Accueil > Amakuru > Mu makungu > Libye : Umuhungu wa Kaddafi yaciriwe urubanza rwo gupfa
Libye : Umuhungu wa Kaddafi yaciriwe urubanza rwo gupfa
mardi 28 Mukakaro 2015, par
Saif al-Islam, umuhungu wa Colonel Kaddafi yahoze arongoye Libiya, yaciriwe igihano co gupfa na sentare y’i Tripoli.
Yarengutse n’abandi bantu umunani bagirizwa bose ivyaha vyo mu ntambara bifitaniye isano n’ivyakozwe mu gihe co kubuza imyiyerekano y’amahoro yiyamiriza ubutegetsi bwa Colonel Kaddafi haheze imyaka ine.
Abdallah al-Senussi, yahoze ari umukuru w’urwego rw’igendereza, na Al-Baghdadi al-Mahmudi yahoze ari umushikiranganji wa mbere bahawe igihano co gupfa.
Uwuburanira Saif al-Islam muri sentare mpuzamakungu yavuze ko urwo rubanza rudakurikije amategeko. ONU n’ishirahamwe ryitaho agateka ka zina muntu Amnesty International, vyose vyavuze ko urwo rubanza rudakurikije ibisabwa ku rwego mpuzamahanga.
IGIHE
Messages
28 Mukakaro 2015, 18:29, par Kariyo
Abategetsi Bacu Bohakura Icirwa. Kuko Ivyabaye Muri Lybie Birasa N, Ivyabaye Hano Iwacu Hari Abategetsi Bacu Bakoze Ivyaha Nk, Ivyo. Twizere Ko Bitebe Bitebuke Bazovyishura.
28 Mukakaro 2015, 19:25, par prosper
ABANYAFRIKA TUZAMA DUCINYIZWA NA BANYAMAHANGA
28 Mukakaro 2015, 21:08, par maid
Nibabanyonge.bakiri kubutegetsibiyumvira ko uruhigi rutazohinduka?niberekane akarorero,nabandi baboneko igihugu atari itongo ryabase.
28 Mukakaro 2015, 21:43, par Ntawe
Aha Iwacu Hari Ibigabo Cumi Bingana N, Ivyo Mubona Muri Ako Gasho Uwobishirayo, Amahoro Yoca Aboneka. Ntawosubira Gupfa, Kuko Nivyo Vyica Canke Bigatuma, Nivyo Vyiba, Nivyo Vyangaza Abantu, Eka Nivyo Bigifukamye Munda. Ariko Ntawokwihebura Bizoteba Bifatwe Abazoba Bakirho Baruhuke.
28 Mukakaro 2015, 22:56, par Ndobo
KARIYO,Ubwo butungane buzohere ku batutsi baryozwe amabi akomeye bakoreye abahutu kuva kur ba MICOMBERO.Ihonyabwoko abahutu bamye bagirirwa nkaho nkaho umenga si abantu bikaba akamizwe n’ingoma.Oya sha ubu twarakanuye
29 Mukakaro 2015, 08:55, par nduwimana
kadafi yazize ubusa
29 Mukakaro 2015, 09:29, par ndabavumye ernest
mbe urwo rubanza bashira ku muhungu wa kadhafi ntiborucira:nkurumbi, kazungu, bunyoni n, abandi birirwa basesa amaraso yaberanda mu burundi!!! baragahura nurwatway sogokuru
29 Mukakaro 2015, 16:26, par fidelite
Uyo mugozi bazomumanikako buyoya,bikomagu,abo kwa micombero,n’ibindi vyinshi ngaho i burundi, bari bawukwiye aba bagesera basize abavyeyi nimpfuvyi bakicwa na kigoyi.
30 Mukakaro 2015, 01:55, par BICE BOSE
WANKA BANGWE NTIWANKA ZANANDABE KANDI IBISHIKA KUMWORO,BIZOGERA NOKUMUTUNZI UWONTAGOYARAZI KOBOVUYE KUTEGETSI NABARUNDI BABONE KATAVYIZA BIHORAHO NTIMUVYIBONERA IMWAKA YARIBAYE 4 NUWUNDI,NUKO MURANTUNGA HURUGUTURA IZONTUMVA
30 Mukakaro 2015, 04:30, par Itangishaka Ménélick
Mbeg’igihano,arik Niyibukeko Ico Udashaka Ko Bakugirira Utokigirir’abandi,nawe Niyumve Uwo Munyenga Kwabandi Wabaryoheye,ubona Bobikorera Ba Adorophe Nabandi Basangiy’umwuga Mubi?Shaka Wice Nawe Ntuzumira Kur’iy’isi.@
30 Mukakaro 2015, 10:02, par Mwice
Mwice.Com
30 Mukakaro 2015, 18:46, par DUKEBURANE
NTANUMWE AMERITA GUPFA NUKUBASABIRA BAKAJA KUMURONGO WABANA BIMANA BAKIHANA
30 Mukakaro 2015, 18:47, par DUKEBURANE
NTANUMWE AMERITA GUPFA NUKUBASABIRA BAKAJA KUMURONGO WABANA BIMANA BAKIHANA
30 Mukakaro 2015, 20:04, par nibakore.imananiyo.nkuru
igihano.mkuco.caraciwe.muri,afrika,uwomutegetse,avuga.nkivyo,hubwont ateterwa.naruce.naweawezorucirigwanaweyunveimananiyokuru
1er Myandagaro 2015, 22:03, par dylan
sha birababaje
4 Myandagaro 2015, 15:11, par MUKIZWA
NONABAZAMATEGEKO BARIHENDA!