IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Komine Ntahangwa iramutswa musitanteri mushasha

Komine Ntahangwa iramutswa musitanteri mushasha

mercredi 27 Nzero 2016

Hakizimana Eddy Paul niwe yatowe ngo arongore komine ya Ntahangwa subiriye uwahora ayirongoye Remy Barampama.

Ayo matora yabaye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 25 Nzero 2016,yatoye kandi Bashingwa Evole Pierre ngo arongore inama mpanuzwajambo ya Komine Ntahangwa,iyo nayo ikaba yaciye igena abagiye kurongora amazone ayigize.

Zone ya Buterere izorongorwa na Nduwimana Ernest,Kinama izorongorwa na Nakiteretse Jeanne,zone Cibitoke izorongorwa na Nkeshimana Evode,Gihosha ni Sibomana floribert,Kamenge ni Hakizimana Espérance,mu gihe Ngagara nayo izorongorwa na Ndikuriyo Immelde.

Mwomenya ko na Komine Mukaza iramutswa musitanteri mushasha.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.