Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mbonimpa avuga ko yiteguriye gutanga ivyemeza vyose vy’ivyo yashikirije - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Mbonimpa avuga ko yiteguriye gutanga ivyemeza vyose vy’ivyo yashikirije

Mbonimpa avuga ko yiteguriye gutanga ivyemeza vyose vy’ivyo yashikirije

mardi 17 Ruheshi 2014

Petero Kaveri Mbonimpa, umukuru w’ishirahamwe APRODH amenyesha ko yiteguriye gutanga ivyemeza vyose ku makuru yatanze ku bijanye n’urwaruka rw’abarundi rujanwa mu myimenyerezo ya gisirikare muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo.

Umukuru w’ishirahamwe APRODH (Association Burundaise pour la Protection des Droits Humains et des Personnes Détenues) riharanira agateka ka zina muntu n’akabapfunzwe arakwije ukwezi kwose apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba. Yahagaritswe kw’itegeko rya Salvator Ndayiziga, batazira Nyamizi, icariho c’umushikirizamanza wa Repuburika mu gisagara ca Bujumbura. Petero Karaveri Mbonimpa yagirizwa icaha c’uguhungabanya umutekano w’igihugu n’uwo hanze y’igihugu. Ababuranira Petero Karaveri Mbonimpa bamenyesha ko yiteguriye gutanga ivyemeza vyose ko amakuru yatanze ariyo, ahubwo bagasaba ubutungane ko bwonyarutsa gushinga isango y’intahe y’icese, kugira abarundi n’amakungu bashobore kumenya ukuri ku vyavuzwe ko hari itangwa ry’ibirwanisho, hamwe n’imyimenyerezo ya gisirikare ikorwa n’abarundi ku butaka bwa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, i Kiliba Ondes.

Tubibutse ko amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike yahamagariye abarundi kugira urugendo rw’amahoro ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 20 Ruheshi 2014. Aho akaba ari mu ntumbero yo gusaba irekurwa ry’umukuru w’ishirahamwe APRODH, Petero Karaveri MBONIMPA. Ayo mashirahamwe amenyesha ko uko amategeko agenga imyiyerekano n’amanama atunganijwe, urugendo bararumenyesha gusa. Ivyo rero bakaba barabikoze, bararumenyesheje mu rwandiko barungikiye Edouard Nduwimana, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu.

Muri ayo mashirahamwe bakizera ko umushikiranganji Edouard Nduwimana atazohava ababuza urwo rugendo, nk’uko vyakozwe na Juma Saidi, umukuru w’igisagara ca Bujumbura ku rugendo bari bateguye kuri uwu wa mbere, ariko uwo arongoye igisagara ca Bujumbura akarusivya.


Egide Nduwimana

Messages

  • GUMAHAMWE UMUNYORORO UBANZE UGUFASHE GUSAZA. IVYOBINDI VYEMEZO BIKWIYE KUZOKWAKIRWA, ABANJE GUSABA IKIGONGWE LETA NA BANYAGIHUGU YAMENJEKO MUGUTANGA IVYEMEZO ATARIVYO, KUGIRA ABANYAGIHUGU DUSUBIRANEMWO!!!!!!!!! YONGERE ASIGURE IGITUMA YAKOZE IVYO!!!!!!!!!! URIGUMYA KUKO GUTAHA SEJO!!!!!!!

  • MBEGA MBONIMPA WIFUZA KUVAYO????????? URAZIKO UDAFUNZWE KUKO CHRISTINE WA COSOME WAMUTUMYE IGIHE YAZA KUKURAMUTSA, KO WIFUZA KUBA HAFI YABAFUNZWE KUGIRA UKORE AMADOSIYE YABO BITAKUGOYE!!!!!!!!!!!!! YABIVUZE MUBINYAMAKURU NO KUMARADIYO!!!!!!! NIMBA WAHEJEJE AKAZI, WOMUTUMAKO AKONGERA AKABIMENYESHA ABARUNDI NA MAKUNGU.!!!!!!!

  • Twizere ko ubu ivyo ufise arivyo ukuri ataribimwe wahabwa na muhozi,pacific na vital!!!!!!!!!! Mugabo ivyo biboneka naho bizobavyo, ukwiye kuzobanza guhanwa kurivyo watutse uburundi nababubamwo, kuko ataho utaniye nabamwe bica abantu, bakabatwara amatongo bagaca babita ko kohishwe handi hatwawe amatongo yabamenja.

  • Jewe nohanura abo bamashirahamwe yigenga ko kuwagatanu naho bobima uruhusha bokwigaragamvya kunguvu ariko barikumwe na honyangahonyanga, uwuserukira leta zunze ubumwe,ambasaderi wishirahamwe rya buraya, aborero bazoce baja imbere!!!!!!

  • ABAHUTU ubwenge Ntimugira MBONIMPA. NUMUTUTSI avugivyazi sinkamwe umenga mwariyimiruka!!!!!!!! UMUHUTU ngumukura amavunja bukeye ngongo dusiganwe!!!!!! Sha ntibabeshe iyaba mwara. Ntimuba mwandikimbona mbe mwabigugumwe ubundi ntiyvugiraa mwebwe .

  • REKE GUTAKANA MBONIMPA ICAHA BAMWAGIRIZA KIRARENGEYE IVYO AVUGA.NTAWUZI IMVO ZATUMYE AJANWA MU BURUKO.IFOTO ZINE YATANZE IMWE NIYO BAVUGA KO ITARIYO NONE IZINDI ZO BITE?MUTAMA GUMYA UMUTIMA UKURI GUCA MUZIKO NTIGUSHE NTA MVURA IDAHITA HARI ABANTU BASHIMA KO IVYO WAVUZE BIJA AHABONA ARI NABO BAGANJE,IMANA IRAKUBONA!

  • Mbega sihondi weho ntubona ko ukwiye agasho,kuko uvugira abarundi ivyo batagutumye!ko ndumurundi nkaba ntagushigikiye!erega nawe urinuburenganzira bwogushikiriza ibiguteye amakenga, ababijejwe batabikoreye ko ukaja kumaradayiyo!kandi ntiwongana nuwatutse umuntu!banza umenye uburenganzira bwawe,hanyuma ubone kuvuga yamuhe!

  • Mbonimpa nashaka kukubwirako amafoto yimivyimba yabafiriye muntambara zabarwanya igisirikare ca Congo aramaze, abantuwavuze ngobarafuye munyuma bakivugira kobariho umaramaragake gose! Aho urukundo nigezekugukunda rwageze, urwanko rwokukwanka kuvushatse kugereka inkono ishushe igihugu witacawe. Murabona ngwarakomeza gusongera isibemurindi ngurafise ivyushaka kwerekana!

  • ico gipfu KAVAKURE URUCIRA MUKASO RUKARYA NYOKO
    UMWANSI AKWIMBIRA ICOBO IMANA IKAGUCIRA ICANZO
    NAHO ABANTU BAZOGWIRA NTIBAZOMARA UBUNYEGERI
    HEWE MBONIMPA NATAVAYO UYUMUNSI EJO HARIHO
    KANDI AHO MURI HARABANDI
    KADAFI YARAKOMEYE ARIKO YAPFUYE NKIMBWA NDETSEEE ?????????????????????? BIBWIRE NAWE!!!!!

  • hahahahaha?hihihihihi amashirahamwe ngo adaharanira ivyapolitike ya gutanze kugira arabe inguvu zubutungane aho zigera!!!!!!!! nurabe wongere wumve umuti nigiti vyokurema ibitabaho. nubu arazoshaka utange ayandi mafoto cumi!!!!! ariko irya imwe izokwanikira gushika usavye ikigongwe na yamashirahamwe akemera ko yagutaye murudubi!!!!!!!! uwuzowucana bazowumuzimiriza ko!!!!!!!!!

  • Dore iyo ntagondwa yitwa manzi yo iracyagendera mubyamoko.. Ese wantagondwa we aho mwiciye abahutu nturahaga!!! Komeza umoke nkumusega iminsi yi igisambo ni 40 !!!

  • Mbe wanterahamwe nguri MUTABAZI ninde yagutumwe kuvugira abarundi kombona ivyu Rwanda byabananiye!muga KAGAME we aribonera sha WOWUSURA WOTEKERA!!!!!!

  • Bene wacu muriko mushikiriza ivyiyumviro vyanyu, gerageza rimwe na rimwe mube mushiramwo ubwenke kuko uwutazi irementanya ryaba DD niwe yokwivugira, uno munsi ni mutama Mbonimpa ejo naho niwewe canke uwanyu, uwubizi ni El-Hussein Rajabu, ba Manassé eka nabandi tutazi murabegera babacire ku mayange. Mutama Mbonimpa turagusavye ugire ukwihangana kanatsinda burya imana ihora ihoze.

  • Ico gitama kiriko kidusazira nabi pe!!

  • @Manzi, gukebura mumuntu ntibirindako abaruwo musangije igihugu Mutabazi arafise uburenganzira bwokugira icakebuye kubijanye nivyaha iwacu Burundi, ahubwo womugayira koyoba ahanuye ukutarikwo ariko ntiwomuziza ngo nuko atarumurundi. Umuhisi Mandera abarundi ntituzigera tumwibagira kumpanuro nziza yaduhaye kandiwibuke nawe ntiyari umurundi!!!

  • NYOKO ndazi nawe kuri nterahamwe muzindi nimureke kwivanga nivyabarundi!!!!!!!! Mvunz,iwanyu ninduru none ngo muje gutabara ababanyi?INTERAHAMWE turazi neza ko mufashanya nimbonerakure!!!!! Ivyo mwandika mwe na MUTABAZI ntawe byotangaza!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.