Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Macedoniya : Abantu bagera kuri 20 bahitanwe n’imyuzurira - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Macedoniya : Abantu bagera kuri 20 bahitanwe n’imyuzurira

Macedoniya : Abantu bagera kuri 20 bahitanwe n’imyuzurira

dimanche 7 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Abantu bagera kuri 20 bapfiriye mu myuzurira y’amazi y’imvura yateye umurwa mukuru wa Macedoniya, Skopje, inyuma y’imvura ikaze.

Ibiziga vy’abapfuye 20 vyabonetse mu gatondo ko kuri uwu w’Imana imvura imaze guhita, ariko abagera kuri batandatu baracaburiwe irengero.

Bamwe mu bapfuye barengewe n’imyuzurira mu modoka zabo. Bimwe mu bice vy’amabarabara y’igisagara ca Skopje vyononekaye bikomeye.

Iyo mvura yari ivanze n’imiyaga ikomeye, bikavugwa ko amazi yageze ku rugero rw’imetero imwe n’igice mu burebure.

Igisagara ca Skopje kikaba kitagira umuyagankuba.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.