Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Inkoho yanyegejwe muri Bibiriya
Ngagara : Inkoho yanyegejwe muri Bibiriya
jeudi 4 Mukakaro 2013
Ku muhingamo wo ku munsi w’ejo kuwa gatatu, igipolisi c’Uburundi carafashe abagizi ba nabi bane, muri komine Ngagara, hafi y’isoko bita kwa Siyoni, bakaba bari bitwaje inkoho zibiri zo mu bwoko bwa kalachnikov, imwe yo mu bwoko bwa pistolet hamwe na gerenade zibiri.
Abo bagizi ba nabi, imbere y’uko igipolisi kibikeka bari mu muduga. Ubuhinga bwinshi bari bakoresheje mu kunyegeza iyo nkoho yo mu bwoko bwa pistolet bwaratangaje cane kuko bari bayinyegeje muri Bibiliya, ariko vyababanye ivy’ubusa kuko igipolisi cabibonye nk’ejo gica kibata muri yompi.
- Pistolet yanyegejwe muri Bibiliya ku buhinga butangaje
Baragerageje mugabo ubuhinga bw’abapolisi ntibwabemereye gutambuka na kabiri. Inyuma y’aho bahejeje kubumviriza, igipolisi camenyesheje ko abo bagizi ba nabi ritabaye irya mbere bafatwa kuko muri bo harimwo uwahora mw’ibohero rikuru rya Mpimba haraheze amezi atatu.
Egide Nduwimana
Messages
17 Gitugutu 2013, 09:54, par HABONIMANA JEAN-MARIE
Nibabahashe erega bicapfuza igihugu cose nabakirongoye. Ikibabaje nuko ejo tuzosubira kubababona bitemberera, ahaaa!!!!!
18 Ndamukiza 2015, 12:09, par SALAMA
IZONKOZIZIBIBINIZIFATWEZIFUNGWEI
16 Ruheshi 2015, 23:06, par Bosco
Babareke
16 Mukakaro 2015, 20:26, par INNOCENT
NIBUBUBAHEIMANA
28 Nyakanga 2015, 20:48, par THEOPHILE
NIMUBAHANEGOSE.
11 Gitugutu 2015, 06:21, par josué niyokwizera
imana izobacira urubanza
5 Munyonyo 2015, 11:47, par ELII
ABONIBOBABUZAITERAMBEREMUGIHUGU.BAFISE IKOKUMANA.NIBICWE.
9 Kigarama 2015, 20:56, par Wasafi
Je Mbona Biterwa Nubukene Naje Sinorara Ubusa Kabiri Ngo Ngende Ntarondeye Ukuntu Mbega
9 Kigarama 2015, 20:57, par Wasafi
Je Mbona Biterwa Nubukene Naje Sinorara Ubusa Kabiri Ngo Ngende Ntarondeye Ukuntu Mbega
9 Kigarama 2015, 20:58, par Wasafi
Je Mbona Biterwa Nubukene Naje Sinorara Ubusa Kabiri Ngo Ngende Ntarondeye Ukuntu Mbega
3 Ruhuhuma 2016, 09:41, par ETO’O
imana.nibarabire.igikwiye.umuntu.ntibikwiyekwabacirubanza.
13 Ruhuhuma 2016, 19:43, par Nowa Nduwayo
Abatera Uburundi Bagombabo Imana Irikumwe Natwe
27 Ndamukiza 2016, 20:54, par INNOCENT
IJAMBORYIMANASIRYOGUFYINISHA
8 Nzero 2017, 11:21, par MANWERI
IMVO IGUTERA KUVUGA BIBIRIYA IRIMWO INKOHO UKURI AHABONA IMANA NUKURI... ICIYUMVIROCAWE GIHAGAZE KUKI?.
8 Nzero 2017, 14:27, par EMA
MBEGA IYOBIBIRIYA NIYI NI BIBIRIYA YERA YIMANA CANKE NIYINDI YABATUKISHA IMANA MBEGA BIBIRIYA YERA YOKWIGWAMWO INKOHO? KUBATABIBONA TUBIFATEGUTE?