Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga :Abagabo bane barishwe barashwe
Musaga :Abagabo bane barishwe barashwe
mercredi 19 Myandagaro 2015
Abagabo bane nibo bapfuye barashwe mw’ijoro ry kuwa kabiri igenekerezo rya 18 Myandagaro 2015,ku Musaga kw’ibarabara rya Gasekebuye hepfo y’ahitwa mu Gikoto.
Batatu bapfuye bose bava muri komine ya Nyarusange mu ntara ya Gitega,mu gihe uwugira kane ataramenyekana aho yava.Bose barasiwe mu bunywero bw’umwe muri bo yari asanzwe adandaza inzoga y’ibitoki itambiye(umutobe).

Amakuru ava aho ku Musaga amenyesha ko inkoho zavuze nk’igihe c’isaha zine z’ijoro ryo kuwa kabiri igenekerezo rya 18 Myandagaro 2015.Ababarashe n’ubu ntibaramenyekana.
Umwe mu bagenzi babo bapfuye ava muri komine ya Nyarusange,yavuze ko abo bishwe bari babanye neza n’abandi,akavuga ko icatumye bicwa comenyekana hakozwe amatohoza kuko atawovuga ko vyari bifise intumbero y’ubusuma kandi amafaranga yose bari bafise ata numwe yayatwaye.
Mwomenya ko kuri iryo barabara nyene,igipolisi cari cazindutse kihakora igikorwa co gusaka kikahatora inkoho imwe,n’amagrenade n’ibindi bikoresho vya gisirikare.
Van Naris Mugisha
Messages
19 Myandagaro 2015, 14:02, par musaga
Bishwe na ya misore yaba sans echecs. Ningombwa ko police ihiga izo nyangabirama ubudehe ikazirasa. kuko abapfuye nabo mumugambwe wa CNDD. IL faut kutajejeka bagafata abo bakeka bose niyo baba 100
19 Myandagaro 2015, 15:48, par vyenya
BARUNDI.IHANURE.AMARASO SIWO MUTI W,ibibazo vyanyu
19 Myandagaro 2015, 15:49, par cumacindubaruba
Izo nzirakarengane zahowe ngo nuko zigeze kuba zikorera umugambwe CNDD FDD ngo none nibo berekanye ivyo birwanisho iyo vyari binyegejwe, birababaje kubona umunyagihugu nyarucari atazi nibiriko biraba akicwa nuwundi nyarucari nyene yitwaje ngo nuko yize inkoho mugabo atashule namba afise bakamuhenda ngo kubera ari umututsi canke umuhutu ngariko aragwanira ubwoko bwiwe naho agwanira abigaramiye mumahanga aribo bakora ibishoboka ngo abarundi bamarane narirya abagore nabana babo bagiye ariko biteguye kuza gutwara haba kuneza canke kunabi, ubwoko bwose abahutu, abatutsi abatwa nukugaba nacane cane abatagira iyo bahungira mufatane munda igihugu ntikizokwigera kibaho ubwoko bwose butahari, abo rero bashaka kuza kwiba abarundi bajana mubindi bihugu mubiyamirize. Murazi atayandi mahungiro mwifitiye atari akagahugu Imana yabahaye abo bipfuza kuducako turambaraye hasi nk’imigogo Imana ibadukize.
19 Myandagaro 2015, 18:29, par @@@@@@@@
Ewe Musaga urucira muka so rugatwara nyoko. Ubu rero uremeza yuko naho bokwica ijana ataco bikubariye? Rindira kazima uri munsi y’ijuru.
19 Myandagaro 2015, 21:09, par fidelite
Abahutu bari mu ma karitiye y’abatutsi muhagabire,ivyo bababesha ngo nta moko akihari mukajaho mukararrama,birabasha,barabagira amaboro,ku musaga niko hamye,mbe nkabo ba dd mwishinga kunywa imitobe no gusenga mwibazako bituma muba abavandimwe n’abatutsi,bo aho bari birenza urumogi narutuku kugira babagazagure bari free,namwe ngo nugupfira mw’ijambo rya je ne sais pas qui,kumbura mwikingire,mwirarire,abo batutsi ko musaga ni ibinywamaraso vyamaze abahutu,ni ba ba sans echecs ntaho baroye.
20 Myandagaro 2015, 21:29, par bizindavyi
ntabikoreshobahatoye nububesh cankbobo ntavyo bafis
20 Myandagaro 2015, 22:04, par Nduwayo Epithas
mpor ncuti zanj mwabuz abanyu,,,
21 Myandagaro 2015, 20:46, par nduwimana pierreclaver
banyamusaga.ndababwijukuri ko mutagiye murirarira ngo mufatane mu nda mugakomeza ubumwe mukurwanya umwansi kandi mwese muzi ko ari nkurumbi nico gipolisi ciwe nizombonerakure ninterahamwe ziwe.nimwaja murijajara bazobamara gurtyo nyene.
27 Myandagaro 2015, 14:15, par Amos irakoze
Kurunziza niyemere arekure abanyagihugu turiko tugira ingorane kubera inda