Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Musaga : Umuporisi umwe yaguye mu gitero - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Umuporisi umwe yaguye mu gitero

Musaga : Umuporisi umwe yaguye mu gitero

vendredi 16 Gitugutu 2015, par egide

Ikirindiro c’igiporisi kiri aho bita kuri OTRACO muri zone ya Musaga catewe mw’ijoro ryo kuwa kane rishira uwa gatanu. Abantu bitwaje ibirwanisho bataramenyekana bateye ico kirindiro, umuporisi umwe ahasiga ubuzima, uwundi arakomereka.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko abo bitwaje ibirwanisho batanguye kurasa nk’igihe c’isaha zitandatu z’ijoro. Hari hagati y’amabarabara y’umunani n’icenda muri zone Musaga, hepfo y’ico kirindiro c’igiporisi catewe, aho bita kuri OTRACO.

JPEG - 85.9 ko
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi

Abanyagihugu begereye ico kirindiro catewe bavuga ko abo bitwaje ibirwanisho barashe amasasu menshi, bongera batera amagerenade menshi. Abo banyagihugu bavuga ko ayo masasu yagiye guhera nk’igihe c’isaha indwi n’iminota mirongo ine n’itanu.

Umuvugizi w’igiporisi OP1 Pierre NKURUKIYE amenyesha ko muri ico gitero umuporisi umwe yahasize ubuzima, uwundi arakomereka.

Ico gitero ku kirindiro c’igiporisi muri zone Musaga kigize kabiri mu minsi idashika indwi.


IGIHE

Messages

  • Abanyagihugu n’Abashingantahe mukunda uburundi tuvire hasi rimwe twikureko intwaro yigikoroni ya petero Nkurumbi,burya baraduhenze Banyakugirimana Babazungu ntibadukoronije kuko baduha impuzu twambara kandi uwukosheje yakubitwa ikiboko mugabo ntiyicwa nkivyo iyi mbunuza nkurumbi iriko irica,UBURUNDI NTIBURIKUKIRA BUZOKWIKUKIRA nkurumbi agiye ILAHE.

  • Abanyagihugu n’Abashingantahe mukunda uburundi tuvire hasi rimwe twikureko intwaro yigikoroni ya petero Nkurumbi,burya baraduhenze Banyakugirimana Babazungu ntibadukoronije kuko baduha impuzu twambara kandi uwukosheje yakubitwa ikiboko mugabo ntiyicwa nkivyo iyi mbunuza nkurumbi iriko irica,UBURUNDI NTIBURIKUKIRA BUZOKWIKUKIRA nkurumbi agiye ILAHE.

  • Ntakundi vyavuye kuwihaye manda napfe yazize shebuja we yari yarariye abazira ubusa nabo?mbe ntimurabona ko aba polici bahenzwe reka rukurana bazogesa ivyakunze iyimbura rigeze.

  • Mazerero mumisi nitwikorera akantu ntihazogire umubirigi canke uyundiwariwewese atwitambika imbere.

  • BURUNDI BWACU BURUNDI BUHIRE ••• NDARUTUYE NYAKUBAHWA PETER NIMBA AKUNDA IMANA NUMWANA WAYO YESU CHRISTO NUBURUNDI NDAMUSAVYE ATANGE CANKE YIHE UBUKI KUKO AMARASO YAMUBANYE MESHI NAMWE BARUNDI KEZAHO UBWICANYI NTIMUMARANE KUBERA PETER IRYO NIJAMBO RYIMANA DUSHIMIRIMANA IDUFASHE AMEN

  • barundi barundikazi(abahutu n abatutsi) mukunda uburundi ntimuhendwe nakarwi gatoya gafite amaronko mu kutubahiriza ibwirizwa shingiro hamwe namasezerano ya arushya ngo batumarishe mube maso naho ubundi turahonye Nkurikiye na Ndabirorere aratubeshya abantu bariko bapfa ari benshi ngo hapfuye umwe hari ijoro ryizana hadapffye umuntu? cndd fdd iratumarishya

  • barundi barundikazi(abahutu n abatutsi) mukunda uburundi ntimuhendwe nakarwi gatoya gafite amaronko mu kutubahiriza ibwirizwa shingiro hamwe namasezerano ya arushya ngo batumarishe mube maso naho ubundi turahonye Nkurikiye na Ndabirorere aratubeshya abantu bariko bapfa ari benshi ngo hapfuye umwe hari ijoro ryizana hadapffye umuntu? cndd fdd iratumarishya

  • MUZI KUVUGA NGO UMUTEKANO NI WOSE NGO 90%!IYO BAHERA KWA ALAIN GUILLOME BAKAMUKOSORA,KUMBURA YOBONY KO UMUTEKANO ATARI WOSE!AKINDAGA KU MUVYIMB TWE TUB TWIRUHIYE!

  • MWAGWANA MWAREKA, IMBERE SI HEZA. AR’UWURI KU BUTEGETSI AR’UWUTABURIKO, ijambo ry’Imana riravuga riti
    Haj’ubugesera. Bazorondera amahoro bayabure. Ivyago bizogerekerana n’ibindi, n’ibihuha bigerekerane n’ibindi. Bazoja kurondera ku wuvugishwa n’Imana ko yoba har’ico yeretswe, kuko ivyagezwe bizobura ku muherezi, n’inama zibure ku bo hambere.
    Mur’iyo misi abantu bazoba barondera urupfu ariko ntibazorubona na gatoya, bazoba bipfuza gupfa ariko urupfu rubahunge( Ivyahishuwe 9:6).Ariko igihe ivyo bizoshikira, kandi ngivyo biraje, niho muzomenya yuko umuhanuzi yigeze kuba muri mwebwe (Ezekiyeli 33: 33).Umwami Uhoraho Uwera w’Abisirayeli uko niko yari yaravuze, ati mu guhindukira no mu gutekana nio muzokirira, mu gutekereza no muvyizigiro niho muzoherwa inkomezi, ariko mwebwe ntimwabikunze (Yesaya 30: 15) Ariko ni mutihana, muzoshira murtyo mwese (Luka 13:5)
    Ivyo bintu bibera mu giugu cacu, ni Satani ashaka kudusamaza kuko nawe ashaka abo acikana, "kuko Umwansi yabamanukiye afise inzigo nyinshi, azi ko igihe ciwe ari kigufi." Ivyahishuwe 12:12)

  • EWE BIRABABAJE ! ABARUNDI NIBIHANGA . ESE IMANA YOGARUKIRA UBURUNDI. MURAGIRE AMATOHOZA MUZISHENGEZE IZONKOZI ZIKIBI.

  • Mwabantu mwe mukokeza intambara nibazeko mutari muburundi kandi ko atagasanira mufiseyo murashobora gukokeza gutyo nimba koko mushaka amahoro n’umutekano urama mugihugu bene burundi boye gupfa enda ni muze turengere vyose twubake igihugu.

  • @ none humura mugenzi ntanumwe uzobitambika imbere ariko Imana nayo ntimuze muyisige kuko ntimutayikura munzira izabitambika courage mutegure kugakora neza

  • @ none humura mugenzi ntanumwe uzobitambika imbere ariko Imana nayo ntimuze muyisige kuko ntimutayikura munzira izobitambika courage

  • @ none humura mugenzi ntanumwe uzobitambika imbere ariko Imana nayo ntimuze muyisige kuko ntimutayikura munzira izobitambika courage

  • Nikubera Abapolisi Bahohotera Cane Abarimumigumuko.Rero Bagiye Kuyabona

  • none gayemwe uburundi bugiye kuba igihugu c’ubwicanyi?mana tabara uburundi n:abarundi.

  • vyukuri muratwenza.umuntu acumva ko azofata ubutegetsi abicishije kunkoho nacire birarura.aha twotumaturwana mpaka isi isenyutse.nuguta umwanya iconzi abashaka ivyiyumviro vya cnared muri kurushi.ninacogituma atawe mwokanga ikindi igihugu sicana

  • ESE UBWICANYI UBWICA BWOMUBURUNDI NTIBUZOHERA EKA UWAVUZ’ATI ? UTORANABI UGATWARWA NABINTIYABESE ; BIRABABAJE!!!!!!.......

  • ESE UBWICANYI UBWICA BWOMUBURUNDI NTIBUZOHERA EKA UWAVUZ’ATI ? UTORANABI UGATWARWA NABINTIYABESE ; BIRABABAJE!!!!!!....... IMANA IKWIYE KUGARUKIRA UBURUNDI KUKO BIRABABAJE.

  • Wewe bwacu uru munyarwanda inyenzi nkotanyi wandika vyiburundi wewe urabizi Mwene ivyomuriko murakora iyigwano ntizoherera ngaho. Burundi izoherera ikigari murwanda ntimwihende basha

  • Imigwi ya bihevyi kwisi niko itangura.nukuraba neza kuko bira shobora guhindura inshusho yi gihugu. camp muha ntiyatabaye kwari hafi cane? abo bagwanyi buca kabili batere ayo ma kambi yo ku musaga. igi polusi kizohava kirengegwa nivyo bitero sindamusiga. igi polisi turagihojeje ni midyango yose yaba polisi birigwa barica uko bukeye. imana ibakire mu bwami bwayo.

  • Imigwi ya bihevyi kwisi niko itangura.nukuraba neza kuko bira shobora guhindura inshusho yi gihugu. camp muha ntiyatabaye kwari hafi cane? abo bagwanyi buca kabili batere ayo ma kambi yo ku musaga. igi polusi kizohava kirengegwa nivyo bitero sindamusiga. igi polisi turagihojeje ni midyango yose yaba polisi birigwa barica uko bukeye. imana ibakire mu bwami bwayo.

  • mana shir uburundi mu mabokoyawe kuko ibirikobiraba nibiteyiso

  • IVYOVYOSE UMUKURUW’IGIHUGUYOVUGA IJAMBORIMWE VYOHAGARARA KUKONIWE SEBARUNDI KANDI AFISE INGABOZIYEMERA N’AKORE IBISOBOKA VYOSE UBWO BUDUMBIDUMBI BW’ABITWAJE IBIRWANISHO ABURWANYE TWEBWE ABARUNDI DUKENEYE AMAHORO KANDI NTITUZIHANGANIRA UMUNTUN’UMWE ATOBA UMUTEKANO WACU.

  • Iki kirofa ko ataco cavuze igihe bagandagura abantu icenda mungagara?

  • Mana Tabara Ababar,undi Bave Muri Iyintambara Ihaye Iraba Muri Kino Gihugu C,uburundi Ababantu Boba Batunze Ibirwaniso Batabifitiye Uruhusa Mana Bagaragaze Bafatwe Kuko Nibo Nkozi Z,ibibi Nibo Baduhekura Baroteba Bafatwe .Mana Uratwiyumvirako Udutabare Uturambikeko Ibiganza Vyawe.

  • uyomugabo aho yabeshey atavugisha ukuri aragow imbere y imana ngobahitwanwe namasasu aribo babishe ngohapfuy umwe barundi barundikazi niduhaguruke twikureko akokarwi ka pater atabona amaraso aseseka ataco bazira ngonuko batemera ikiringo ciw ca (3) nadukinjurire turonke amahoro

  • Urabesha nyoko naso bobatize!twebwe kotuziko atanumwe twasigaje,ninkoho zabo aritwe tuzifise!rindira nawewe tuzokuzira

  • NONE ABOBAGIZI BANABI BIFUZIKI?IYONZIRAKARENGANE IMANIMWAKIRE

  • icoba ciza n,uko ubwicanyi bwohagarara.abarundi tukaronka amahoro.

  • NIMUREKE KUBESHA BAMUVUGISHUKURI.

  • Abapolisi bapfa kumunsi kumunsi ONU yoyo ibavugako iki?? Bobo bicwa nabande? Barica abapolisi bakaca birukira mumazu hama police yishe abantu ahubwo barikwica quartier yose niho barikuvuga neza

  • Reka kubesha ntamuposi ariko arapfa kobica abanyagihugu babaziza ubusa nabo bopfa ndazi ko abaporisi bazi ko ataruyfu rubaha nabo nibavyuvye

  • Mbe nkurikiye wewe iyo uriko urabesha nta soni wumva, na Peter yabigutumye ubwo bubeshi ntabwo yoshikako, murundi yica yihoreye ntarenza urwamo abantu kiretse iyo Denise yeretswe bagatambira ya mana yabo. kuko Imana ni nyinshi igikuru ni ukumenya iyukuri.

  • uyo mwosti tangura turabe!!ko nkawewe unyamunzuhageze samoya udasohoka ngurabe pyu x10

  • Wap Nagahomera Bunwa Ivyo Muburundi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.