Accueil > Poritike > Mutabazi : Kuba Reta ititavye Inama y’ubumwe bw’Afrika ni umukino wa (...)
Mutabazi : Kuba Reta ititavye Inama y’ubumwe bw’Afrika ni umukino wa Politique ( Video )
mercredi 20 Mukakaro 2016, par
Kuba Reta ititavye Inama y’ubumwe bwa Afrika ni umukino wa Poritique, nk’uko bishikirizwa na Jean de Dieu MUTABAZI, umukuru wa RADEBU
Source: Tele renaissance
IGIHE
Messages
20 Mukakaro 2016, 10:06, par PA
Ntoma Politic Ngahombona Nibimaramare Vyabantu Birigwabarica
20 Mukakaro 2016, 11:38, par Kamenge
reka reka! selon yivyo NYAMITWE yavuze nta mukino wa Politique urimo at all. ni ubujuju gusa. me i m not convinced about his poor explanation. ahubwo ivyo yavuze nivyo byerekana weakness ya NKURUNZIZA vs his what he called government members
20 Mukakaro 2016, 13:45, par Kanyosha
Komera komera mutama Mutabazi, nukuri tuzobemeza nakazokomeza kwihatira turakomeye kukarindira kugira tugatutumure kanyarutse cankegatebe turakarindiriye nubwizoba imyaka mirongo tuzoguma tukarindiye kiserure tuga tutumure nyagututumura.
21 Mukakaro 2016, 07:04, par Morodikayi Jon
Ni bara kumutemere muremera nukuvuga mukavuga ! murashirukanya nukuri murivyovyose uvuze bitwunguriki ? nimuze murarya inyama zabantu gusa mwirirwa muragandagura gusa, ntakindi muzi.
21 Mukakaro 2016, 07:31, par tari
Mbe namwe murafise imikino ya politike mugikina mwabatamutwe mwe ivyo mukora nivyo kwiyahura nta maporitike mugifise naho mutabazi niyikombere isiniya ntakandi kazi
21 Mukakaro 2016, 10:02, par Samson Bigirimana
baratinya uhubwo bazopfankifuyimijira nkukobavyivugiye farao,nimbonerakurebose bazopfa
21 Mukakaro 2016, 10:06, par Bigirimana
Imbonerakunya Zose Zizopfa Nkifuyimijira Kandi Farao Nawe Imuti Uriko Urabira
22 Mukakaro 2016, 16:27, par Nararumbije
Barayamaze bati uwutazi ubwenge ashima ubwiwe, uburundi nibwo buzi politique kurusha ibihugu vyose vya Africa vyayitavye !!!??? abantu barabura ubwenge ngo ni imikino ya politique.
6 Myandagaro 2016, 13:18, par KING
Ntaco tubiziko kuko ntawovuga ngo numukino kuko umuntu arafatirwa mugani jewendaciwendagiye abakera barayamaze ngo umwasi agucira icobo imana ikagucira icanzo ntacuzaba
6 Myandagaro 2016, 13:19, par KING
Ntaco tubiziko kuko ntawovuga ngo numukino kuko umuntu arafatirwa mugani jewendaciwendagiye abakera barayamaze ngo umwasi agucira icobo imana ikagucira icanzo ntacuzaba
30 Gitugutu 2016, 20:30, par JOSEPH JULIUS
NIBARYE GUSA BARYA UMUHERO
30 Gitugutu 2016, 20:33, par JOSEPH JULIUS
NIBARYE GUSA BARYA UMUHERO
8 Ruheshi 2017, 11:35