamenyeko imana ariyo itanga.
14 Ntwarante 2015, 00:11, par nKUNDA
Sha ngo ntago agikora ikintu nakimwe atari guswerwa ngo aronke umwana muga karabesha none irya Porno yabe na Ray-J KO KAGUMA GAKAMA AMAZI AGUMA ASUKA AMATE MUGITUBA CE!!!1 NUKUGA KO UBU KAMAZE KUBYARA ARIHO IGITUBA CYE GIFITE AMAZI MENSHI GUSUMBA1!!! mUGA SHA NUMVA NGO ABAGORE BAMAZE KWIBARUKA NTIBAKAMA BIRASHOBOKA UMAZE KUBASWERA YANBWIRA GA NKABIMENYA MURAKOZE CYANEE