Accueil > Amakuru > Rwanda > Mahama:Impunzi 29 z’abarundi ziramaze kwitaba Imana
Mahama:Impunzi 29 z’abarundi ziramaze kwitaba Imana
samedi 27 Ruheshi 2015
Abarundi 29 baba mw’ikambi y’impunzi ya Mahama,mu gihugu c’Urwanda,baramaze kwitaba Imana.Benshi bahitanwa n’indwara ya Malariya,gucibwamwo n’uburuhe.
Jeff Drumtra,ajejwe kumenyesha amakuru n’imigenderanire mw’Ishirahamwe rya ONU ryitaho impunzi UNHCR , yavuze ko amakuru atangwa n’abajejwe ubuzima mw’ikambi yerekana ko impunzi 29 zitavye Imana.
Jeff Drumtra yavuze kugeza ubu ata ndwara z’ivyaduka ziri mw’ikambi y’impunzi,kuko amazi n’ibindi bikoresho vya nkenerwa vyamaze kuboneka,ivyo navyo bikerekana ko Urwanda n’abo bafashanya ataco batakoze ngo bafashe impunzi.
Uwo mukozi wa UNHCR yamenyesheje ko mu ndwi iheze,impunzi 100 arizo basanze zifise indwara ya malariya,kandi iyo akaba ariyo ndwara yibonekeza cane mw’ikambi y’impunzi,nk’uko amakuru atangwa n’abaganga abimenyesha.
Ikambi ya Mahama imaze kuvukiramwo abana 80, Drumtra yavuze ko bitaweho cane kandi ko bahawe ivya ngombwa,hamwe n’abavyeyi babo.
Kugeza ubu ku butaka bw’Urwanda hari impunzi z’Abarundi zirenga ibihumbi 36.
Messages
27 Ruheshi 2015, 12:37, par masabo
Ingaruka y’ibikorwa vya pacifique
27 Ruheshi 2015, 13:10, par Abdur
Niyanyungu gusa Ya Peter,ntakind. Arikombahaye Pore Ababuze Ababo,
27 Ruheshi 2015, 14:17, par BURUNDI
IMANA IZOBAFACHA BIHANGANE UMWASI WABO MANDA YA GATATU
27 Ruheshi 2015, 14:40, par emma
emma
mpunzi mwahunze amahoro raba mutahe mwitorere ababatwara, erega amahoro ntaronderegwa hiyo mumahanga, nimuze tubane kuko umuhutu umututsi umutwa, twese turibamwe kandi igihugu nicatwese amashirahamwe nabanyamigambwe barabahenda nimutahe mugihugu ca
27 Ruheshi 2015, 15:19, par Melchiade
N,abandi Baracapfa None Abo Iyo Baguma Mumihana Iwabo Nta Mpfu Nk,izo Ziba Ziriho Nibagaruke Uburundi Burabarindiriye
27 Ruheshi 2015, 15:30, par Makado
Babahenze Ngo Hagombe Habintamba Bibagirako Urupfu Rudahungwa.Nibihangane.
27 Ruheshi 2015, 16:36, par cumacindubaruba
none pacifique ntiyoja kubagarukirako wewe yabasutse, none abo banyagihugu bazira iki kweli, bagware kwashi nayababatumye bigaramiye mumahoteri kabisa. Inkozi zikibi za société civile nizozizobazwa abobantu bagumuye bakaza guta mumuriro wo mu rwanda babahenda ngo bisanze mubatutsi nkabo bakibagirako ubuzima butaraba ubwoko umwe wese asumira inda yiwe gusa, baribaziko rero murwanda bagiye kurya amashugwe batarimye naho hoba muri amerika ntavyagusa muzigera muronka kuko biba bifise abavyirondereye, muzopfa muhendwa. kandi aho nyene muri mwomenyako igihugu c’urwanda kibungukirako kuko imfashanyo zizobashikira ziciye mumunywe y’umunyarwanda azobaha ivyashigaje kuko nabo barazikeneye.
27 Ruheshi 2015, 17:04, par manariyo
Mbega Abantu Bazoca Ubwenge Ryari Babahende Ngohunga !!!Namwemupfe Muyerera Abasigayemugihugu Biraramiye ,ehe Igitwengeje.Abatutsibari Mugihugu Baramahorontanuwubarya Uryara.Ariko abangajwe nibihuha vyabamwe mubanyeporitike bankamahoro.nibobirirwa barapfa#
27 Ruheshi 2015, 18:41, par pajo buja
manda ya3 niyo iriko irica abene gihugu ariko bigiye guhera tuzoruhuka.ntamvura idahita
27 Ruheshi 2015, 20:57, par Bimana
Birababaje? guhung’urpfu ukarsangiyurhungiye?mana ubakir mubwami bwawe kndi uharire abanyepolitique.
27 Ruheshi 2015, 20:59, par Bimana
Birababaje? guhung’urpfu ukarsangiyurhungiye?mana ubakir mubwami bwawe kndi uharire abanyepolitique.
28 Ruheshi 2015, 15:09, par Ezny
Ntiruhungwa Nibaze Tururindirire Hamwe
28 Ruheshi 2015, 16:06, par HAKIZAMUNGU EUGENE
BENE WACU BIHANGANE ABABUZB ABABO.
28 Ruheshi 2015, 16:07, par HAKIZAMUNGU EUGENE
BENE WACU BIHANGANE ABABUZB ABABO.
29 Ruheshi 2015, 18:52, par Innocent
izo.mpunzi,nizitahe.ntagorane.kuko urupfuntiruhugwa.Imana.ibafashe.murakoze
7 Mukakaro 2015, 23:16, par mutama
Ha gupfa wishe n’uwo gukijije wopfuma urwa mu Mahanga. None Panta Leo Hakizimana hamwe n’abana biwe ugra bari bahunze. Mwebwe mushinyagurira izo mpunzi, mwariboneye amasanamu aho bamenywe imitwe n’aba polisi.
Gerarard et n’abana biwe bishwe bafukamye na General Adolphe, none ga muvuga ngo batahe baje hehe?
takundi biri bugende, hazogira abakira n’abasigara Ntamvura idaghita, ico gihuhusi kizoheraaaaaaaa
10 Myandagaro 2015, 08:16, par umurundi
KAGAME WAZIHAMAGAYE AKANAZIZANIRA IMIDUGA YUKUZITWARIRA MUBUHUNZI NAZIHAMBISHE ZOSE IZIZORUHA ZIZITAHANA ZIRAZIKO MUBURUNDI AMATONGO YAZO ATAWUKORAKO NIVYABO BIRAHO BIRATUJE
11 Myandagaro 2015, 17:41, par maurice
imana nibakire.
19 Ntwarante 2016, 20:32, par NDIHOKUBWAYO
MBEGAKOBAVUGAKOBARIKOBARAPFA NTIBOTAHAKO MUBURUNDI ARAMAHORO
16 Ntwarante 2017, 00:12, par Nduwarugira Egide
Nibihangand Bazozahari Amahoro
26 Ntwarante 2017, 19:36, par Rajabu
Nashaka@mubwire Amazinayabobamazegupfa