Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Impuzu za gisirikare zambarwa na Big Fizzo na Lolilo benshi ntibavyumva (...)
Impuzu za gisirikare zambarwa na Big Fizzo na Lolilo benshi ntibavyumva kumwe
mardi 17 Nyakanga 2013
Bimaze kuboneka ko umuririmvyi Big Fizzo na mugenzi wiwe Lolilo bafise impuzu z‘igisirikare bitabana ibiteramo. Abatari bake ntibabivugako co kimwe kumvo z’uko bitari bimenyerewe kubona umuririmvyi yambara impuzu y’intwazangabo z’igihugu mbere ifise n’amapete .
Mu giteramo ca nyuma c’ihiganwa rya Primusic, umuririmvyi Big Fizzo yaje yambaye impuzu z’igisoda bica bituma abakunzi biwe bavuga bati : "Noneho agiye yaba General nk’uko avyiyita!"
Nayo abandi bati : "Ntivyumvikana kubona umuririmvyi yambara impuzu z’intwazangabo z’igihugu, ego twese turavyemera ko uwo muririmvyi akomeye kandi afise ico amariye igihugu c’Uburundi muvy’ukuririmba, ariko kwambara gurtyo aho ntivyotuma ababibonye bashobora kubifata nko kudaha agaciro umwambaro w’intwazangabo z’igihugu?"
Lolilo nawe izo mpuzu z’igisirikare azifise we n’umukunzi wiwe. Muri ico giteramo cabaye ku munsi wa gatandatu, yaje yambaye inkofero yazo.
Naho bamwe bavuga ko ataco bitwaye kubona abo baririmvyi bokwambara gutyo, abandi bakavuga ko ari ugutesha agaciro inzego za gisirikare n’igipolisi, ikinyamakuru canyu IGIHE ciyemeje kuzobaronderera abo baririmvyi uko ari babiri, tubabaze ikibatuma bambara iyo myambaro badafitiye uburenganzira. Twiyemeje kandi kuzobaronderera abajejwe izo nzego mu ntumbero yo kumenya ico babivugako.
Joel Sengurebe
Messages
27 Kigarama 2013, 23:17, par Ndayizeye Richard
Je nibazako Fizzo yambaye izo mpuzu ntangorane kuko kuva na kare yiyita general ikibazo kiri kuri Lolilo yazambaye nkande?murakoze
27 Nzero 2014, 20:58, par JAMES ZACKALIA
NIAIBU SANA KUONA NGUO YA JESHI INAVARIWA KAMA JESHI.WAOMBE SELEKARI KWANZA NDO WARUHUSIWE KUVA MBONA ATA MAREKANI WA NAVAA
25 Ndamukiza 2014, 07:03, par Hacimana Pacifipue
None Birarekuriwe Kobambara Izompuzu?Canke Mukuzamba Babanje Kubisaba?
10 Ntwarante 2015, 10:55, par Salesa
Sivyoooo!
11 Ntwarante 2015, 07:49, par Niyongabo Venuste
7916530475993883
27 Rusama 2015, 15:41, par CLOUDE
NUKULI ABOBARIMVYI MUZE MUBAHANURE
17 Ruheshi 2015, 23:16, par abdoul
nukobashoboy
17 Gitugutu 2015, 17:14, par JADRIK
79877648
25 Gitugutu 2015, 16:19, par NIZIGIYIMANA Lévis
Jewe vraiment kubwanje nibaza ko mwobareka kuko ntibazitoye batazisavye,ahubwo mworaba mukabaza abazibahaye!
27 Gitugutu 2015, 08:19, par tito
abobaririvyi ntakosa bafise uterereye amaso hirya uka abarivyiba america barazambara nkandi ntangorane bizana
29 Gitugutu 2015, 19:55, par reverien
ntangorane nibaturyoher bazanebishasha
1er Munyonyo 2015, 21:23, par Jiji muganji
Je nibaz k bazico bakor,ntawoc avg mensh
15 Kigarama 2015, 19:55, par TOPAZZ
ubwo ni ububenshi
17 Kigarama 2015, 22:55, par niyonkuru bahati
Fizzo nibamureke aremerwa
14 Ntwarante 2016, 23:05, par NIYOGAKIZA Révérien
Mbega yaribwabe umu Général?abo nabo bavuga ivyo bamunyererako
21 Rusama 2016, 20:31, par Nizigiy Imana Fabien
None,nizabo Cankebarazitiye
21 Rusama 2016, 20:32, par Nizigiy Imana Fabien
None,nizabo Cankebarazitiye
25 Rusama 2016, 08:57
nibamureke,yiyambarire.ahumbwonimuce,mumpa,inomeroyiwe,icondamubaza,numeroyanje68430598
19 Ruheshi 2016, 00:38, par justin
jewe mbontaco vyishe kwigohera birabaho!
30 Ruheshi 2016, 08:14, par Mapoze
Umwe Ngo Ndi Jenero Uwundi Ukonyene Reka basi Ndabatature Jenero Ni Fozo 100/100
20 Mukakaro 2016, 13:23, par nkurunziza dedy rweza gitega
ok hamwehamw ni vyiza atarivyo guhungabanya umutekano ntangorane kuko nama reres arabikoresha kibi nico kwica kandi nabe genelal
1er Myandagaro 2016, 07:14, par sylvestre
jenibaza kwarumuhisi yazimwambits jeniko navyunva ariko lolilo harikibazo yazambaye nkande?
1er Myandagaro 2016, 07:15, par sylvestre
jenibaza kwarumuhisi yazimwambits jeniko navyunva ariko lolilo harikibazo yazambaye nkande?
31 Myandagaro 2016, 00:18, par درجرØررت
ØدرØللللللللسلكملرسسرللللررØرررسررتردرررلللررلرلل Ø¸Ù„Ø³Ù„Ø±Ø±Ù„Ù„Ø±Ù„Ø L
24 Nyakanga 2016, 12:18, par EMILE Sindayigaya
nivyizaaa
28 Nyakanga 2016, 11:00, par cedilove
generaux ni generaux warabonye igihe yaza kur L. du lac tanganyika abasirikare nibo baje kumwakira bisigura kobamwera ega na general yapfuye yarimwatiye niryo turamushigikiye
8 Munyonyo 2016, 11:44, par nduwamungu charles
Biratyoza cn vrt inzego zigisoda ninzego zizimvy cn sizokuyubirako
3 Kigarama 2016, 19:56, par Revocat
izompuzu bazikurahe?ninde azibaha?nimutubarize.
9 Kigarama 2016, 22:31, par Niyonyishu Seraphin
Ego Kuko Turamwemera !!!
12 Kigarama 2016, 17:53, par Nsabimana Donatren
Nahobobareka Ntaco Babahora Kuko Nabaririmvyi Nimpaka Biyemere Kugirabababone
24 Kigarama 2016, 22:53, par remy ndayisenga
jewe ico novuga kurabo baririmvyi nuko mwobareka kko mbna babere knd bakaziknda.
26 Kigarama 2016, 13:37, par nawasarimia
kurua lionel rubanda
1er Nzero 2017, 20:21, par AImabke
jwe niyumvir k mwobahamagaz kok bagasigur ukungen bokwambar izo nyambarw kand ataruhush babifitiye ok
23 Ntwarante 2017, 12:03, par MIBUR,CLAVER
72436690
27 Ndamukiza 2017, 14:43, par mugisha
bg fizo nibamurek kuk yaramamaye mumej nomuvyar nomubihug bibanyi kumateka afise izompuzu ntaco zivuze vyongeye kuba ari nabahanzi ntarib kuk ntaco tubazik.
1er Rusama 2017, 11:00, par sadi
oya ntanakimwe jewe mbona ataco bitwaye
16 Rusama 2017, 10:13, par Franck Izanineza
Lolilo Narekere Big Fizzo Kuko Big Fizzo W Ni Général,nintwazangabo Mumuziki W Uburundi.J Ndamukunda Trop
2 Ruheshi 2017, 17:31, par hassanmuhamed
ndifuza kumva indirimbo yafizo nshasha
28 Ruheshi 2017, 22:31, par Nkurunziza Oscar
lolilo Arazikwiye Pe
15 Mukakaro 2017, 13:30, par ni jimmy
ndipfuza kuronka indirimbo nshasha ya big fizz
7 Ruhuhuma 2018, 17:58, par Trinité-cool
Andika hano; vyoryoha fizzo na lolillo bakoranye music ndabateye intege Respect!
23 Rusama 2018, 05:20, par harerimana korode
njangoranenimweyafizo.
nonesumuririmvywigihu.
niyiyambarire.
2 Mukakaro 2018, 15:24, par Nuru
None nimba Leta yarabahaye ybyrenganzira ntampamvu zo kubirandirako cane, niba bazambaye ata ruhusha bafise nibafatwe bahanwe n’amategeko
29 Gitugutu 2018, 20:07, par ndi jerari
Andika hano ico mbivugako hubwo barabashira ahantu bababaze impamvu bazambara