Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ngendanwa ya Usher yuzuye umucanwa uvuye mu gitsina c’umukobwa
Ngendanwa ya Usher yuzuye umucanwa uvuye mu gitsina c’umukobwa
vendredi 5 Kigarama 2014
Umuririmvyi Asher yaguye mu gahundwe abonye umukobwa atanga umucanwa muri za ngendanwa biciye mu cuma yashize mu gihimba ciwe c’irondoka. Nawe vyaramufashije ko ngendanwa yiwe yari yazimye.
Usher yariko agendagenda mu gisagara ca Miami neza neza yitavye ibirori bise Art Basel, aho abanyabuhinga berekana ivyo bakora, akeneye umucanwa wa ngendanwa yiwe. Muri abo bariko berekana ibikorwa vy’ubuhinga vyabo, yashitse kuri Lena Marquise umukobwa afise ubuhinga bwo gutanga umucanwa kuri za ngendanwa (charger) akoresheje icuma kiri mu gihimba cirondoka ciwe.
Lena Marquise aba yicaye ku gatebe yambaye izuba asigurira abantu bari mu birori vya Art Basel ubuhinga bwiwe bwo gutanga umucanwa akoresheje urutsinga acomeka mu gihimba ciwe c’irondoka. Nk’uko Usher yari akeneye umucanwa kandi yongere arabe ubwo buhinga bushasha, uwo muririmvyi yaratangaye Lena Marquise amuhaye ngendanwa yuzuye umucanwa inyuma y’iminota 10 gusa ayicometse.
Lena Marquise arihisha amahera angana amadorari 20 (20$) hama inyuma y’iminota cumi ngendanwa iba yuzuye. Usher abibonye uko yahamagaye abagenzi biwe bose bari muri ivyo birori kuraba ico gitangaza c’umukobwa. Lena Marquise yaciye abamenyesha ko ashobora gushira umucanwa muri ngendanwa zibiri mu mwanya umwe.
Cherif Nkeshimana
Messages
5 Kigarama 2014, 18:22, par joshuah
bene data igihe kiragiy muz tube maso.umuyagankuba uva mugitsina?!!ivyo bintu ni ubuhinga bg’umwijima .
5 Kigarama 2014, 19:31, par Twaje
Ariko iyabatumayo urutsinga yambaye ijipo murifusangi yambaye neza nayongaha ucumengo nakajunu bariko barakorera ihohoterwa.
6 Kigarama 2014, 13:22, par kavumbi
Ese uko guhisha imoko yibere cyangwa igitsina cye nuko muba mumubabaye cyane ? nyirubwitse aba yatambikije abatambuka bose birebera none mwebwe muti reka tumupfuke hahhhhh muribeshya cyane nutamubona kuri cite yanyu yajya nahandi ntimugahishire amashetani yogatsindwa n;Imana
6 Kigarama 2014, 17:57, par Girukwayo Pierre
Ncuti,iki Nigihe Ciherezo Kuko Ntaho Vyakabonetse Ko Umuntu Atanga Umucanwa Uvuye Mugihimba Cirondoka Ciwe.Yemwe,turakomerewe Pe!
6 Kigarama 2014, 19:42, par kiki
mana yanj nukuri numuhero pe!dusabe IMANA idufashe!mbega ubuhinga bubii!
7 Kigarama 2014, 05:57, par nyabenda pierre
mana kora icowateguye kuko.iyisiyawe yaturambiye.
7 Kigarama 2014, 05:57, par nyabenda pierre
mana kora icowateguye kuko.iyisiyawe yaturambiye.
7 Kigarama 2014, 13:08, par Mazarahisha Emmanuel
Ngomba ndabibutse,ivyo mubona ubu sibishasha vyamyeho kera,ivyabaye mugihe c’i Sodomo na Gomora nivyo bigarutse,uwo s’umuntu akomeye n’umudayimoni yihinduye mw’ishusho y’umuntu,abasenga ni dusenge turi mugihe c’iherezo,abapfasoni(abagore)kw’isi yose bari bakwiye kumwitwarira kuko yabatukishe kw’isi yose,n’uko ari umuzumgu iy’aba umwirabure bamushengeza i RAHE agahanwa bikwiriye,bamaso antikristo aratanguye gukora
7 Kigarama 2014, 22:47, par Charles ciza
Ntubona ko dayimone isigaye yihindur’abantu birabonekako ivyanditswe biriko birashika isi yaheze nimusenge nayubundi tubaye nkasodoma na gomora hasigaye kumuriro waka!!?
8 Kigarama 2014, 19:56, par jefu
Abanyakuru muraduhena,kotutabona,neza,aho,urutsinga,rucometse
9 Kigarama 2014, 08:36, par Emelie
Ubu rero bamwe bigira ba kagarara mu gusambana ni bagende bakorane n’uwo mukobwa niwe yobatururuza!
11 Kigarama 2014, 11:46
Mbega ncuti zanje muribagiyeko handitswe ngo mugihe c’iherezo hazoza abakora ibitangaza? Ariko uwasomwe ivyo ntibimusamaze uwo ni anti-christ atanguye kwerekana ivyo yateguye.Twihane bigishoboka ahandiho ejo ntibizodukundira.
15 Kigarama 2014, 12:37, par apotheose
isi yashaje baklundwa b’Imana igeze kw’iherezo nico gituma dukwiye kuba maso no kwitonda ntibitangaje umwami Yesu yarabivuze ko umusi wo kugaruka k’umwana w’umuntu wegereje hazoba utwumiza twinshi kungira ngo bisamaze umugeni wa kristo. Nico gituma dukwiye kugwiza ibihe vyo gusenga kandi twisonjesheje dusengera muri mpwemu.
4 Ntwarante 2015, 10:35, par Saguil
Regideso yokumbura ikareka kuguma iduza ibiciro kko mumisi ubuhinga buzoba bwadushway na nyaburya isi isigay ari akantu gatoy
31 Ntwarante 2015, 20:35, par HATUNGIMANA Isidore
AHUBWO NGIRANGO BARAMUROZE!IVYO VYOSHOBOKA GUTE?NGIRI NA MADAYIMONI
22 Ndamukiza 2015, 09:26, par patrick
Kuvyukuri ntawokwiratira ubwo buhinga pcq c’est l’oeuvr du satan...
11 Rusama 2015, 12:28, par HAKIZIMANA Egide
Ahubwo Niyaba Abishobora Gushariza Aho Mugihimba Cirondoka Ciwe Umugabo Yoshirayo Imboro Yoca Isha!
11 Rusama 2015, 12:30, par HAKIZIMANA Egide
Ahubwo Niyaba Abishobora Gushariza Aho Mugihimba Cirondoka Ciwe Umugabo Yoshirayo Imboro Yoca Isha!
13 Mukakaro 2015, 10:00, par DAVID
SH KUBWAJE NUVA NUMUBWIRA COURANGE KWELI
17 Ntwarante 2016, 22:27, par Aimé
None Mugitsina Cumukobwa Hariyo Umuriro
1er Rusama 2018, 23:38, par KETI
Nigihe Ciherezo Koko Ari Ivyovyose Bizoherana Niy ’isi. Ubwenge Bw isi Nubupfu Imbere Yimana.