Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Libiya ntizoburanisha umuhungu wa Gaddafi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Libiya ntizoburanisha umuhungu wa Gaddafi

Libiya ntizoburanisha umuhungu wa Gaddafi

samedi 1er Ruheshi 2013

Sentare mpuzamakungu mpanavyaha yibukije Libya ko itegerezwa gutanga umuhungu wa Colonel Gaddafi ngo aje kuburanira iLa Haye.

Sentare mpuzamakungu hamwe na Libya bishaka kuburanisha urubanza rwa Saif Gaddafi, ku vyaha yagirizwa mu gihe c’imigumuko yakuye se ku butegetsi, ariko iyo sentare ikavuga ko Libya itashoboye kwerekana ko urubanza rwayo rusa n’urwo ifise.

Saif Gaddafi akaba amaze kurenguka imbere ya sentare ya Zintan mu bumanuko bwa Libya, hafi y’aho yafatiwe mu kwezi kwa Munyonyo umwaka w’2011.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.