Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Lolilo na Famba bitavye igiteramo m’u Rwanda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Lolilo na Famba bitavye igiteramo m’u Rwanda

Lolilo na Famba bitavye igiteramo m’u Rwanda

mercredi 13 Ruhuhuma 2013

Uyu munsi mugatondo umucuraranzi Lolilo ari kumwe na mugenzi we Famba bavuye i Bujumbura bagiye i Kigali mu gihugu c’u Rwanda , aho bitavye igiteramo kizoba ejo co gushira album k’umugaragaro ya Mico Prosper umucuranzi w’umunyarwanda.

Abatari bake bemeza ko ico giteramo kizoba gikomeye kuko ngo cahuriranye n’umunsi mukuru wa Saint Valentin ejo kw’igenekerezo rya 14 Ruhuhuma 2013.

JPEG - 10.8 ko

Igihe bagenda bamenyesheje ko batazoteba kuko ngo bafise igiteramo bagomba kwitaba kw’igenekerezo rya 17 uku kwezi aha twovuga nka umuririmvyi Lolilo.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.