Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kim Kardashian yimonogoje mu kwambika impuzu ibonerana agakobwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Kim Kardashian yimonogoje mu kwambika impuzu ibonerana agakobwa (...)

Kim Kardashian yimonogoje mu kwambika impuzu ibonerana agakobwa kiwe

lundi 29 Nyakanga 2014

Bimenyerewe ko umuririmvyikazi Kim Kardashian atigera yambara yikwize, iyo ngeso atanguye kuyigisha akana kiwe k’agakobwa gafise umwaka umwe.

Kubona Kim Kardashian umugore wa Kenye West, yambaye ubusa canke izuba vyari bisa n’ibimenyerewe ariko ubu hoho yimonogoje aho yubahutse yambika agakanzu kabonerana North agakobwa kiwe k’umwaka. Ivyo vyabonetse mu birori vya "Fashion Week de Paris". Mu gihe Kim Kardashian yari yambaye ikanzu igera ku birenge ariko ihakwa kwerekana igihimba c’irondoka, North agakobwa kiwe n’ako yakambitse ikanzu ibonerana yerekena gushika aho umukondo uboneka.

Ego umwana naho yogenda gusa ntibiboneka nabi, ariko ko yari yiyumviriye kumwambika iyo amwambika izimukwiye. North rero hamwe yokura yambara mwen’izo mpuzu, ntawuzi uko vyoheza bikagenda.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.