Accueil > Amakuru > Ubutungane > Mu gisirikare c’Uburundi ntibemeza amakuru y’ironderwa rya General (...)
Mu gisirikare c’Uburundi ntibemeza amakuru y’ironderwa rya General Gaciyubwenge
mercredi 20 Rusama 2015
Mu gisirikare c’Uburundi ntibemeza ko uwahoze ari umushikiranganji wo kwivuna abansi yoba ariko araronderwa kugira afatwe, inyuma y’aho ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza buhakiwe gufatwa ku nguvu na bamwe mu basirikare n’abaporisi.
Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard Baratuza, avuga ko General Major Pontien Gaciyubwenge ari mu karuhuko k’iminsi cumi n’ine, inyuma y’aho agiriye isanganya ry’umuduga, mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 16 Rusama uwu mwaka.
Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi, yabeshuje izo nkuru, inyuma y’aho hari amakuru avugiye ko urugo rw’uyo mutegetsi rwoba rwari rukikijwe n’abasirikare benshi boba bari baje kumufata, kuri uyu wa 19 Rusama, ayandi makuru nayo, akavuga ko Gaciyubwenge yoba yari yahungiye kuri umwe mu baserukira igihugu ciwe aha mu Burundi.
Gaspard Baratuza avugira igisoda c’Uburundi ati :’’Amakuru jewe fise, ni uko uwahoze ari umushikiranganji wo kwivuna abansi, ari mu karuhuko.’’ Tukabamenyesha ko umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi yanabeshuje amakuru yavuga ko umushikiranganji mushasha wo kwivuna abansi Emmanuel Ntahomvukiye, yoba yari yankiwe kwinjira mu biro bikuru vya gisirikare ahasanzwe hari ibiro vyiwe, ko ndetse hoba hari n’icuka kibi hagati y’abasirikare bakorera mu biro bikuru vya gisirikare.
IGIHE
Messages
20 Rusama 2015, 16:59, par Pièrre
Naho Biruko Ntamusivire Yorongora Ingabo Zuburundi!!
20 Rusama 2015, 17:37, par Ndindi
Tuve mu matwi mwa Basuma mwe mwese akyeeeeee numva nodahwaaaaaaaa twaratwe ni mutembe haragezeeeeeee
20 Rusama 2015, 19:31, par Ezeniyu
Muragaba.Akazantikazirumwe.Abasivire.Kurongo.Abasirikare.Ahoho.Cahindutse.Casomvyi.Non.Abasirikare.Mwavyemeye?
nyumayibi.Muzobamubona.Ibisigaye.Ntimumbaze.Abarundi.Dukwiyegusenga.Nayahandiho.Ahaaaaa
20 Rusama 2015, 19:46
Umusivire Yotwara Kuko Nagaciyubwenge Yari Gnl Yari Yamize Ikizibakanwa Kukudeta Ntibamufate Ngafungwe Nimusubize Kupeta Ya Dokoro Bamufunze Yacarwara Ituntu Ntimwabonye Koumunwa Wamuhereyeko Utonoka Yocaburayo Kugura Ifege
20 Rusama 2015, 19:55, par buzokira b nkurunziza
mwitegure muzojane na nkurumbi kuko niwe mukorera mugenda utora utwakoroye.ubugabo burihabwa abarundi tuzisubiza iteka mutembe nka bikomagu.mumurusha ikibi mbe murazi iyari?
20 Rusama 2015, 19:56
Umusivire Yotwara Kuko Nagaciyubwenge Yari Gnl Kandi Arumushikiranganji UmengaYari Yamize Ikizibakanwa Kukudeta Ngira Yari Muri Amerika Ugira Yari Mu Burundi Ahandi Ntibamufate Ngafungwe Nimusubize Kupeta Ya Dokoro Bamufunze Yacarwara Ituntu Ntimwabonye Koumunwa Wamuhereyeko Utonoka Yocaburayo Kugura Ifege Abo Bakoresha Ibihuha Babuze Rpa Ibakorere Komantere Emwe Ahubwo Ntizogaruke Igarutse N,umushikiranganji Wabo Rugurika Azoza Yamenye Kunywanisha
20 Rusama 2015, 20:42, par BINYAMURUBANZA
GUSA NTACUMUNTU YOVUGAKO KUKO AHAMUBURUNDI AMAZI YARENZE INKOMBE ABATEGECI NIBARABE UKUNTU BOBIGENZA
20 Rusama 2015, 21:45, par MINANI
KUVUGA KO AMAHORO AKWIYE MUNTARA CUMI N’UMUNANI NI KIMWE,MBE KO ATAVUGA ABANYAGIHUGU BIRIRWA BARAPFA BAHORWA IVYIYUMVIRO VYABO?MBE NDASHIMA KO YAHANUYE ABARI MWIBARABARA MUGABO KO ATIBUTSE GUHANURA IMBONERAKURE ZIGEZE KUGIRA IMYIGARAGAMWO BASHIGIKIRA IKIRINGO CIWE,AHO BANAKORESHEJE AMAJAMBO MABI BAVUGA KO ABADASHIGIKIYE IKIRINGO KIRIRA GATATU CA PETERO NKURUNZIZA KO BAZOMESWA .UBU RERO DUHAYE TURABIBONA !ARIKO VYOSE NIMANA,NDANGIJE INTERANO YANJE MPA UMURONGO WA BIBILIYA ABATEGETSI BASOME:MATAYO 12:33-37.
20 Rusama 2015, 22:21, par Salvator
None Habe Iki?Je Mbona Nkurunziza Yofata Ingingo ? Erega Ntaguhomera Iyiyonka, Akase Uraheba!Umuheke Neza Asokorore Ukuboko! Ntakundi Gupfa Ni Rimwe.
20 Rusama 2015, 22:32, par Bacam
Bashaka Kumufata Kuberiki
20 Rusama 2015, 22:33, par Bacam
Bashaka Kumufata Kuberiki
21 Rusama 2015, 02:40, par vuganeza
@Minani
N’abandi batutsi muvuga ayamuhe,we yoza kuvuga abantu birigwa barapfa atabahari,ni mwe mubaturirimbira kubera arimwe mwirigwa murabica,ahubwo ni mubatubwire neza iyo bari,kumwe mwaturirra umusore mu minsi iheze ngo ni imbonerakure kandi ari agahungu k’agahutu ko muri buja rural kariko kidandariza utuyobe n’amagi ngo karondere udufaranga,za muramaramara neza,ubu tubacungshije ijisho,mwaramaze kwiyerekana mu makungu ko muri abicanyi,seulement ababashigikiye turabazi nabo ntaco bimariye kinini .
21 Rusama 2015, 04:38, par Isaac twahirwa
ntibyaribinkiye
21 Rusama 2015, 06:30, par mwl
Nivyukuri murakoze kuduhumuriza kimwe dusha kwumva ijambo rya Gaciyubwenge nawe kuko niwe yatwara ingabo kuba yakuwe nawe navuge abArundi makungu bamwumve nimba naho yarimwo mushatse gusubiza igihugu mukaga tubimenye igihugu nicacu twese murakoze
21 Rusama 2015, 06:30, par mwl
Nivyukuri murakoze kuduhumuriza kimwe dusha kwumva ijambo rya Gaciyubwenge nawe kuko niwe yatwara ingabo kuba yakuwe nawe navuge abArundi makungu bamwumve nimba naho yarimwo mushatse gusubiza igihugu mukaga tubimenye igihugu nicacu twese murakoze
21 Rusama 2015, 06:30, par mwl
Nivyukuri murakoze kuduhumuriza kimwe dusha kwumva ijambo rya Gaciyubwenge nawe kuko niwe yatwara ingabo kuba yakuwe nawe navuge abArundi makungu bamwumve nimba naho yarimwo mushatse gusubiza igihugu mukaga tubimenye igihugu nicacu twese murakoze
21 Rusama 2015, 06:30, par mwl
Nivyukuri murakoze kuduhumuriza kimwe dusha kwumva ijambo rya Gaciyubwenge nawe kuko niwe yatwara ingabo kuba yakuwe nawe navuge abArundi makungu bamwumve nimba naho yarimwo mushatse gusubiza igihugu mukaga tubimenye igihugu nicacu twese murakoze
21 Rusama 2015, 10:37, par ndiho
nagomba guhanura izonyanka Burundi zigizwe nakarwi kabantu bigize intama kandi aringwe baragerageje gucafuza imbonerakure muburyo bwose bushoboka batandukira igiporisi cigihugu none ubunaho bataguye kuryanisha igisirikare bagicanishwo abo Bantu bagizwe na pasfiqe vital rufyiri mbonimpa pangarase fraswa bozimana nashebuja wabo sinduhije na manase ntakindi barondera atari ko uburundi bwama mumarira namaganya kugira amabi bakoreye abene gihugu muri kahise ntaze yigere amenyekana
21 Rusama 2015, 10:52, par ndiho
nagomba guhanura izonyanka Burundi zigizwe nakarwi kabantu bigize intama kandi aringwe baragerageje gucafuza imbonerakure muburyo bwose bushoboka batandukira igiporisi cigihugu none ubunaho bataguye kuryanisha igisirikare bagicanishwo abo Bantu bagizwe na pasfiqe vital rufyiri mbonimpa pangarase fraswa bozimana nashebuja wabo sinduhije na manase ntakindi barondera atari ko uburundi bwama mumarira namaganya kugira amabi bakoreye abene gihugu muri kahise ntaze yigere amenyekana
21 Rusama 2015, 21:46, par nne
kuvuga yuko abo bashingantah ari inyankamugayo,ahubw abo ba cndd nibo inyankamugayo bahonyanga amategeko
22 Rusama 2015, 00:08, par boborutwe
burya murazi ko ivyo muturira mwica abantu,mubuza abantu kuja kumirimo yabo...turababona.aho muzoruhira nzoraba ko Pacifique azobaha ubuhungiro.canke musabe izo Quartier zanyu babahe igihugu canyu datawanje.MBE mwamihimbirimwe ko mbona mwigirivyo mushaka ago mwakuciye ntumuhaga amaraso yabahutu mwamenye ntakwiye??Ndadaye mwarishe ubu naho Peter arabananiye .mumenye ko tubacungishije ijisho mwavyohe mwe
23 Rusama 2015, 20:15, par DIYODONI
mbega bose bazobakwiza mugasho bazosanga babamaze ko abarondegwa aribeshi uwobiketse baca bamurondera nibagezaho
24 Rusama 2015, 07:36, par Jimy
Ico Mwomenya Co Ntamunt Numwe Arko Arapfa Yoba Atarko Arasesa Amaraso Kko Bose N,abarundi, Bene Wacu Aband Imiryango,nkurumbi Ar Nkurunziza Ameny Ko Iki Gihugu Atar Ca Se Na Nyina Biciye!?Kdi Turaz Neza Ko Aru Umu Eliminata,arahumba Arakivako!
24 Rusama 2015, 13:21, par Hatanga Egide
None General Ma Jor Gode Fouwad Yobarihe Ubu?
1er Mukakaro 2015, 18:45, par nono
igih Imana yarema ntabwoko bwar buhari vyiza rero mwogend buhoro kuko ntamuhutu ntamututsi nta mutwa mwese muri bamw.
6 Mukakaro 2015, 11:41, par nahimana beritra
nyakubahwa Gacibwenge tura gushimira ku utarungi tse igisirikare cawekurasa abanyagihugu
11 Mukakaro 2015, 04:30, par Salvator
Ahubwo nibumvikane, basubize ibintu muburyo. Abanyagihugu twarushe.
11 Mukakaro 2015, 04:38, par Salvator
Nibumvikane abanyagihugu twarushe.
12 Myandagaro 2015, 20:57, par Georges Kayanza
AKWIYE KUBANDANYA ARONGOYE Igisirikare
16 Myandagaro 2015, 07:09, par ndayizeye meta
bjr!nagomba kubabaza amakury numvise kuma radios kubijyanye n’urupfu rwa general major Gaciyibwenge ko byaba aribyo nababa bagize uruhare mwurwo rupfu.murakoze.
9 Ndamukiza 2016, 16:40, par SIMBAKWIRA FIRMAT
IVY UMUSIKIRANGAJI YASHIKIRIJE N’IKINYOMA CERUYE.
20 Rusama 2016, 17:53, par bc
ntavyonzi
6 Ruheshi 2016, 15:18, par Khamisi
None abantu twabaye gute?hoba harabonetse uwemeza neza ko agomba gufatwa?haaa
18 Ruheshi 2016, 01:38, par ndayikeza
muremeza,neza ko umushikiranganji wokwivun’abansi posien gaciyubwenge yoba yarahunze igihugu
7 Mukakaro 2016, 19:16, par Fabrice vyizigiro
none abobantu bavuga ko ariko araronderwa kandi yahuye nisanganya nimubafate
23 Mukakaro 2016, 20:25, par Irankunda
Bese Ikinyoma Muburundi Kizohera Bese Barundi Ntibanezegwa Nimvyiza Abankuru Buburundi Bakora Nibatahuru Kubutengetsi Butagwa N imana Kandi Agati Kateretswe N imana Ntigahenurwa Numuyaga Nibabure Kunezerwa Nabategetsi Bitorewe Nabanyagihungu Ok
4 Myandagaro 2016, 18:48
SEMGARA UBURUNDI NAHANDI TUSIR
4 Nyakanga 2016, 21:34, par nsengiyumva,jeanclaude
mbemuburundi umutekanouzoboneka
17 Nyakanga 2016, 19:43, par BAZOMBAZ.ADRIEN
AMAKURU LE 18.9
11 Gitugutu 2016, 20:43, par MOSE
EMWE VYONABAVYO IVYUBURUNDI MBONA BIGOYE BIZIMANA
11 Gitugutu 2016, 20:44, par MOSE
EMWE VYONABAVYO IVYUBURUNDI MBONA BIGOYE BIZIMANA
18 Gitugutu 2016, 21:29, par enock
nihatari!!!!!!!
16 Munyonyo 2016, 20:43, par Nsabimana Eric
Eemwe Vyoba Navyo Kuko Vyiburundi Ntibimenyigwa!!Kuko INgingo Zirafatwa Abandi Bakazirekuta?Ni Giturire Caratse Indaro!!!
21 Munyonyo 2016, 12:31, par yt
Uu tuytuttuttuuuui i
12 Kigarama 2016, 19:43, par Eric
Biragoye. Ivyuburundi !!!!
14 Kigarama 2016, 12:23, par DIYOMD
BIRAGO.YE.KWERI
15 Kigarama 2016, 15:40, par Iradukunda J Baptiste
Ibihuha Ben’ivyo Abarundi Bamwe Bamwe Babigize Umugenzo Nabo Akab’atakindi Barondera Atari Gucanishamwo Igisirikare Cacu.
17 Kigarama 2016, 09:08, par Niyonkuru Elie
Nipfuzako Boza Barabeshuza Inkuru Bavuga Hama Bakamenya Karububeshi.
22 Kigarama 2016, 20:02, par Clement
VYARABANANIY
13 Nzero 2017, 22:59, par ndayizeye
Niyunvira ko twese twosenyera kumugozi umwe
3 Ruhuhuma 2017, 19:23, par CLAUDE
Uburundi Ntakazi Vyarayangaye .Abategetsi Babwo Ntanumwe Avugisha Ukuri Ahubwo Abasenga Nibafashe Tuje Kumavi Dusengere Igihugu Kuko Kigeze Ahatemba.
7 Ruhuhuma 2017, 22:17, par ndikumana
none uburundi buzoronka amahoro gute? Hoho uti nuwuhe?
15 Ruhuhuma 2017, 15:48, par Gaetan
Mbega Hoho Izo Mbonerakure Ziza Zirafata Abantu Zibahohotera Ntizohagarikwa ,umve Izo Mbonerakure Zitahavuye Ntamahor Azoboneka Muburundi.
16 Ruhuhuma 2017, 12:30, par EMANUEL
UBWONUBUBESHIKUBATWANKAARIKOTUZOBATWARA
18 Ruhuhuma 2017, 22:27, par J.marie
nibareke imana yikorere uburundi irabujunda.
22 Ruhuhuma 2017, 16:37, par J Prosper
Ivyosivyo Nibarekeraho Jew Ntavyanemera
30 Ntwarante 2017, 09:43, par Ndayambaje
Uburund Bugez Aahatemb Non Kobavugako Abanyamahanga Arib Barik Barabigira, Abarundi Bokwiyumvikanira Abazung Boza Barondera Ik?Nibareke Gutesha Urubw Abazung Kuko Ntibakeny Ahubw Abarund Nibo Bagutse Vuge Ukuri Mushake Mukuzire Murek Kuba Baniryo
30 Ntwarante 2017, 09:55, par Ndemeye
Uburund Bugez Ahatemb Non Kobavung Uburund Bwibek Obeyere Nayo Ikaba Yarasaz Mugutoz Amatagis Aho Ntabahaye Bubaka Ama Etage Muriyotagisi Yumunyagihug Mutoy??
30 Ntwarante 2017, 10:00, par Emd
Sal To
12 Ndamukiza 2017, 12:05, par Nkurunziza
None Ayo Makori Itoza Nayiki?
12 Ndamukiza 2017, 12:17, par NKURUNZIZA
Nkeneye Inyishu
28 Ndamukiza 2017, 04:44, par MUSHIMANTWARI THEOGENE
NONE AYOMAKORI ITOZA AZOKORA IKI?
18 Rusama 2017, 12:51, par FIACRE
Ntac nosubiz.kwiry numwan aratiny nyina,murakoz.
22 Rusama 2017, 20:49, par saidi pillow kumana
reka kwiyumvira umuntu
4 Ruheshi 2017, 20:21, par HARINDINTWARI,BRAWUNI,
TWEBWE,ABANYAGIHUGU,TWASABA,KWUNVIKANA,
7 Ruheshi 2017, 16:05, par HABARUGIRA J.Pierre
Nubwo Muburundi Bagerageza Kuter Ubwoba Abo Badasangiye Ivyiyumviro, Biza Kubadabukana Kuko Ntawateguriwe Kuba Umuzamu W’isi. Urugerera Mukaso Rugatwara Nyoko.
17 Mukakaro 2017, 14:54, par Joel
ivyo Bintu Ntibikunda
27 Mukakaro 2017, 19:14, par EMILE
AHUBWO JENERAR GACIYUBWENGE YARIKWIYE GUCIBWA UMUNYORORO WOGUHERAYO
16 Ntwarante 2018, 20:39, par Bimenyimana Isaï
Uwo Yahoz Ari Umushikiranganji Wo Kwivuna Abasi Atariwe Yivugiye Ivyiwe Biragoye Kwemera Canke Guhakana Kuko Aba Bavuga Ivyabo Abandi Bakabavuguruza None Twemere Nde Nkinvugakuri? Ahubwo Natubarire Amakuru Yiwe Adatinye Amaso Yabantu Kuko Ubushingantahe Nijunja Bibonekera Mubihe Bigoye Nkibi
22 Ndamukiza 2018, 10:14, par Niyonkuru claver jd dieu
Reta izobiraba ukovyoba
7 Mukakaro 2018, 22:02, par NDUWAYEZU BIHENBA
JEWE UKOBONA UMUCAMANZA BAZOZA BARAFATA ATOYE IGI TURIRE BAZOMUHANE BISHIMISHIJE KUKO UWOSUMUCO WABARUNDI
9 Nyakanga 2018, 07:29, par PAUL
Nibamukure kukazi uwo wumva arukozi arijewe ntiyorarayo.
5 Gitugutu 2018, 19:02, par Fiston
None Abo Bagirizwa Ayo Mabi Muntara Ya Makamba Bari Mumpimba