Accueil > Poritike > Léonce NGENDAKUMANA: Amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga (...)
Léonce NGENDAKUMANA: Amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe (Video)
vendredi 19 Myandagaro 2016, par
Kubwa Léonce NGENDAKUMANA, kubona hari abasirikare b’intwazangabo bari bagiye gufasha kugarukana amahoro mu bihugu nka Somalia batagomba kugaruka mu gihugu cabo ngo n’uko bumva batotekanirwa kubw’ubwicanyi buguma bukorerwa bagenzi babo.Ikindi naco ngo n’uko amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe hama ntibagire uburenganzira bwo kuyishuza kuko uwuyishuje aterwa ubwoba.
Source: Tele renaissacne
IGIHE
Messages
19 Myandagaro 2016, 11:54, par Kiboko Munyafu
Aka kagabo kitwa Leonce ni imbwa mujeri. Niko kabaye mubambere mukuvuga ko abahutu biburundi bategura genocide. Nibyiza kukagongesha igikamyo cg kugatwikira munzi
19 Myandagaro 2016, 12:18, par jean
mutama ivy uvuze n ukuri
19 Myandagaro 2016, 14:06, par Kanyosha
Leonce Ngendakumana, murafise ibibazo bikomeye gose, none muvyukuri ivyobintu uvuze ubona vyunguye iki uburundi nababubamwo? Ubwambere urabeshe uradambikanije, umva none nkubutuvyemeye kobaheraniwe amahera twocatuvuga kowewe utwarirahejuru ukavugankukwo uvuze vyiza? Erega urashobora kuvyara abana bane maze umwe akavamubandi akaba Ntakimazi! Ugasanga yama arikimenabanga akamayerekanye kwari Ntakimazi koko.
Ibaze nawe mubaribarungitswe kwiga 16 abashika 11 baratashe ahorero bafashe ubonawewe kwataco bamariye igihugu, kuriwewe ubona abakoze vyiza kwarabobane bamunzwe canke binjiwemwo namijeri? Urasekejekabisa mbere uzopfurushe ushobora kwama unezerezwa nuwowese arikwararementaniriza reta yigihugu cawe cabesha yavugukuri kuriwewe uwoniwencuti yawe.
19 Myandagaro 2016, 14:36, par emma
WOWE WIYITA KIBOKO MUYAFU UFUNGANYE MYMYWE WIWAWE NTAKINTU KIRIMO NONE WUMVA IVYO AVUGA ATARUKURI CANKE URI INTERAHAME YUMU DD
20 Myandagaro 2016, 10:33, par Lili
Leonce ariko araraba nk’imbeba yanyagiwe nimvura. Ni mujeri kweri
20 Myandagaro 2016, 13:24, par MISAGO MICHERI
URAPFANABI EKO ABARUNDINKABANYAGIHUGUTWAGUHINYUYE UVUGIKI REKAKWICAFUZANTACO UGITEZE KUBVEGETSI UWOKUBAZA ABANYURUJWE WOBAZA WARYARYAWE ABASODA PORISI TWEBWE ABENEGIHUGUTUBEMERA% NTIMUKAZE MWUNVIRIZA ABASHAKA AGAPFA NKAREHONSI NIMWIYUBAKIRE IGIHUGU ABAGISANBURA NABO CECEKA
20 Myandagaro 2016, 22:43, par leonard
muta, jewe nta co nkivuga, ure tseko imana yonyene ariyo izo za kwicira urubanza
21 Myandagaro 2016, 23:50, par AKIM DATONI
Vyukuri Umuntu arya ayo mahera yabasirikare baja kugarukana umutekano muri somalia basa nabanyoye amaraso yabo.
22 Myandagaro 2016, 15:34, par emma
Nye Emma nibereye hano i MAHAMA nkora ubumaraya ntimundenganye kuko nayayutse mumutwe niyo mpamvu nahunze. Iyo ibisazi bivyutse ntangira gucafuza izina ryumukuru wigihugu NKURUNZIZA. Murantunga.
28 Myandagaro 2016, 07:48, par Fedas
Nakamenyo Ivyubu Kabisa.
14 Gitugutu 2016, 00:05, par mzoyihera intagoheka
Ni mureke Nkurunziza ya racanganikiwe siwe.
14 Gitugutu 2016, 15:53, par Watara
ABobasirikar.Kobatidog.Nibaz.Kwatarivyo
29 Munyonyo 2016, 09:27, par Toto Kazungu.
Nkurunziza nabahungu biwe ni babiryimeri.
16 Ruhuhuma 2017, 04:56, par EMANUEL
JEWENIBAZETWUNVIKANENAYOHANDINIYOBOHUNGANZARABAKANKAKUBIVUGATWEBWEABAPETEROTUGUMATUGWIRA
31 Rusama 2017, 08:10, par J.Berchmans Mbihorere
Burya barundi benewacu uburundi buzokubakwa nabenebwo kandiharikibuze kize urukundo mubantu vyose bikava kukudatahura imana ngo irutubibemwo rero ivyomwoharanira canke mworwa nira atagufatanamunda ninkogu syeramuruzu kandi abarundi bige gukora imigambi miremire izotungisha abuzukuru nabuzukuruzu ubwicany buza ahatagira urukundo