Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Musaga : Imyiyerekano yasubiye kuba - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Imyiyerekano yasubiye kuba

Musaga : Imyiyerekano yasubiye kuba

lundi 15 Ruheshi 2015

Hamwe hamwe mu gisagara ca Bujumbura, abanyagihugu basubiye kugira imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Mu gatondo ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Ruheshi, muri komine ya Musaga, abagira imyiyerekano bibonekeje kw’ibarabara rya mbere ni irya kabiri muri iyo komine. Abari mu myiyerekano, bakaba bagenda bararirimba indirimbo ziyamiriza ico kiringo. Muri iyo komine rero, imyiyerekano ikaba yasubiye, inyuma y’aho bari bahawe akaruhuko k’iminsi ibiri, ndetse amwe mu matangazo yo mw’isengero, akaba yaranasavye ko ibikorwa vyosubira, abaja mu mashure bakagenda.

Ako kamo ariko, kakaba gasa n’aho katitabwe muri iyo komine. Abaporisi benshi, bakaba bibonekeza muri iyo komine.


IGIHE

Messages

  • Ubwo ga yemwe ko igihugu kigizwe n’abakristu benshi ntibosengera none igihugu cacu? Haaaaaah! Kwimyiyerekano itanguye kandi nimuje kumavi

  • Non Munyunvira IMyiyerekano Izohra Ryari?UMw Bita Ngo Ni Sbarundi Akivugako Iki?Non Nyene Aba Président Bo Muri Afrika Barindira Ko Haba Ingwano Kugira Bav Kubutegetsi Ha J Nz Ndab.

  • @ ZENDABP, Ingwano bisiguriki? Ushaste kuvugako izonjavyi zirikoziritegurira intambara? Ndakubwire hariho icutazi canke ufise uburwayi butaramenyekana, aha ubona mwirirwa mwigirisha ukomwishamiye muducimbetubona twaguye mumazutwiyugaranye atanakimwe dushora gufasha abajejwe umutekano muvuye mwayomabarabara mugatanguza intambara ndaziko abeshitworuhuka kugumatwiyugaraniye mumazu natwe mukatubona koturiho kokotwabahaye umutwe muryana namatwi! Rwintambara? Shiiiiiiiiiiiirako mwibonere urusatorwintama ukorwanbarwa, nimirwi yibihangange murikahise yarahanganye nigisirikare cu Burundi ntiyakinyiganyigije handise ubu icogusirikare ciyongeyemwo izindinguvu zirenze izicogihe kabirikarenga, nabanyagihugu bicoguhe ukwobakorana nabajejwe umutekano ubuvyariyongereyeho kabirikarenga, mwibukeko abenegihugu mubihevyaheze mugukorana nabajejwe umutekano vyasabwako bagenga bakabonana mumasomiyandi, arikubu haruburyomwishi nko kubonana mumasomuyandi, kubandikira ukoreaheje uburyobwanone, kubaterefona, etc. Uwavuzerero kuwuzowaca atazoduterana umutaru kotuzomwirukako nibirenge bigashuha mumenyeko atihenze.

  • Abo bitwa abasongareri (abatavana amaboko mumpuzu). Ngo batekereza ko Nkurunziza avuyeho bakwigarurira ibyo abahutu bamaze kugeraho barangiza bakabatwika. Dore ko ku Musaga hari umucuruzi ufite muri stock ye imipine 100.000 yo gutwika abahutu bo muri Bujumbura. Gusa barabeshya abo bahezanguni

  • agatok kamenyey gukomba kama gahes,abatutsi twes twaramaz kubacira umukenk kukib igihambay nuko bazicw nintuntu nkintunguru ngo bashaka ubutegetsi

  • hahahaaaa!!!namwemuratwenza mubona abobantu nibangahe rekandabaharure 1,2,3.......8 biraboneka kobarushe kujamwibarabara basigay barakora imyiyerekano arabantu 8 hahahaaa adolofe narabe ukuntu yobateramasoro akuremo 3 hasigare 5 turabe kobazosubira kujayo ari 5 nyakubawa peter ntazokugwako nizobwa zabatutsi azovako yigombey

  • NKURUNZIZA NTAMVO ABONA KOBATAMUSHAKA NAGIREHINDURE

  • PETIT WARAKIZ KUTMBWIYE JEWE NDASHIMA MUGA NDAGUKUMBUY IJORO RYIZA

  • emma
    nizireke izo mburakimazi zitagira icozikora? musaga wewe ikomine imwe murabonako muzobuza petero kwitoza murahumba uko nugusarira ubusa pasifike na mbonimpa na vitari barabahenda nimubiyame nayahandiho bigiyekubagora kandi ntimusubire kuzana abana

  • NIBATAHE VYABANANIYE NTIYARUZWA

  • Uwusambura Ugwiwe Bamutiza Umuhora Ko Batunva Satani Kumusaga Yarahicaye Gusara Muci Nukuguma.

  • NIBATAHE VYABANANIYE NTIYARUZWA

  • None mwibagiye kwari bamwe bamenyereye gukorera no kurerurwa ataco bahereza amaboko??Ibikorwa mubaronderamwe nibihe kiretse kwica niwo mwuga bashoboye ariko ubuho nabandi barabibigishije kandi barabimenye ico bomenya nuko atagihugu cagwaniwe imyaka cumi bazotora mwibarabara kiretse intama iravye hejuru.Ingwe ntiyarizi gufatira kwizosi yarigijwe.

  • sha ivyo muvuga vyose vyuzuye amacakubiri ico mutegerezwa kumenya nuko kugira umunyagihugu aje mwibarabara haba hari ikitagenda namwe mutirengagije ukuli mubona ivyo peter ariko arakora bijanye n’amategeko? reka sha ntimwiyibagize ivyo duhitiyemo kandi imyiyerekano si iya ba nyamusaga gusa ahubwo abarundi benshi bararushe ni ikinyoma ciyi ntwaro ya peter sinibaza ko muli cndd fdd habuze iyindi ncabwenge yo kwiyamamaza atari peter ivyo ni uguhonyanga amategeko abishaka kandi muzi amasezerano ya arusha yatumariye nka barundi ivyo rero mushaka vyo kubijanisha na mako ntaho bihuriye mwihane

  • izomburakimazi ntizimaramar azotwar gushik avyishakiye bagombe baturik

  • Mutama Nakomere Tuzorurwana Kuko Kotapine Yikinga Mukuyinjiza Barakubita Nokuyikurayo Bagakubita

  • Aho muvuga ngo muri benshi muri benshi uko mungana 1sus 10Million umusi twomanuka natwe mwotubona

  • baramenyereye gufata ubutegasti kunguvu ubwubu bwo buzobagora. nibemere babane nabandi bareke kwibaza gusubira kubutegesti bwabonyene. uburundi nubwatwese ariko bamenye kw’ico kibanza c’umukuru w’igihugu ntikizodukwira twese.

  • baramenyereye gufata ubutegasti kunguvu ubwubu bwo buzobagora. nibemere babane nabandi bareke kwibaza gusubira kubutegesti bwabonyene. uburundi nubwatwese ariko bamenye kw’ico kibanza c’umukuru w’igihugu ntikizodukwira twese.

  • abavuga ngo ntavyubwoko birimwo nibambwire igituma imyiyerekano yateguriwe kumusaga, nyakabiga, ngagara, cibitoke, ikongera ikaba ariho ibera, kandi tuzi ko hagwiriye ubwoko bumwe uwutabizi aritonda abaze .jewe mbabazwa nibipfamutima biriko birarwa mumutego bitateze. kubera amaronko gusa.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.