Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Lusaka : Abantu babiri bahitanwe n’intureka zishingiye ku rwanko (...)
Lusaka : Abantu babiri bahitanwe n’intureka zishingiye ku rwanko rw’abanyamahanga
jeudi 21 Ndamukiza 2016, par
Igiporisi ca Zambia kimenyesha ko hari abantu 2 bishwe baturiwe mu ntureka zishingiye ku rwango rw’abanyamahanga zimaze iminsi mu gisagara Lusaka.
Abantu barenga 250 nibo bamaze gufatwa inyuma y’isahurwa ryakozwe mu maduka y’abanyarwanda arenga 60 yasahuwe.
Ivyo bitero vyakozwe ku banyarwanda kubera bagirizwa kwica abantu, hanyuma bagakoresha ibihimba vy’imibiri yabo mu migenzo y’uburozi, ariko mu giporisi bakavuga ko ivyo vyagirizwa abanyarwanda baba muri Zambia ari ibihuha.
Umuvugizi w’igiporisi ca Zambia, Charity Munganga, mw’itangazo yasohoye, yamenyeshe ko iyo bihuha ari ibitangazwa n’abantu bafise umugambi w’ubugizi bwa nabi kandi bagashaka kuzana ubwoba mu banyagihugu, kugira basigure ubugizi bwa nabi bariko barakora.
Kuva mu kwezi kwa Ntwarante, BBC ivuga ko abantu 6 aribo bishwe, bavanwamwo ibihimba vy’umubiri, hakaba amakuru avugwa, ariko atemezwa n’igiporisi, ko ivyo bihimba bikoreshwa mu migirwa y’uburozi, kugira abadandaza bunguke.
IGIHE
Messages
21 Ndamukiza 2016, 10:32, par copy
Barababeshera none kuki babona ko inyushu ari ugusahura?, iryo ni irempentanya kugirango babone uko basahura ivyabo, babafitiye ishari o bakora cane bagatera imbere kurusha abenegihugu!
21 Ndamukiza 2016, 16:13, par Irakenuye Félicien
Zambia Yo Izi Ko Hasahuwe Abanyarwanda Gusa.N-abarundi Beshi Ubu Bari Mu Maganya Kandi Badafise N-uko Bosubira Mu Gihugu Cabo
21 Ndamukiza 2016, 16:19, par cakira
kuki batumbereza kubanyagwanda?kubera harimpamvu?nukuraba neza kuko abanyagwanda barivanga mu kwiteranya nibihugu,ntakundi uyo mutegetsi yarikuvuga kugira bihagara raba ukuntu biteranye kubihugu bibanyi?none mugeze muri zambie?murarushe!
21 Ndamukiza 2016, 18:32, par Ihorihoze Gaspard
Abazambiya bicwa na DMI ya Rukaraba Kagame mumugambi wo guteranya impunzi n’abenegihugu.
21 Ndamukiza 2016, 20:50, par Vuga
Nonega,igiporisi,coyemera,kiriko,kirisahurira,poris,yarusak,nabasum,uraveyobakoreye,ntasano,doni,mibarurwa,niyondiko,jafari,abanye,vugizo,ntimubone,ngomwatungiye,murozuko,ninkoninyum,ukora,mutaha,nimpanurondabahaye,
22 Ndamukiza 2016, 02:20, par BAGAYA
ABANYARWANDA AHOBAGEZE NTIBIHISHA BARIMARAMAZA
22 Ndamukiza 2016, 12:04, par umuhire sandrine
erega abanyarwanda dufite amahirwe cane icyo dufasheho cyose kiraduhira none ngo dukoresha uburozi muribeshya cyane ndugu harabavukanye amahirwe iyo ni wivo
23 Ndamukiza 2016, 08:06, par turaje
kabisa iyo ibingibi byumvise bintera kumva nkunze cyane H.E PAUL KAGAME
kuko ibibyose mubona aba ari ishyari badufutiye kubera umuntarwanda aho ari arakora cyane
ahubwo budutera imbaraga zogukomeza gukora ahubwo courage