IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ngagara: Umuntu umwe yarishwe na nyene akabare arakomereka

Ngagara: Umuntu umwe yarishwe na nyene akabare arakomereka

jeudi 11 Ndamukiza 2013

Umusore azwi kw’izina rya Gislain Nkebukirema yarishwe , nyene ubunywero arakomereka mu gitero cabaye mw’ijoro ryo kuri uyu wa kabiri 09 ndamukiza 2013 .

Uwo yishwe yaba mu karitiye ya 6 ya komine ngagara ,mu gisagara ca Bujumbura, Abanyagihugu bo mu ngagara barasaba ko umutekano wocungerwa birushirije kugira batuze ubwo bubisha.

Tukivuga ivy’umutekano ,Pontiano Hatungimana ,umuhanuzi mukuru wa buramatari w’intara ya Ruyigi aremeza ko umutekano wifashe neza mu ntara yabo muri rusangi. Ariko aramenyesha ko hari ingorane y’amatati y’amatongo,ubusuma mu mazu hamwe n’akaborerwe .


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.