IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Muramvya : Abanyeshure bagize imyiyerekano yahungabanije ivyigwa

Muramvya : Abanyeshure bagize imyiyerekano yahungabanije ivyigwa

vendredi 3 Ruheshi 2016, par egide

Ivyigwa vyahungabanye kuri uwu wa gatanu ku mashure atatu yisumbuye yo ntara ya Muramvya, igihe abakozi b’igendereza hamwe n’abaporisi baja gufata abanyeshure bagera kuri 15 bagirizwa ko aribo bafutanganije isanamu y’umukuru w’igihugu Petero iri mu bitabu abo banyeshure bigiramwo.

Mu kwiyamiriza ihagarikwa rya bagenzi babo, abandi banyeshure baciye basohoka ishure bagira imyiyerekano yabashikanye mu kibanza citiriwe ukwikukira. Mu gushwiragiza abo banyeshure, abaporisi baciye barasa amasasu yakomerekeje bikomeye abanyeshure babiri, hamwe n’umuntu umwe yunguruza abantu akresheje ipikipiki.

Tubibutse ko n’mashure atanu yose yo mu mwaka w’umunani kw’ishure shingiro ryo mu Ruziba, muri zone Kanyosha baheruka kwirukanwa bose bahorwa isanamu y’umukuru w’igihugu iri mu bitabu bakoresha, iyo sanamu ikaba yanditswemwo amajambo atyoza umukuru w’igihugu.


IGIHE

Messages

  • Abo bnyeshuri ngo bafite nostalgie yo kumara abahutu nkuko base babamaze muri 72-73

  • Ako gahutu k’Akanyarwanda ngo ni Mudwinzi kadedemvye iki?

  • babahoyusa ukuriguca muziko ntigusha utanguye wiruka kubana uragowe pas de democras au brndi

  • UMUNYESHURE AGIRA IVYO NTAZI ICAMUJANYE KW’ISHURE!NTA NDERO NIBATAHE NI ABANYEPOLITIQUE BINYEGEZA KWISHURE!NAGIRA NGO BIGA BANYA SINARINZI KO NUBWO BAJANYEYO BUBATUMANA!

  • ko kagame atakivuga ?ariko ategura iki

  • Ahubwo ureke kuvyandimwo jewe nosaba ko ahivyobitabu vyose biri vyoturirwa kuko uwosumukuru wigihugu ahubwo nishetani mbe muza gutegesha kubitabo amafoto yiwe imbere yabanabacu kugira bimariki nukugirase bibibagize bagenzi babo yirirwa aracira kubuhombo canke kuba arukugira muduterere abana ihahamuka twaramusezereye nubwo muzorara muramuduhatirako gute ntawe tuzogenda twemeye twaramucumbikiye muvyigihugu tumuha ikiringo azobimaramwo hageze ko tumusohora ngwaje gushinga urwiwe ahitamwo kutu
    renza kuvyo twamuhaye ivyotwamuhaye nibirya nyene ntawuhomera iyiyonka ahubwo iconosaba abarundi benewacu iyobava bakagera nuko boza tugahagurukira rimwe ibiro vyose nibindi bibanza bimanitswemwo ifoto zuwomumenje tubitere tuzikuremwo tuziturire kuko kuzandikako ntibihagije ndamuvumywe arakihumira

  • Nibabareke Bige Boye Kubahohotera Babaziza Ivyiyumviro Vyabo.Mbga Kareho Ayo Mafoto Nayiki Atari Gukora Ibara?

  • @impene (tari). Mugabo iyo nostalgie ufite yo kutumara nkuko nkuko basowanyu (Bikomagu) bakoze 72 ntabyo uzoshikako. Mworatumaze gusa ubu hoho dufise inkoho ..

  • My truth is, you guys arresting school kids are making the matter worse and if you can’t stop this and other killings and arrests surrounding the third term issue, only time will tell and trust me one thing is for sure. you will regret. the so called president has made himself unlovable and u are trying to force people into loving him and much more kids who cannot pretend like grown ups. i am not a politician but what is being played there knowingly or unknowingly is just a disaster and you are passing it on to other generations by spoiling the minds of school kids

  • AHUBWO NIBABAHANE HISUNZWE LA LOI!

  • Murantunge natwawe nagashavu kubera ibintuvyose twagakoze kugiraduhashe Uyumu president Nkurunziza na leta yiwe vyatunaniye tukaba ubutugeze ahumwansi ashaka,nayo ayomajambo nakoresheje simeza vyukuri.

  • NTACO BOBONA IYO BABICA IZO,BWA UMUKURU WIGIHUGU TWITOREYE TWEBWE ABENE GIHUGU OYA NIMIHIMBIRI NIZO MUJERI

  • Tari; umepungukiwa na ufahamu, unatukana Rais! Kumtukana anaekuongoza ni kujilaani mwenyewe. Watu kama hawa wakina ’tari’ wanastahili kuelimishwa juu ya kiongozi na anaeongoza nadhani hizo ni kelele za chura hazimzuii chura kunywa maji.

  • Tari; umepungukiwa na ufahamu, unatukana Rais! Kumtukana anaekuongoza ni kujilaani mwenyewe. Watu kama hawa wakina ’tari’ wanastahili kuelimishwa juu ya kiongozi na anaeongoza nadhani hizo ni kelele za chura hazimzuii chura kunywa maji.

  • Wowe Eric, Kagame umuzanye ute ubwo? Ari gutegura iki? Ari gutegura imigambi mishya y’iterambere ry’igihugu cye.

  • BOHA ABOBAMENJE BATISONERA KANDIRETA IFATINGINGO ZIKOMEYE NABANYAGIHUGU TUBIMENYE ABONIBAMUNYENBARI KANDI ABANYECHURI SIBOSE ARIKO BASORANEIRYOBARAPEABONABANSI BADEMOKARASI TWAVUYEHABI ABASHAKA KUDUSUBIZAYO NTITUZERA

  • Mutama president mubambure kubabaza ababibatumye ngira nibase babatumye. mubahane mwisunze amatengeko yuburundi kubwanje nobahana ariko sinobabaza gusa mubahane kandi mubahanure mubereke kubaha inzego zuburundi bibazako bimez nkivyo mu1993 vyararangiye.ndabasaba kubaha inzego

  • Tari ameze nka Rukarabamaraso kagame shitani yo kwisi.

  • Ahubwo abantu barajujuta gushika hiyo?None bononye amasanamu ari mugitabo n,umukuru wigihugu bononye?ubu rero murakenyeye umukuru wigihugu asubirirwe n,amasanamu?burya mwese mwaraciye kuntebe yishure,umwana yamye ayuba kandi umunyeshure ntiyigera akura.ahubwo ntibari guca babarekurirako police, bari kuraba uko babagira ugira kare hose ntibahora babahana bakosheje!none ugira ngo bahora barinda guhamagara police?murakoze!

  • Haribitangaza mwisi ivyubuhutu n’ubututsi ntibibaraba mwege kubwugusenga bishokavyose

  • Kwari abana biga muri 8em nukubahana kuko iyaba arabana bomuri primary nahonyene muryambere nihobari kubahamagarira abavyeyi bagafashanya nabigisha mukubereka kobakoze nabi.
    Abarero kwarabana biga mumwaka wumunani ntimwihatire gutangurira kubihano ahubwo mubiyegereze hariho igisatani cabakoresheje tushe canecane muribimwe zamujeri zirirwa zirabwejerera mu Bubiligi nomu Rwanda,
    Kuko nubwo utwotwana twabikoze ntituragera igihe cokwishiramwo ngo prezida nimibi kuko najewe kera nkiga mumwaka wumunani sinigeze mbonako Buyoya arimubi kandi yariko aramara abantu Ntega na Marangara.
    Nukuvuga abobana nibavugisha ukuri ababinjijemwo ubwoburozi nubuhwishi bazobabitakambiye amategeko azokora.

  • JEWE NIYUMVIYE KO ABOBANYESHURE ARI ABATAVUGA RUMWE NARETA IGIHARI MWOBABAZANEZA UWABATUMYE

  • Jwe Ico Mbona Bariko Babahora Ubusa Nne Kwirya Irishusho Atari Umuntu, Ubuwe Yokwiraba Yokwisangako Iyo Misaraba Umwo Rro Numwenge Bubasiga.

  • Ah ntimworek kubahor ubusa ah nti muz kabana bakund gufyin ash jew ivy mwakoz nabigay

  • Nagomba nkubwire wewe wamugabo wi yita pastor Berenarudo, abo wita kobavumwe, canke kobikwegera umuvumo, kuba bavuga ico kigirwa mana ngo ninkuru nziza. nkubwizukuri uwo wita ngo niperezida niwe yavumwe,ati kuki ? raba amaraso ya bantu yirirwa aragotomera muvyuma akaja gutukisha Imana rwagiye mumasengero, nkubwizukuri uwo asubwa nuwutabona umuryango wurusengero.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.