Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
LUMITEL yatanguje ubuhinga bushasha ku banywanyi bayo bakunda (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > LUMITEL yatanguje ubuhinga bushasha ku banywanyi bayo bakunda (...)

LUMITEL yatanguje ubuhinga bushasha ku banywanyi bayo bakunda amareresi

vendredi 22 Ndamukiza 2016, par Jean De Dieu

Ishirahamwe ry’ugutumatumanako LUMITEL ryatanguje ubuhinga bushasha ku banywanyi baryo bakunda amareresi. Ubuhinga « FILM » bushoboza abanywanyi bose ba LUMITEL bw’ukuraba amareresi canke utundi dukino duca ku mboneshakure, biciye ku muhora www.film.bi.

Amareresi arabwa biciye mu buhinga «FILM» aba ari mu mihe bitandukanye : Izitwenza, iz’urukundo, hamwe n’iza Action hamwe na Aventure, hamwe n’izindi.
Ubwo buhinga bwa Lumitel bufasha abakunzi b’amareresi guhitamwo mashasha n’ayakera, nka cane cane reboot de STAR WARS canke MARVEL DEADPOOL.

Ku bakunda udukino duca kumboneshakure zo muri Amerika nka SCANDAL na ARROW, ubuhinga FILM ni inyishu kuri ico kibazo.
Kugira umunywanyi wa LUMITEL aronke ako karusho biroroshe. Ariha ijana rimwe ku munsi canke amajana abiri ku ndwi, ariko agashobora kuraba amareresi yose ashaka, imwe iheze agatangura iyindi. Muri vyose, bigasabwa ko terefone ngendanwa y’umunywanyi iba iriko ikoreshwa ku buhinga bwa none (Connecté à internet).


IGIHE

Messages

  • dushaka ko igihugu cacu giterimbe muri vyose abandi babe barazezeta si barundi tunataka inci yetu isonge mbele,bengine ba ujinga bajebajebe!

  • ni ukweli nchi yetu tunataka isonge mbele but siyo kwanjia ya kuongea kama unavyo ongea,hapana.ata hiyo faver nikidogo mbona hawataki Ku supply network in the whole country?we acha hakuna kitu unajua,unatumia mdomo lkni haujuwi kitu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.