Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Musitanteri wa komine Mukaza yahagaritswe mu mabanga
Musitanteri wa komine Mukaza yahagaritswe mu mabanga
lundi 4 Nzero 2016
Musitanteri wa Komine Mukaza Marie Suzanne Ndayisaba yahagaritswe mu mabanga yiwe,biciye mu rwandiko rwashikirijwe n’umushikiranganji w’itwaro yo hagati mu gihugu.
Mu rwandiko rwateweko umukono n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal Barandagiye,uwahora arongoye Komine Mukaza iri mu gisagara ca Bujumbura yagirizwa kuba yarimuye ahakorera Komine atabivuganye n’abamukurira.
Muri urwo rwandiko kandi,umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu amenyesha ko uwo yahora ari musitanteri wa Komine Mukaza yugurura amakonte atavuganye nabamurongoye.
Uwo yahora ari musitanteri yagirizwa kandi gutoza amatagisi n’amakori mu buryo budakurikije amategeko.
IGIHE
Messages
4 Nzero 2016, 23:05, par ERIC.NDAYISHIMIYE
NTACONDABIVUGAKO
5 Nzero 2016, 01:21, par ndumiwe@yahoo.fr
Aho ba dd ndabemere mbega uwo marie suzana ko ari inabukwe wa sironi nagira ntakimukora ewe ndikuriyo ayo mwarondeye mubujabwinshi amanyama agiye guhinduka . ejo suzanna ntasubire gukwega amaguru yitwengesha ubusa mubatutsi twizere kwaca abandanya kwa siyoni kwisi nukwitonda aha twese turiko turimbwa nabo bahemu babatutsi aribo ba percilla , ba butoyi ..
5 Nzero 2016, 02:57, par yaya
Uyo mupfasoni Ntagishasha yakoze kuriyontwaro yigikenye ya nkurumbi kubwanje ivyo yakoze nibisanzwe
5 Nzero 2016, 04:54, par Haaaa
Komesha kabisa iyo mumufunga amanyama agahera
5 Nzero 2016, 04:55, par Haaaa
Komesha kabisa iyo mumufunga amanyama agahera
5 Nzero 2016, 04:59, par Koma
Komesha kabisa iyo mumufunga amanyama agahera
5 Nzero 2016, 07:43, par INTAGOHEKA
NDAGUSHIMIYE NYAKUBAHWA KUNGINGO MWAMUFATIYUWOMUSITANTERI NIYABA YARINTUNVA KOKO NABANDI BABONEREHO
5 Nzero 2016, 08:25, par None?
Imana ishimwe kazima adakorana na zamujeri, sindumuja, navyansumirinda.
5 Nzero 2016, 09:56, par maso
ivyiyintwaro, turabizi. uwuri murivyo cane ni maire de la ville.bapfa udu comission.