Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uko imirwi izohura mu gice gishira ica nyuma c’imirwi ya Buraya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Uko imirwi izohura mu gice gishira ica nyuma c’imirwi ya Buraya (...)

Uko imirwi izohura mu gice gishira ica nyuma c’imirwi ya Buraya vyamenyekanye

vendredi 24 Ndamukiza 2015

Uko imirwi izohura mu gice gishira ica nyuma mu nkino zihuza imirwi yabaye iya mbere ku mugabane wa Buraya vyamaze kumenyekanye.

Urukino rwa mbere ruzohuza umurwi wa FC Barcelone wo mu gihugu ca Espagne, uzohura n’umurwi wa Bayern Munich wo mu gihugu c’Ubudagi. Mu gice gishira ica nyuma, umurwi wa FC Barcelone wakuyemwo umurwi wa Paris saint Germain wo mu Bufaransa, mu gihe Bayern Munich wakuyemwo FC Porto wo mu gihugu ca Portugal.

Urundi rukino ruzohuza umurwi wa Real Madrid wo mu gihugu ca Espagne hamwe n’umurwi wa Juventus wo mu Butariyano. Mu gice ca 1/4 gishira ica nyuma, umurwi wa Real Madrid wakuyemwo Athletico Madrid, mu gihe Juventus yakuyemwo umurwi FC Monaco wo mu Bufaransa.

Inkino zo gutangura zizoba ku magenekerezo ya 5 na 6 rusama,inkino zo gusubiriza zibe ku magenekerezo ya 12 na 13 rusama.


Van Nris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.