Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Lionel Messi yatwaye umupira w’inzahabu ku ncuro ya gatanu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Lionel Messi yatwaye umupira w’inzahabu ku ncuro ya gatanu

Lionel Messi yatwaye umupira w’inzahabu ku ncuro ya gatanu

lundi 11 Nzero 2016

Lionel Messi akinira umurwi wa FC Barcelona mu gihugu ca Espagne,akaba avuka kandi mu gihugu ca Argentine niwe yatahukanye umupira w’inzahabu w’umwaka 2015,mu birori vyaereye i zurich mu gihugu ca Swise.
Lionel Messi atwaye ako gashimwe ku ncuro ya gatanu. Agashimwe ka mbere yakaronse mu mwaka w’2009,aka kabiri mu 2010,aka gatatu 2011,akandi 2012 n’aka yatahanye uno munsi.
Yari ahanganye na Christiano Ronaldo akinira umurwi wa Real Madrid muri Espagne nyene nawe amaze kuronka ako gashimwe incuro zitatu,hamwe na Neyamar bakinana mu murwi FC Barcelona.
Ku ruhande rw’abamenyereza,umumenyereza Luis Enrique amenyereza umurwi FC Barcelona,niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza mwiza w’umwaka,inyuma yo gutahukana ibikombe bitanu amenyereza uwo murwi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.