Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mkombozi yashikirije amajambo afobetse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Mkombozi yashikirije amajambo afobetse

Mkombozi yashikirije amajambo afobetse

samedi 7 Ntwarante 2015

Mkombozi abandanya akorera umuziki mu buhungiro, ariko amenyesha ururirimbo rwiwe rushasha rugiye kuja ahabona, rushobora kuba ni urwa mbere kuva avuye mu Burundi.

JPEG - 89 ko
Ama foto mashasha ya Mkombozi

Umu "rappeur"Mkombozi amenyeshako azanye ururirimbo rushasha yise "Papa Nzeyimana". Abandanya ati:" Umutwe udafise ubwenge uruhisha amaguru,kandi wopfuma upfa n’ivyiyumviro bibaho,ho kubaho n’ivyiyumviro vyapfuye bitabaho"VUBA IZOBA IBASHWAYEMWO.HASTA "

Mkombozi yandika kandi ati:" Ubu namaze gushika hafi, vuba nzoba ndi mu Burundi, hataje Nzeyimana Mkombozi hazoza NZEYIMANA THOMAS". Mbega koko yoba ari hafi y’Uburundi canke ni ya mvugo ifobetse igaruka kenshi mu majambo n’indirimbo ziwe.

Ntagarukiriza aho, ati:"Navukiye muri Africa, ndererwa i Burundi. Ndi umunya Afrika, ariko urukoba rwanje nti rwirabura ahubwo rusa na "chocola".

Tubibutse ko umuririmvyi Mkombozi ari mu mahanga aho bivugwa ko yagiye ahunga kubera ururirimbo "Nzeyimana", inyuma yaho mwene wabo Ellyz Boy akubiswe agashaya n’abantu bataramenyekana.

Umviriza"Nzeyimana" na Mkombozi


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.