IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga: Igipolisi cankiye abanyagihugu kwinjira canke gusohoka i (...)

Musaga: Igipolisi cankiye abanyagihugu kwinjira canke gusohoka i quartier

vendredi 4 Nyakanga 2015

Ikaritiye ya Musaga iri muri Komine ya Muha mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura yugarijwe n’abapolisi kuva mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 4 Nyakanga 2015.

Nkuko amakuru ava ngaho ku Musaga abimenyesha,abo bapolisi bahashitse mu gatondo kare cane baca bashika bazibira bakura ibintu vyose abanyagihugu bari bakoresheje mu kuzibira amabarabara mu ntumbero yo kwicungera.

Amakuru ava ngaho ku Musaga amenyesha ko umuntu wenyene afise uburenganzira bwo gusohoka canke gutembera,ari umusirikare canke umupolisi nawe nyene atambaye impuzu z’akazi nta burenganzira afise bwo gutembera.

Abanyagihugu bo ku Musaga bavuga ko bafise ubwoba ko bishobora kumera nkuko vyabaye muri quartier ya Jabe aho abanyagihugu bamaze iminsi ibiri badashoboye kuja ku mirimo,abandi bagafatwa.

Mwomenya ko igipolisi cugaye aho ku Musaga inyuma y’amasase menshi yumvikanye mw’ijoro ryo kuwa gatatu igenekerezo rya 3 Nyakanga 2015.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Police ikore akazi kayo ifate abo ba sans echecs kuko bashaka guhotora abahutu nkuko babikoze muri genocide 72

  • veve la police burudais nimukomeze mushakire igihugu umutekano,muriyo maquarites hariyo inkoho nyishi zinyegejeyo kandi abahaba barazi ahoziri. mukoreshe ubuhanga bwose mubikuremo.

  • NDABASHIMIYE MUKOMEZ IBIKORWA IZONTUNVA MUZITUZE TURONK AMAHORO.KANDI NDIZEY EKO MUBISHOBOYE.KANDI ABOBIDOGA TURAZINEZA KOBAZ IZOKOZI ZIKIBI KUGIRA VYOROHE NIBABATANGE HANYUMA TURONK AMAHORO NIBANKA NAHO BAHANIGWE HAMWE CANKE BAZOHERE NKIFU YIMIJIRA

  • IGIPOLISI CAKOZ NEZ CAN.

  • IGIPOLISI CAKOZ NEZ CAN.

  • Mana kotuvu izinaryawe ijoronumutaga none uburundi bube ubwamaraso muzodutwara ariko ubukene simte

  • Abo baporisi ntandero bagira umve ndababwire aho kumusaga ntimupfe nkimbwa aho gupfa usaba umuntu ikigongwe nimwemere muzifate muhangane niyomikweha ngo nabapori babice niburiburi mwahanganye none Jabe imisi ibiri abantu badasohoka kubera izomburu none mwokwemera mukicwa ninzara kuberiki? Ahubwo ntabwo murinda kabisa.

  • nifate izonyanka Burundi muzihashe namba basha ikiroberi nibagende murwa bazozanane nabandi duheze tbavugutire umuti apana kura barasa ubusa nawe eria iyo igiporisi kigiye gusaka ntikiba kigiye gusesa amaraso ntuzohore witiranya ibintu

  • ABOBANTU BAKWIYE KWIHANA BAKAMENYA NEZAKO PREZIDA YASHIZWEHO NIMANA KUKWATAKUGANZA KUTAVAKUMANA NAYONYANGOMA AZOPFA ATAZUWUMWISHE

  • Goes around come around now is there time to pay back what they did to us in 1972 etc.. They were thinking that they will be in charged until Jesus comes back akataraza karimunyuma

  • Murakageser Mubugaririz Iki?

  • kwugariza abanyagihugu ubwontayindi ubwo ntakindi kintu cinyegeje inyuma ubwo ntihagomba hakore ryajambo umukuru wigihugu yavuga ngo abamurwanya bazohera nkifu y’ijira abarundi benewacu bo kumusaga tugabe

  • EMWE BANYAMUSAGA MWIHANGANE IMANA IRABABONA

  • EMWE BANYAMUSAGA MWIHANGANE IMANA IRABABONA

  • mub maaso bagenz abo ntaciza baturonderako ukuboko kwa data wa twese kuri kumwe namwe

  • Ubutegetsi Imana ikunda ntamaraso busesa. Butwaza urukundo. Bukubahiriza amategeko. Tumenye ko amaraso aboreza Kandi Imana. ngo guhora nukwayo. hari Imana mwijuru ibona vyose kandi yumva vyose!

  • BIRAKWIY KOTWES ABARUNDI DUSUBIZA AMASO INYUMA UMUNTU WESE AKARABA ICOYATEREYE MUKUGIRA UBUMWE BUGUNGABANE MUBURUNDI .NGWEMAMA ISODA GISUBIRIRE IGIPORISI NIBIND MBE ABOBASODA MUSAC MWIBAGIWE UBATWARA NA POLIS ARUMWE?NDABINGIZE BARUNDIBENEWACU NAHO PRESIDA YAGIYEHO BIMEZEBITYO MUGUMANE UMUTIMA WUBUNTU MWOYKUMARANA KUKO UWOMUBANYI WINUC NIWE NCUTIMAGARA YAW URANAKUMBURA MWUMVIKANE KUK NTAMPAMVU YUGSHIHANA NTANINYUNGU.MUZAKURATMURI IVYO.

  • Ewe Uhoraho Tabara Abanyamusaga Kuko Harimwo Inzirakarengane. Banyamusaga,murihangana,kuko Mw,ijuru Hari Y,Imana Irababona Kuko Niyica Iziroranye Mbegumuntu Yoshobora Kukugiriki?

  • @Egide,don’t think that you will exterminate all people,remember all Hutus died between 2005-2015,who is the murder?Amoko ntaco amaze.

  • @burundi
    Reka sha gusigura amafuti,amoko arahari si non ntimuba mugwa hirya no hino murondera 40 pourcent,muzishakako iki,ivyo bitutsi biri muri gouvernement ata na kimwe kizi ico gikora ,tubikuremwo rero tuhashire abahutu babishoboye,n’est ce pas Burundi?

  • Nashaka gukebura abo bose bitwaza 72 ko mugarukanye ivyamoko ntaco mwoshikako, amasezerano y i Arusha kwari ukugira abarundi bashobore kubana mu mahoro, abo rero bavuga 72 nabadashaka amahoro, kuko abatutsi bafuye muri 72 , Nyazalac, Rumonge, Vyanda, bari bishwe nabande, abafuye muri Ntega marangara bari bishwe na bande, abana bahonejwe mu Kibimba, i Buta bari bishwe na bande, uwoharura yosanga ari abatutsi beshi bishwe n’abahutu, kwtwaze 72 n’umutima w’amacakubiri witwaza, kandi u Burundi n’ubwa bose, guhonya bamwe ntibikunda ntawuhonya ubwoko, kandi bigaruka ku bana banyu, ari abatagira umutima ivyo ntavyo biyumvira,
    Abandi bavuga ngo bahashizwe n’Imana barayibeshera kuko Imana iri kumwe n’abakora ubutungane, n’abanyarukundo, n’abitaho abakene n’abagowe, jésus yambwiye umutunzi ati niba ukunda reka ivyo vyose utunze unkwirikire, kandi yavuze ngo je ne veux pas de vos sacrifices mais de la miséricorde, ahatagira urukundo n’imbabazi siho aba ari arrête de nous chanter tout le temps ngo Imana atayo muzi, kuko abana bishwe n’inzara bari kwibarabara harya muri ville mugendera mu mafranga mwivye y’igihugu Imana ntirikumwe namwe

  • nivyo igipolisi nigikore akazi kaco.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.