Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Leo-Econet: Ihiganwa "Ni Hatari" ryoba ririmwo aka mwana wa (...)
Leo-Econet: Ihiganwa "Ni Hatari" ryoba ririmwo aka mwana wa mama?
jeudi 15 Nzero 2015
Imigisha ihabwa abanywanyi ba Leo na Econet mw’ihiganwa "Ni Hatari"nticagura, vyerekana ko ihiganwa ritarimwo aka mwana wa mama canke mpingayanje.
Mu bakinye kw’igenekerezo rya 13 Nzero mw’ihiganwa, imigisha yatashe kwa SINIZIGIYE Hassan wo mw’idini rya Isilamu asanzwe yikorera utwiwe. Hassan avuga ko igihe bamuhamagara yari gusenga nk’uko abari mw’idini rya Isilamu babigira iminsi yose isaha cumi na zibiri z’umugoroba n’iminota (18h 15), ari naho hitavye umugore wiwe maze akamuha ubwo butumwa bwiza ko yatsindiye umuriyoni w’amarundi.
Hassan avuga ko umugambi w’amashirahamwe ya Econet na Leo ari mwiza kuko ayo mahera angana umuriyoni batanga mw’ihiganwa asahiriza cane imiryango y’abakunzi bayo.
Cherif Nkeshimana
Messages
3 Nyakanga 2015, 15:18, par INNOCENT NDAYIZEYE
JEW NASHAKA MBAZE NONE KUKI ATAMUNTU WARIGURU YIGERA ATSINDIRA UBUSHIMW BENUBO UBWO NTIHOBA HARIMWO NKUNZI?
3 Nyakanga 2015, 15:20, par INNOCENT NDAYIZEYE
JEW NASHAKA MBAZE NONE KUKI ATAMUNTU WARIGURU YIGERA ATSINDIRA UBUSHIMW BENUBO UBWO NTIHOBA HARIMWO NKUNZI?