Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Muramvya: Abantu batatu barakomerekejwe ni grenade - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Muramvya: Abantu batatu barakomerekejwe ni grenade

Muramvya: Abantu batatu barakomerekejwe ni grenade

jeudi 14 Ntwarante 2013

Abantu batatu barakomeretse mw’ijoro ry’umusi wa kabiri igenekerezo rya 12 ntwarante 2013 aho batewe I gerenade n’inkozi zikibi zitashoboye kumenyekana.

Abakomeretse baciye batwarwa ubwo nyene kw’ivuriro ry’ I bugarama kugira batangure kuvugwa . Igipolisi c’I Muramvya caramenyesheje ko amatohoza yamaze gutangura kugira bafate izo nkozi


Floxella karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.