Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mogadishu: Ikambi ya Amisom yatewe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Mogadishu: Ikambi ya Amisom yatewe

Mogadishu: Ikambi ya Amisom yatewe

mardi 26 Mukakaro 2016, par Jean De Dieu

Abiyahuzi bagize ibitero mw’ikambi y’abasirikare b’ubumwe bwa Afrika mu gisagara ca Mogadishu.

Humvikanye urwamo rw’ibisase biturika cane bibiri, mu nyuma haca hakurikira ukurasana.

Ikambi nkuru y’abo basirikare b’ubumwe bwa Afrika iri iruhande y’ikibuga c’indege ca Mogadishu, akarere kandi karimwo ibiro vyinshi vy’abaserukira ibihugu vyabo vya Buraya hamwe na Onu.

Itororokanirizo ry’amakuru rya Reuters rivuga ko abantu indwi bitavye Imana.
Umuhari wa al-Shabab wamenyesheje ko ari wo wagize ico gitero, kandi ko abantu barenga 12 ari bo bahasize ubuzima.


IGIHE

Messages

  • Ubwobugabo Bwiyahura Amaherezo Yabo Aboba Ayahe? Mana Hindura Abobicanyi Bihayibara Ryokuvishamaraso Yabana Baw

  • Ntawundi muti atarukubavira mugihugu cabo bakitunganya bonyenubwabo.Igitangaza,ngonuburundi burikugaruramahoro mumakungu kandi niwacu bitunaniye.Ni hahangame AL SHABAB,Imanibafashe mutsindirigihugu canyu,canyazwe nababanyi banyu.

  • BUKURU.MURWANASHYAKA.NDAKURAMUTSA.NIBENI.UMWEYABAYE.UMUKOZIWAWE.NDIBUNDI.URIBUKURU.UTUYE.MUMURENGE.WAMAYANGE.UMUDUGUDU.WAKARAMA.AKAGARI.KAGENGE.UNSUHURIZE.JAZO.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.