IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Umutama w’umunyezamu yahitanwe n’amasasu

Musaga : Umutama w’umunyezamu yahitanwe n’amasasu

dimanche 18 Gitugutu 2015, par egide

Amasasu menshi n’ama gerenade vyumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu rishira uw’Imana, muri zone Musaga. Ivyononekaye vyose hamwe ntibiramenyekana, ibizwi gushika ubu akaba ari umutama yagandaguwe, hamwe n’abantu bahagaritswe.

Umutama azwi kw’izina rya GOYIGOYI Yohani niwe yahasize ubuzima ahitanwe n’amasasu. Uwo yitavye Imana yakora akazi k’ubunyezamu kw’ibarabara rya gatatu ku Musaga, akaba yarasiwe kuri iryo barabara nyene.

JPEG - 24.5 ko
Umutama GOYIGOYI Yohani yarara izamu ku Musaga kurya gatatu

Amakuru dufise gushika ubu amenyesha ko amasasu menshi n’ama gerenade vyumvikaniye cane kw’ibarabara rya mbere ku Musaga, abegereye aho hariko havugira ayo masasu bakavuga ko igiporisi muri iryo joro cahagaritse bamwe mu rwaruka ruba aho bita mu Gikoto.


IGIHE

Messages

  • Imanimwakire mubwamibwayo amen.

  • abatutsi mwamaze guhumigwa n’amaraso y’abahutu mwanyoye,muriko muricana entre vous mukadandaza ama foto y’imivyimba ya benewanyu,mwararozwe pe.

  • mpeko mutaravuga ko ari igiporisi ububaronsegahagwe

  • None uwo mutama ko adashobora no kurwana n’inkoko ngo ayishobore .kwizamu yakoragaho iki!!?? Aho si yari ashinzwe kurangira aba sans echecs ngo batere grenade mubapolisi!!!!

  • Ubu abatutsi badge inzira yokwica abatutsti atacobaba mariye about ba se guhunga ngo bagire iremenTanya ngo mumakungu avugeko reta iriko irahonya ubwoko iyo na manyanga ya Nyangoma na CENARDE kugira bashikure ibiganiro canke baba she kubaha ibigwanusho abatutsi mutahabonye Nyangoma arabamara ntafyina Kuri naho hipfa abatutsi na ba huyu batavuga rum wenawe ntacobimutwaye nikinywamaraso turamuzi

  • Mbega hari uwoba yiyumvira nka nje,abo batutsi bariko bicwa na ba teddy mazina,ba rudatsimburwa n’abandi ba journalistes bo muri iwacu ,nibo bariko barabica kuko urabona ko baca bihutisha gushira ama photos kuri réseaux sociaux;nkako gatama koko ni montage ,hari amaraso mubona kahitanywe na crise cardiaque baca bararyamika ngaho ngo karashwe na polisi,ubutama mwene ubwo ntimwibagire ko aribwo bwamaze abahutu izo mbwebwe,ubu mucunge aba journalistes b’abatutsi izo ni montages zabo sans oublier les réglèments de compte entre eux ,bariko bakora nko mu rwanda muri 94,mpaka bakuye abahutu ku butegetsi bace babakorera genocide,mais ntawoba akivyemera .

  • Jw mbona atakiri amakuru ahubwo namatangazo yokubika ariko imana iriho bitebe bitebuke izoduhorera

  • Naho nakagendeye, harabantu bibijuju kuriy’isi. Muga Imana ibababarire kuko hariho anantu kabuze mumitwe yanyu:( n’imitima mufise ifise
    Igikomere ntavugwa:( muri ba bantu Imana yaha amaso muga ntiyabone, ikabaha amatwi ntiyunve. Uyu
    Mutama agyamye ngaho, we yaronse nabamutera iteka gy’Imana baramutora kandi azonashingugwa nirindi teka. Mwe nimwe muri imirambo kuko mutazi iyo muzogwa nikizobahitana.

  • Mana yacu tabara abarundi n’uburundi.ikibay cos n’amaraso.ewe tabara

  • Ew Mana yac tabara uburundi n’abarund.ikibay cons namaras non igihugu cac cabay icamaras?tabara.

  • None Ubwo Bwicanyi Budahera Buva Kuki?Avuga Kumutekano Ari Wose None Ubwo Bwicany Buva Kuki?

  • None Ubwo Bwicanyi Budahera Buva Kuki?Avuga Kumutekano Ari Wose None Ubwo Bwicany Buva Kuki?

  • None Ubwo Bwicanyi Budahera Buva Kuki?Avuga Kumutekano Ari Wose None Ubwo Bwicany Buva Kuki?

  • mana tabarubundi ariko gayemye abantu.bakora ivyo ntibobiheba

  • uyu mutama yarumudoriya wabicanyi kuko uwurarizamu ajahagati mwibarabara?

  • imana imuhe iruhuko ridashura cndd fdd yiyemeje kumarisha abarundi ndetse nabitwa ko ari abanywi bayo barimo l genera adolph nabandi.......

  • Reka abasoda ba Africa yunze ubumwe baze, berekane ivyo mandat y’igitugu yangije bababwira ntimwumve, hanyuma amasezerano y’amahoro ace asaba ko hajaho intwaro mfata kibanza, ibihano kubakoze ibara bashaka kuyobora iyindi manda batemerewe bakabone, abishe, abakokeje indwano bakarimbura abandi baramenje reka murabe ubwo butegetsi muvuga murabe ico bubazanira. uwuzubwenge yoba ahunga bwambere.

  • IMANA IMWAKIRE KANDI IMUHARIRE KUKO YAZIZE UBUS

  • IMANA IMWAKIRE KANDI IMUHARIRE KUKO YAZIZE UBUS

  • IMANA IMWAKIRE KANDI IMUHARIRE KUKO YAZIZE UBUS

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.