IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ligue ITEKA iranegura cane inyifato y’igipolisi

Ligue ITEKA iranegura cane inyifato y’igipolisi

jeudi 14 Ntwarante 2013

Inyuma y’ibara ryabaye I Businde kuri uwu wa 12 ntwarante 2013 ,ligue Iteka yaraneguye cane inyifato y’igipolisi cashwiragije abayoboke ba zebiya.

Nkuko bivugwa na Joseph Ndayizeye umukuru wa ligue Iteka, abo ba polisi bari gukoresha ibishoboka vyose kugira basubize ibintu mu buryo batarinze gukoresha ibirwanisho.

JPEG - 44.7 ko

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike barasavye abayoboke ba zebiya guca mu nzira yemewe n’amategeko kugira baronke uruhusha rwo gusengera ku musozi businde mu ntara ya kayanza.

Ligue ITEKA isaba sentare ya kayanza gukora amatohoza kugira berekane uruhara rw’umwe umwe wese mu vyabaye i businde.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.