Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Iminsi Lil Wayne asigaje kubaho iharurwa ku ntoke
Iminsi Lil Wayne asigaje kubaho iharurwa ku ntoke
mardi 2 Kigarama 2014
Umuririmvyi wa Rap Lil Wayne ashobora kwitaba Imana vuba, hari amakuru avuga ko indwara ya cancer igeze kure mu mubiri wiwe.
Umuganga akurikirana amagara ya Lil Wayne yatangaje kocuwo muririmvyi yoba asigaje iminsi mike akitaba Imana. Baravye ibipimo basanze indwara ya cancer igeze ku rugero rwa kane bita "stage 4" mu mubiri wiwe. Uwo muganga avuga ko agereranije Lil wayne ashobora gupfa inyuma y’ukwezi n’inusu. Ayo makuru avuga ko iyo cancer yoba yavuye ku bicapo (tatouages)vyinshi yiyanditesko ku mubiri wiwe.
Mwomenya ko umuririmvyi Lil Wayne ari we yatanguje uruganda YMCMB( ni urunani canke ihuriro ry’abaririmvyi bakiri bato bafise amahera menshi muri Reta Zunze za Amerika.
Raba amafoto ya Tatouages ziri k’umubiri wa Lil Wayne
Cherif Nkeshimana
Messages
2 Kigarama 2014, 19:44, par muvugabutumwa
namwe muratwenza ngwazitaba Imana Mbega Kwitaba Shetani Vyo Ntivyobamwo Nyamba Lel Win Atokwihana Nyabudya Yononye Urushengero Rw’IMANA NUYO MUBIRI KANDI NGUWUWONONA IMANA IZOMURANDURA 1KORNT 3:16-17
2 Kigarama 2014, 22:06, par abdoul bakame
Mbe abantubose bitabimana?erega harabitaba shetani nka bobasanze baramaze kwihebera shetani.shetani nizomwakire mubwami bwayo ntakundi nakurikire kanumba na mayikoro jackesson.
3 Kigarama 2014, 05:08, par Enock
Vyukuri uyu ntazitaba Imana rurema mureke gutukisha Imana yacu ahubwo azitaba satani
3 Kigarama 2014, 07:58, par bukuru pacifique
Ese mwebwe mwanditse guco mwibagiye ko Imana ari urukundo ?gushika kumunota wanyuma haracari ivyizigiro. Uwo mucira urubanza haraho yobatanga kuja mwijuru. Ibuka cagisuma ciburyo bwa yesu ncuti umuntu agihema haracari ivyizigiro
3 Kigarama 2014, 09:52, par muhorakeye
Imana ni rukundo ntikunda abapfa, urupfu rwazanywe na shetani. kandi umuntu apfuye ntaba yitavye Imana. Imana ihamagara umuntu ngo ayikorere ari muzima ntihamagara umuntu ngo apfe.
3 Kigarama 2014, 11:18, par HUSSEIN
ARIKO ABAKIZWA MUZOGIRA UBWENGE RYARI ;IVYIZA;NIBIBI;VYOSE BIVAKUMANA.
4 Kigarama 2014, 06:54, par Kajadi
Yoooooooo ko yiyanditsekobirenze.Polesana. Star Lil safari njema na sisi tuko nyuma
4 Kigarama 2014, 10:14, par Joas Codo’fils Balaka
Abahinga nuvyubuvuzi nibakomeze igikorwa,ariko se urworukoba rwiwe ruteye ubwoba ntavyizere vy’ijuru ndamuhaye.none se mw’ijuru hariyo ihindagurika ry’ibikoba nkuko?
8 Kigarama 2014, 13:03, par melance
nashaka kubabaza ko vyoshoboka ko mundonsa i site mwakuyeko ayo makuru
9 Kigarama 2014, 16:59, par laurence
ha!ha!uwo muganga naw!!!abay imana, nareke kubesha ngo amenya aho umuntu azopfira gusa lil wayn ameny ko imana iriho
9 Kigarama 2014, 16:59, par laurence
ha!ha!uwo muganga naw!!!abay imana, nareke kubesha ngo amenya aho umuntu azopfira gusa lil wayn ameny ko imana iriho
9 Kigarama 2014, 16:59, par laurence
ha!ha!uwo muganga naw!!!abay imana, nareke kubesha ngo amenya aho umuntu azopfira gusa lil wayn ameny ko imana iriho
17 Rusama 2015, 21:50, par Gacara
Jew Ndamukunda Nuko Yihinduye Urukoba Asigaye Ateye Ubwobo Ndamukundira Akajwi Kiwe Arikumwe Na Chri Brown
13 Mukakaro 2015, 13:24, par ARADE BIKORIMANA
Vraiment birababaje
17 Mukakaro 2015, 20:50, par ndikumana jean paul
ntaco niyihangane kovyashits gus namukund can gos
27 Mukakaro 2015, 09:01, par issa kayago
amakuru
15 Nyakanga 2015, 10:58, par Josias
yooo! birababaje!, kuki uwo mugang’atabesha? "lilwayne" we nasabe imana ave mubyo yararimo aje mubyimana iramukiza niyo itamukiza apfe yizeye
27 Nyakanga 2015, 22:57, par D Kaka
Jewe Hahez Umwaka Mbajije Amakuru Ya Lil Wayne .Handitse Ko Yob Asigaje Ngo Ukwezi N Inusu .Ikibazo:none Ukwo Kwezi Kuzohera Ryari?? Lil Wayne Ni Muzima Canke Yaritavye Imana??
27 Ruhuhuma 2016, 23:36, par irankunda desire
wapishaa reka nanabobabono nanj menyekany ntaribi nubwonojamumuriro mugabo nariye ikirori ahakwisi novyemera jew lil wyne ndamukunda can
27 Ruhuhuma 2016, 23:40, par irankunda desire
wapishaa reka nanabobabono nanj menyekany ntaribi nubwonojamumuriro mugabo nariye ikirori ahakwisi novyemera jew lil wyne ndamukunda can
27 Ruhuhuma 2016, 23:41, par irankunda desire
wapishaa reka nanabobabono nanj menyekany ntaribi nubwonojamumuriro mugabo nariye ikirori ahakwisi novyemera jew lil wyne ndamukunda can
27 Ruhuhuma 2016, 23:43, par irankunda desire
wapishaa reka nanabobabono nanj menyekany ntaribi nubwonojamumuriro mugabo nariye ikirori ahakwisi novyemera jew lil wyne ndamukunda can
29 Ntwarante 2016, 19:24, par EV-STR %
TWEBWE ABA FANS BIWE TUBIFATE NTE?
2 Ndamukiza 2016, 08:20, par Ciza Elieze
Rekasha s Ico Lil Weyn Ntiyopfa nibaza Ko ariububehi Kuko Ndamufana cane
2 Ndamukiza 2016, 08:21, par Ciza Elieze
Rekasha s Ico Lil Weyn Ntiyopfa nibaza Ko ariububehi Kuko Ndamufana cane
4 Ndamukiza 2016, 23:02, par john-pro
Ndobabara apfuye kuko hipapu yiwe iramfasha hanin
11 Ndamukiza 2016, 22:53, par Gjermy,niyonkuru
None,arashobora kuvugwa,agakira?
12 Ndamukiza 2016, 10:59, par lionel et onèse
ntaco azoba kuko ari umu filmason umunyakuzimu.
12 Ndamukiza 2016, 11:01, par lionel et onèse
ntaco azoba kuko ari umu filmason umunyakuzimu.
22 Rusama 2016, 07:15, par Jackson Tiger Ab
Erega Ntazaba Yitabye Imana,ahubwo Azaba Yitabye Lusfer
26 Mukakaro 2016, 19:52, par MAX IILL
Nagombe Apfe Hakenye Irya
27 Mukakaro 2016, 13:01, par WELLIS
BYASHOBOKA BIRIYA NUKWI YAGIZA
20 Myandagaro 2016, 09:11, par KING LOV
EYOOO! NACHA KE APFE ARAGAPFA JE GITAZA
1er Gitugutu 2016, 14:44, par Cyriaque
Uwo Nimutama Wanje Ndamukunda
2 Gitugutu 2016, 16:00, par Vianney
<<Mbega umuririvy wac yoo pfa kuberik kancer niyo ntiyic aba arakand .umugang naw amupima ahoya beshey ntason agir apima umunt gut akameny aho azo pfir bara muhenz.ivyo nivyiyumvir vyiw aaa ishiy>>
8 Gitugutu 2016, 11:50, par Thierry
yafashe umubiri we nkigikinisho
1er Munyonyo 2016, 22:15, par LI LIYN
YARAPFUYE NONE
4 Munyonyo 2016, 21:36, par revis
nasenge,imana,azokira
4 Nzero 2017, 21:11, par Cyriaque
Tuzoba Duhovye Umuraperi Akomeye Muri Amerika
4 Nzero 2017, 21:12, par Cyriaque
Tuzoba Duhovye Umuraperi Akomeye Muri Amerika
25 Nzero 2017, 22:41, par Nduwimana
Yogomb agapf Haramazi Yamvomera?
9 Ntwarante 2017, 00:56
ntacoyoba arumueriminati umunyakuzimu
9 Ntwarante 2017, 00:56
ntacoyoba arumueriminati umunyakuzimu
20 Ndamukiza 2017, 21:29, par richard
lil arafise umugore?yitwa nde?