Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mu ruririmbo "I don’t need you", Mkombozi aririmba nk’uwuborewe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Mu ruririmbo "I don’t need you", Mkombozi aririmba nk’uwuborewe

Mu ruririmbo "I don’t need you", Mkombozi aririmba nk’uwuborewe

vendredi 13 Ruheshi 2014

Ururirimbo "I don’t need you" ruratandukanye n’uko izindi ndirimbo zitanga ubutumwa bw’urukundo ziririmbwa. Mkombozi, Augustin, T-Max na Elly’s bavuga ko urukundo ruhera aho rwahoze, humvikanamwo ibitutsi hagati y’abahoze bakundana.

Aho tumenyereye kwumva indirimbo bamwe bavuga ko urukundo rudahera, ururirimbo "I don’t need you" ruvuga ibitandukanye n’viyo. Humvikana amajwi ya Mkombozi avuga nk’uwuborewe yishurana nabi cane, ahubwo atukana n’umukobwa twofata ko bakundanye (mu ruririmbo). Uwo mukobwa yishura amajambo mabi Mkombozi.
Mu citabirizo c’ururirimbo, Augustin aririmba avuga umukobwa yahindutse kandi yahora yibaza ko azomubera vyose, eka amajambo akomeye kandi anatwenza.

Mwumvirize "I don’t need you"


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.