Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Ikirindiro c’abasirikare cashizwe hafi y’ahaheruka kubera (...)
Ngagara : Ikirindiro c’abasirikare cashizwe hafi y’ahaheruka kubera ubwicanyi
lundi 19 Gitugutu 2015, par
Ikirindiro c’abasirikare cashizwe kw’ishure rito ryo muri karitiye ya gatatu ya zone Ngagara, hafi y’ikibuga c’umupira w’amaguru ahatowe ibiziga bine, bitatu kuri uwu w’Imana, ikindi mu gatondo ko kuri uwu wa mbere.
Abanyagihugu bo muri zone ya Ngagara, hafi y’ahaheruka kubera ubwicanyi bamenyesha ko bashimishijwe n’uko umutekano wabo wongerejwe, ivyo bikaba vyakozwe inyuma y’amagerenade yatewe ku muhingamo wo kuri uwu wa mungu, ku kibuga c’umupira w’amaguru co muri karitiye ya gatatu, mu nyuma hatorwa ibiziga bitatu, hamwe n’ikindi kimwe kuri uwu wa mbere.
Mu giporisi c’Uburundi bakavuga ko bamenye umwe muri abo bishwe n’abantu bataramenyekana. OP1 Pierre NKURIKIYE yamenyesheje ko uwo bamenye ari umuporisi azwi kw’izina rya MUTWA, yakora mu giporisi kijejwe gucungera inzego API (Appui pour la Protection des Institutions).
IGIHE
Messages
19 Gitugutu 2015, 21:05, par peter
Nkurikiye abo ni abasoda canke ni za nterahamwe wahinduriye impuzu! sha wewe ugiye kubura itiro ndakurahiye
19 Gitugutu 2015, 22:16, par betty
ni muve ibuzimu muje ibuntu nawe utegeka igipolisi baraguhenda ako si akazi wofuma wicwa ninzara aho kugambanira umunyagihugu mbe nibahera muzotwara bande? ivyo birindiro mukora siwo muti nimwumvikane muzane amahoro mwanke uwowese acanishamo nukuri arabahenda nibikomera arabata ngaho buri wese yakoze amaraso abibazwe nawe yiraramiye
19 Gitugutu 2015, 22:20, par NSabimana Théogène
icombona nuko uhoraho yogaragaza abobagizi banabi ahandiho abarundi barahahereye.
19 Gitugutu 2015, 23:24, par Joseph Nzinahora
Bwoba ari uburyo bwo gutuma abahora bahaba bahahebere abapolislisi canke ni ugutera ubwoba abantu bahaha ngo bomoke muhasigare?
20 Gitugutu 2015, 03:19, par Nyinyire
None abasoda bazanwa n’abapolisi ni gute? Ko twumvise inama yagizwe na Ndakugarika na Uwamahoro, baciye baja kwa Ministre wa Defense na chef d’Etat major gusaba abasoda? Birakomeye raba neza!
20 Gitugutu 2015, 08:27, par fidelite
@betty
reka guhanura ibitagira umutwe n’amaguru,yicwe n’inzara kuberiki akazi katabuze?Mbe ko mwese mushaka ibiganiro,jewe ni jewe jenyene nshaka ko tubanza tukamomana pendant 10ans,amagorofa y’abatutsi tukayabomora,igisagara ca bujumbura kigasha cose hanyuma kikazokwubakwa n"abazosigara bose bahereye à zero,kubera ubwo bututsi bwo mu ngagara butanguye kutugera ahantu
20 Gitugutu 2015, 10:40, par muti
abantu bakore bave mumagambo kuko iyi si ntampuhwe igira.umugabo arigira yakwibura..............
20 Gitugutu 2015, 12:33, par Bella
Ariko ndababaza neza turek politik gatoyi,aya ni amashure ari mu gisagara gikuru c’igihugu?
20 Gitugutu 2015, 14:44, par mwarimu
Hemwe ! Ntaco tutazobona kungoma yabano bagabo
20 Gitugutu 2015, 17:45, par emma
nimurondere inkoho na za grenade muma eglise
aba jesuit bamye..
20 Gitugutu 2015, 19:17, par ernest ruyigi
nibabashireho ariko bakore akaz nez bafate nizonkozizibibi.
20 Gitugutu 2015, 21:11, par Elie
Kugwiza Ibrindirokuribamwebbonakariwomut!Mbeabandibokwicakandntahandibotabwa Atringahomungagara?Nimugwizenyabuninzirazibganiro.
21 Gitugutu 2015, 15:18, par SEANINO
TWESE TUZOPFA.
21 Gitugutu 2015, 15:20, par SEANINO
TWESE TUZOPFA.