Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Mkombozi yandikiye abamuhaye ubutumwa inyuma y’ururirimbo aherutse (...)
Mkombozi yandikiye abamuhaye ubutumwa inyuma y’ururirimbo aherutse gusohora
jeudi 23 Ndamukiza 2015
Inyuma yo gusohora ururirimbo PAPA NZEYIMANA, Mkombozi yandika avuga ko yabonye ko ururirimbo rwakoze ku mitima ya benshi bivanye n’ubutumwa yandikiwe canke buciye bamuhamagaye bamushimira.
Mkombozi yanditse ati:" Ndazi neza y’uko naho wodigadiga gute uwuriko arasha mumuriro adashobora kugutwengera. Nagira mfate akakaryo nshimire abarundi mwese, ku kuntu mwakiriye indirimbo yanje PAPA NZEYIMANA, kuko niyo ndirimbo yanje ya mbere ndi mu mahanga ikaba ariyo ndirimbo nshoboye guhamagarwa n’abantu batandukanye, bariko bararira abandi bandungira amajwi muza whatssap viber...bariko barira kubera ugukorwako nayo. Ndabashimiye cane bimwe bivuye k’umutima. Jah bless Burundi, Jah bless my Fans.Turikumwe.Hasta la Victoria Siempre".
Tugaruke ku majambo akurikira ari muri urwo ruririmbo:
"Présidence si parking y’ingendo za buri musi...
Présidence si parquet yo gucira imanza abagabo mutavuga rumwe,...
Inkuru itari nziza kuri jewe si inkuru, kuko umutwe utagira ubwenge uruhisha amaguru. Gutwara ni ukwiruka, si ku mupira gusa, wirukange ku butungane, wirukanze ubukene, ntiwirukanze abo bagabo ubona mutavuga rumwe. Nimba wizera, wizere Imana ntuyikinishe n’amasengesho fake nk’umushatsi w’ama mèches, ntuzodufuke amaso mu kwirigwa mu masengero. Ukunde kandi wubahe ibwirizwa shingiro, uryandike mu mutima ntiwizere impapuro, Ufate impuzu zera wambike aba patriotes buzuye mu Mpimba kubera ivyiyumviro vya politike. Ntuzokwubake ama stades nk’uwiteguriye coupe du monde ata mahinguriro dufise, nurushinge ruva hanze. Nta gihugu na kimwe kw’isi gikenye, ivyiyumviro vy’abagitwara nivyo biba bikenye."
Umviriza kandi ururirimbo PAPA NZEYIMANA
Cherif Nkeshimana
Messages
24 Ndamukiza 2015, 07:31, par NDAYIKENGURUKIYE OLIVER JUVE
Mr6,Vrmt nturarindiriy changement kub urund bwac kk iy chanson ce n’est pas pr rien j pass k buvif ubutumw
28 Ndamukiza 2015, 08:28, par JONATHAN
AHUBWOMKOMBOZI.BANDANYA,USOHORA,INDIRIMBO.NYISHI,ZIMEZE,NKAPAPANZEYIMANA,
28 Ndamukiza 2015, 21:43, par Mapice6
Ndaramukije abantu bose bubaha abandi ndababwira nti nimugire Imana.Mkombozi sper star jah love;nukuri akwiye guhabwa ishimwe iyaba abantu twese twakwirikiza impanuro ziwe atanga uburundi bwoteye imbere murakoze.peace kumurundi wese yubaha uwundi Hasta la victoria siemple.
30 Ndamukiza 2015, 20:30, par innocent filbert
Bandanya uturemesha mkombozi niwew dufise vraiment turiteze urundi
22 Rusama 2015, 00:48, par idrissou
nice one bro imana iguhezagire
1er Mukakaro 2015, 20:52, par wase pro
r.i.p mkombozi terimberenkumuzinga
6 Myandagaro 2015, 20:06, par lil-black
vrmturagushimiyekuvyowanditsekukobidukirak’umutimakanditukakwipfurizakugarukaiwacuiburundikaze
5 Nyakanga 2015, 22:04, par PASCAL NIBIZI
Mukombozi Ahubwo Ramba Abakwanka Bakwandureko
5 Nyakanga 2015, 22:05, par PASCAL NIBIZI
Mukombozi Ahubwo Ramba Abakwanka Bakwandureko
27 Ndamukiza 2016, 14:21, par IRADUKUNDA EGIDE
Mkombozi Irambir Ugir Imigish Iva Ku Man Ugume Ukora Ingo Nkiz Jew Kubwanje Nziranezer Kabis Mkombozi Kumer Kumudih Wuburundi Ushatse Ninyamerika Uzizane Vubaniwaza Ibdi
22 Mukakaro 2016, 23:07, par IRANKUNDA HASTA TWOO.
MKOMBOZI WAVUZE UKURI BUBAKA AMA STADE NJABITEGURI YE KUPE DU MONDE
16 Nyakanga 2016, 08:07, par buja
Mkomboz Vyukurituragukunda Kuko Indirimbozawe Zirimwimpanuro Bandanyuturirimbira Ariko uzuragabanya Mkomboz Vyukurituragukunda Kuko Indirimbozawe Zirimwimpanuro Bandanyuturirimbira Ariko uzuragabanya ibitutsi.
24 Kigarama 2016, 21:49, par Gilbert
mkombozi wavuz ukur irambir nkisim yaker tukur inyum yaw hasta
11 Ntwarante 2017, 20:08, par Black Ane Boy
Mkombozi Ndakwipfurije Gushika Kuco Wipfuje Kandi Abafanzi Bawe Turipfuza Ko Wosohora Video Nkimwe Canke Zibiri Kuko Turagukunda
11 Ntwarante 2017, 20:09, par Black Ane Boy
Mkombozi Ndakwipfurije Gushika Kuco Wipfuje Kandi Abafanzi Bawe Turipfuza Ko Wosohora Video Nkimwe Canke Zibiri Kuko Turagukunda
22 Ndamukiza 2017, 07:35, par Didas Murutana Commune Mpinga Kayove
Mkombozi Urihe? Uzogaruka Muburundi Ryari? Abarundi Turagukunda Kandi Turagukumbuye Urumurimvyi Wa Mbere Muburundi Mkombozi Bigapu Sana Bandanya Uterimbere Mumuziki Nka Sakubu Muri NINDE? Nukuri Umuziki Wawe Turawukunda Sana a 100% Nubunyene Ndikumviriza Indirimbo Zawe Kuko Uririmba Ibintu Bibaho Kandi Biriho Nkaba Ndangije Nsabira KUMANA Abakwanka Bagukunde Kuko Uvumwa Nabeshi Ugatota
5 Mukakaro 2018, 15:31, par Niyimbona Disimas
Ahiii Mkomboz Narindagukumbuy Cn Namahoro?Vyukuri Mubaririmvyi Nkunda Uruwamber.Arik Harabakwanka Nabo Ndababwiyat Azosubirinyuma Ariko Azotsinda Kuk Ivyiyumviro Vyanyu Sivyovyiwe.Kuvukuru Twihwejeneza Barakurenganije Kandi Muburundi Nikwo Vyama Bimeze Na Rwagasor Yavuze Ukuri Acarakuzira.Mkomboz Ndaguteyintege Bandanya Uririmba Abakunzi Turinyumayaw Kanditugusengera.Ariko Ndipfuza Gusubira Kukubona Basi Narimwe Arikontibikunda Muburundi Uvuzukuri Ucukuzira Ndangij Nti Uzosubirinyuma Gusa Uzotsinda Mwizinarya Yesu.Okay
7 Mukakaro 2018, 07:15, par mukombozi
JADMTJ
7 Mukakaro 2018, 07:54, par MUKOMBOZI
rugika runo ruririmbo