IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kirundo: Amasentare yaradomweko urutoke muvyo guca imanza za (...)

Kirundo: Amasentare yaradomweko urutoke muvyo guca imanza za ngondegonde

lundi 4 Ntwarante 2013

Imanza zishika 63 zivuga ibiturire no kudatwara neza zarahejeje gutunganwa zose, ivyo bikaba vyatangajwe kumugaragaro n’ishirahamwe ABC (Associations Burundaises des Consommateurs).

Muri izo manza,mirongo ine n’indwi zararungitswe muri sentare,miringo ibiri na zitatu nazo zigaragaza cane ivy’ibiturire nayo izindi zivuga ivyo kudatwara neza.

Amasentare yaradomweko urutoke muvyo guca imanza za ngondegonde canke mugucererwa guca urubanza bivuye kubiturire bitangishwa mu guca imanza zimwe zimwe.Kubw’ivyo,Sentare nkuru y’igihugu yarasabwe kuhabera maso muguca imanza zigororotse, bagabisha n’abaraba izo manza zivuga ibiturire no kudatwara neza.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.