Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kivu : RSF yiyamirije iterwa ry’insamirizi zibiri - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kivu : RSF yiyamirije iterwa ry’insamirizi zibiri

Kivu : RSF yiyamirije iterwa ry’insamirizi zibiri

mercredi 11 Rusama 2016, par egide

Ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru batagira imbibe (Reporters Sans Frontières) ryateye ivyatsi igitero cakozwe n’igisirikare ca Congo (FARDC) ahakorera insamirizi zibiri, mu bumanuko bwa Kivu, hamwe n’abamenyeshamakuru babiri.

Ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru batagira imbibe (Reporters Sans Frontières) risaba abategetsi ba Congo ko abakoze ivyo bitero bofatirwa ibihano vyihutirwa, n’abo bamenyeshamakuru bahagaritswe barekurwe.

Izo nsamirizi zatewe ni Radio Umoja hamwe na Radio Baraka, zompi zikaba zakoze amakuru y’abasirikare ba Congo boba bari bagize uruhara mw’iyicwa ry’umwe mu bakozi baca ibarabara.

Izo nsamirizi zari zavugishije abahurikiye mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike bari bahamagariye abanyagihugu guhagarika ibikorwa “ville-morte”, nk’ikimenyetso co kwiyamiriza umutekano muke wibonekeza muri Kivu.


IGIHE

Messages

  • Ubwicanyiburikobukorwaningabo.Bivakundandendenubusuma.Bagacabankirizako Abamenyeshamakurukoboshira,ahabona

  • Ok,ok,ok! jewe ntangorane vyontera baturiye ayo maradiyo,kuko amaradiyo umenga ni bimana mugihugu kubera amahera bakoresha atangwa nabazungu kugira bashike kuvyo bipfuza,bakongomani mwiyubare ino iwacu i burundi vyaradushikiye aho iradiyo bari bitiriye RPA yakora ivy’ikibiri gusa nivyumukuru wumugambwe MSD sinduhije yakora agendera abiwe bake ruguru gusa bagashikiriza ivyukonona umutekano,mube,abagabo twe iburundi carakemutse naho bagerageza kurondera kuvugira mukinyegero nacane cane kuri WATSAPP ariko twarabahinyuye mbe murazi ikintu kimwe igituma ubwo buzungu buguma bwikwega muri congo nikuberiki? ibaze kandi mwisubize!twe ubu turi mumutekano yaba hakiri BONESHA na RPA biba bimeze gute?ndabasavye mwibaze!!!

  • Harico mutarabona murikogihe turimwo inihuguvyose vy,Afrca birikobiriga uko vyokwikukira vyukuri , umva uko bigiyekubikora kandi bizobishikeko: nukureba uwowese wumwenegihugu wavyo akora ivyakoravyose ashirimbere kunezereza abazungu ngonuko bamuha usuhera abariwe twirukako nibababamukunda vyukuri bazoheze bamutware iwabo bazomuheyo akazikogukurikirana ivyomugihugu cabo, kuko tugifise abotwita benewacu ababukanyi bacu bikondira amahera maze bakaduteza abobazundu ntahotwozopfa twigejeje Isi izorinda iranduka Africa idateye imbere nigihugu kiOgerageza gutera imbere imyakamyishi iziba 20 maze babazundu bacebiyegereza twatunyagihugu twacotwikunda baduhendeshe usufranga maze mukuvuga duturira igihugu catwotwiveyo maze intumbero yababazungu yokuguma bahwatagaza Africa ikomeze gurtyo.

  • @ CAKIRA
    @ None ?

    Ukuvuga menshi siko kuyamara. Mwibuke ko aho muri hari abandi, kandi namwe muzorengana. Iyo mentality mufise yo kubona ko uwo mutavuga rumwe wese aba akoreshejwe n’abazungu, canke ko iyo mufashwe muca mushaka gukoresha ibiti vyanyu mugutoteza abenegihugu, nayo tuzoteba tuyisezerere. Uno mwanya muboneka muma comments ya buri nkuru yose mwigira utumana. Ariko igifise intango gifise n’Iherezo. Bandanye, ariko nivyahinduka igihugu kikagaruka kumurongo, ntimuzonyike. Muzogume muboneka nkukunyene. Mwibuke ko mugwanywa n’ubwoko bwose. Kandi ibi bivuzwe n’umuhutu atari NIRYO!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.