Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Maitre Onesime Kabayabaya yatumweko mu butungane - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Maitre Onesime Kabayabaya yatumweko mu butungane

Maitre Onesime Kabayabaya yatumweko mu butungane

jeudi 7 Nzero 2016

Umushingwamanza Onesime Kabayabaya yatumweko mu kwitaba muri sentare y’iyungururizo i Bujumbura.

Ku mutahe wo kumurengutsa wteweko umukono na Havyarimana Laurent kw’igenekerezo rya 5 Nzero 2016, Onesime Kabayabaya ari mu rwego rw’abashingwamanza b’i Bujumbura yasabwe kwitaba kw’igenekerezo rya 12 Nzero 2016 mu biro inomero 4.

Onesime Kabayabaya yasabwe kurenguka yitwaje umutahe wo kumuhamagaza n’ibimuranga.Yatumweko kumva z’urubanza D14 994/HL.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.