IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Muramvya: Ababa babiri bagirizwa kuja mu myiyerekano barekuwe

Muramvya: Ababa babiri bagirizwa kuja mu myiyerekano barekuwe

samedi 3 Gitugutu 2015

Abana 2 batarakwiza imyaka 18 bari bapfungiwe mw’ibohero rikuru ryo mu ntara ya Muramvya bararekuwe kuwa kane igenekerezo rya 1 Gitugutu 2015,inyuma y’amezi arenga atatu bapfunzwe.

Abo bana barekuwe bagirizwa kuba baragiye mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.Iyo myiyerekano yabereye mu gisagara ca Bujumbura no mu bindi bice vy’igihugu mu ntara zo hagati mu gihugu.

Umurwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH waragize uruhara mw’irekurwa ry’abo bana,ubifatanijemwo n’ubutungane bw’Uburundi.

Mwomenya ko hari abandi 14 bagirizwa kuja mu myiyerekano baheruka kurekurwa haraheze iminsi mike.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.