Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Matana : FVS amade yiyemeje gufasha mu kugarukana akanovera mu gisata (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Matana : FVS amade yiyemeje gufasha mu kugarukana akanovera mu gisata (...)

Matana : FVS amade yiyemeje gufasha mu kugarukana akanovera mu gisata c’indero

jeudi 11 Nyakanga 2014

Mu ntara ya Bururi muri komine ya Matana buca hugururwa ishure abagenzi b’abana, aho iryo shure rizofasha cane cane abana bava mu miryango ikenye hamwe n’abana b’impfuvyi.

Spes Nihangaza umukuru wa FVS Amade akaba avuga ko iryo shure rizugururwa kuri uyu wa 15 Nyakanga, kandi rikazoba ryubatswe n’ico kigo nyene arongoye. iro shure rizokora nk’ayandi mashure na cane cane mu guteza imbere inyigisho nk’uko uwo mupfasoni abandanya abivuga. Ikigo FVS Amade kikaba kigiye kuzofasha mu
gusubiza akanovera inyigisho mu Burundi, mu gihe izo nyigisho bivugwa ko ziriko zirasubira inyuma.

Ariko rero naho biri uko, amashure menshi ari mu gihugu na cane cane amashure nshingiro, akaba afise ubukene bw’intebe, ibitabo hamwe n’abigisha babishoboye. Muri iryo shure buca ryugururwa muri iyo ntara ya Bururi, umupfasoni Nihangaza akavuga ko bazofasha cane abana batagira epfo na ruguru, babe aribo bazoharonswa ibibanza ku bwinshi.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.