Accueil > Poritike > Imigambwe > Ngagara : Ntivyoroshe kurengana hafi y’ingoro y’umugambwe CNDD (...)
Ngagara : Ntivyoroshe kurengana hafi y’ingoro y’umugambwe CNDD FDD
samedi 25 Ndamukiza 2015
Mu gihe amatora mu muganbwe CNDD FDD y’uwuzohiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu ategekanijwe ko aza kuba, bamwe mu bitavye ivyo bikorwa batanguye kugenda butaraca.
Nk’uko amakuru yo kwizera twagiye tuyaronka, umuduga wa mbere, warenganye ku kiraro ca Muha, igihe c’isaha cumi n’iminota 48, abari muri coaster bakaba bagenda bararirimba, bambaye udupira n’inkofero vy’umugamabwe bati:’’Imbonerakure twashitse, tuje kubirangiza’’.
Muri ayo masaha nyene, hakaba harenganye ama coaster abiri ico gihe ca sakumi n’iminota 48 z’ubuca, aho bivugwa ko bariko bagana ingoro y’umugambwe CNDD FDD iri mu Ngagara, ahabera ibikorwa vy’ukwemeza izina ry’uwuzohiganwa mu matora y’umukuru w’igihugu. Amabarabara rero nka yose aca iruhande y’ingoro y’uwo mugambwe arugaye, nta muduga uharengana, Imbonerakure za CNDD FDD nizo zihacunze, zitonze ibarabara ryose, zikaba zambaye udupira, n’inkofera vy’uwo mugambwe.
Aristide Nizigire
Messages
25 Ndamukiza 2015, 10:27, par Melchiade
Zirahacunga Nyene Zibeshuje Bamwe Bazambika Ibara Ngo Ntizishikiye Pita Aratorwa Tu Mugabo Mumpanurire Uwafashumusi Wo Gusenga Ngube Uwo Kugarariza Bagenze Make
25 Ndamukiza 2015, 11:53, par BIRAGOYE
KANDI UWO YAVUZE NGO DIMANCHE BAZOJE MUMYIYEREKANO USANGA ABESHA NGO N UMUKIRISU!!
25 Ndamukiza 2015, 15:27, par NIYONZIMA
NDAKEJE ABAGUMYABANGA BOSE NANKURUNZIZA KUBAYE MEYE GUHANGANWA N’IYINDI MIGAMBWE MUMATORA.IMANA NI KURUNDE.
27 Ndamukiza 2015, 21:57, par irambona
Ndaye abagumyabanga ivyatsi,nuwo bashize imbere ibizoba vyose bije kugatwe kabo
27 Mukakaro 2016, 08:01, par emmanuel nizigiyimana
ayamatoranu mva avugiki ubutwageze mubihumbibibiri namio ngibiri 2020 ntakundi uburundi burateyi nyuma kuberamwebwe ariko muzosigara mwicuz