Accueil > Amakuru > Poritike > Luc Michel yahanuye ubutegetsi bw’i Bujumbura kutazoja mu biganiro i Arusha (...)
Luc Michel yahanuye ubutegetsi bw’i Bujumbura kutazoja mu biganiro i Arusha (Video)
lundi 9 Rusama 2016, par
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
9 Rusama 2016, 11:25, par Iribuka
ntakindi novuga uwo n’umurozi
9 Rusama 2016, 12:00, par nyanzira
ahonguravuzenyakuvugicumu ryomwugorutwe mwenakogahimbirimurikumwengaho
9 Rusama 2016, 12:58, par tari
Uwo mubirigi na nkurunziza birakwiye Ko bicarana kuko mukirundi barayamaze ngwibisa birasabirana kandi ngwiyo igishurushuru gihuye nikindi ngovyose bicika ibihunda
9 Rusama 2016, 14:08, par Mbindigiri
Ndazigerageje ko ibyo nanditse bitarengana ariko namwe banyamakuru bigihe nimusome. Ntabwo ukuri namwe ubwenyu ba opposition mirakuzi mukakwirengagiza gusa ntabwo abantu bose bakwirengagiza ukuri bakubona muramwaye rero iyo bavuze ibigoramye imihoro irarakara.Imipango no gutekinika mubeshya mwebwe batutsi iyo bimenyekanye muratukana nkuko bisanzwe
9 Rusama 2016, 14:13, par None?
Komera muta Luc Michel.
Twarababwiye natwebwe ko atari mumwaka yikigihe kandi ntahozigerabiba ngotugiye mubiganiro nabagerageje gukubita kudeta nuguturira abantu babona.
NASHAKA KUBABWIRA KO IGITUMA UWO NYENICUBAHIRO LUC MICHEL YAVUZE IVYO YISUNZE INGINGO YA ONU YA 2248
IYONGINGORERO VYOGORANA KUGIRABACE BAYIFUTA KUGIRA ABASHATSE GUKUBITA KUDETA BUGURURIGWE BAJE MUBIGANIRO VYOGORANA.
SINORANGIZA NTABABWIYE KO KUBERA IKIBAZO CU BURUNDI IBIHUGU VYOKW’ISI MUMISI ITARAMBIRANYE MURABONA VYATSITSEMWO IBICE 2 KUKO UBURUNDI BURARENGANWA NUMWANAVUTSE AKABIBONA, KUGERUBU USIGAYE USANGA NABANTU BASANGIYE IGIHUGU NA RETA BATAVYUMVA KUMWE RINDIRA GATO NGAHO BIRATANGUYE.
9 Rusama 2016, 14:35, par murundi
attention president ntasye bwose ngo ni urukundo gwishi amufitiye .les politiciens barasukana kumwe bahenda BAGAZA ngo afunge amasengero n;uwundi niko bagira bamugire
9 Rusama 2016, 15:20, par MUYAHUDI
EMW IVYUBURUNDI NTAWUTAVYIVANGAMWO! UWURAMVY AZOBONA! UWUZAGUSIGA URAMURINDIRA NTAVYINSHI NDABIVUZEKO
9 Rusama 2016, 15:22, par MUYAHUDI
EMW IVYUBURUNDI NTAWUTAVYIVANGAMWO! UWURAMVY AZOBONA! UWUZAGUSIGA URAMURINDIRA NTAVYINSHI NDABIVUZEKO
9 Rusama 2016, 16:04, par Eric
Mutama azi ibyo bakoreye Habyarimana na Ntaryamira babatumira mumanama yubusa bagahita barasa indege ,ibyo byose murabizi.
10 Rusama 2016, 20:24, par KIJISHO
IBIGANIRO BIDAKUMIRA JEWE MBONA ARIVYO VYIZA
12 Rusama 2016, 12:23, par niyonkuru
Umuhanuzi mubi angana umurozi nkurumbi aregembana urutwe imbere y uwo murozi ibisa birasabirana ariko aragusuka nawe utari wibereyeho ewe Burundi waragowe Imana niyo nkuru
18 Rusama 2016, 14:17, par eddy@yahoo.fr
Komera NKURUNZIZA Imana irakubona abansi b’Uburundi tuzobatsinda, nigihe gito iryavuzwe rigataha. Abo banebwe bamenyereye kurya batabize akuya bagiye gutuzwa. mutuma NKURUNZIZA abarundi b’umutima turi inyuma yawe. Satani nta kibanza afise iburundi azopfa yangara nka Gahini. azopfa asabiririza mu makungu ariko ni amakungu amuhinyura azomwirukana