Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ngozi: Urwaruka 17 barekuwe bava mw’ibohero rikuru
Ngozi: Urwaruka 17 barekuwe bava mw’ibohero rikuru
samedi 1er Myandagaro 2015
Ubutungane bwo mu ntara ya Ngozi bwarekuye urwaruka 17 bahora bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Ngozi kuva kw’igenekerezo rya 7 Ruheshi 2015.
Benshi muri abo bari bafatiwe ku rubibe igihugu c’Urwanda gihana n’Uburundi mu gihe bariko bagerageza guhungira mu gihugu c’Urwanda.
Mu buyobozi bw’ibohero rikuru ry’i Ngozi bavuze ko babarekuye ivy’kandi ko bazoza bararenguka rimwe mu kwezi uko ubutungane buzobatumako, mu gihe cose bwoba bubakeneye.
Muri abo basore harimwo abanyeshuri bo muri kaminuza y’Uburundi.
Van Naris Mugisha
Messages
1er Myandagaro 2015, 13:03, par Kariyo
Ubutegetsi Buraborera! Guhunga Gisigaye Ari Icaha? Mwibagira Ningoga.
1er Myandagaro 2015, 13:45, par scott
Jewe ndumva ko ntacaha bafise none bazorenguka bavuga iki? Ubwo butungane bw’uburundi ntabutungane burimwo kuko ivyo bakora vyose ntamuco birimwo mugabo ntaco ibihe biha ibindi
1er Myandagaro 2015, 14:45, par Nkurikirima Ally Bachir
Nivyiza Kuba Barekuwe Ahubwo Vyobavyiza Cyana Nabandi Benshi Bafunzwe Wenda Ntacyo Bazirara Bakugweyo :N.B Iyo Leta Ikoze Iciza Kimwe Mumateka Bandikisha 5%.Kanatsinda Niko Ninyungu Kuribo Eka Nokubantu Bose.
1er Myandagaro 2015, 14:55, par JOGINGI MARAHWE
mubihumbi n ibihumbagiza vy abarund bapfunzw harekuw ab i ngozi gusa? murabonako mutanguy amacakubiri yi ntara. TURABIBONA.
1er Myandagaro 2015, 15:51, par Ntawutohunga
Ibuka ko n’abari muri leta nabo bari impunzi. Imana niyo nkuru!
1er Myandagaro 2015, 15:51, par Ntawutohunga
Ibuka ko n’abari muri leta nabo bari impunzi. Imana niyo nkuru!
1er Myandagaro 2015, 22:29, par Iragiryagahuturemi
Inama yabarundi bijavyi yabereye Ethiopia kwikikinyamakuru kitagize icokiyivugako ishobora kuba itabaye canke ikabagangendeye nabi abaribayigize! Kuko ivyonkunzekubona kwikikinyamakuru injavyi iyo ziriko zirakora ivyazo bijimbere kivyandika ningoga cabona ivya reta yu Burundi biriko birabaneza ntikivyandike.
2 Myandagaro 2015, 00:47, par RTNB ^/)0
Nivyo zamurareba abobishoboka muzemurabaregurira. Ariko reka nkikirize ngahanyene mvugeko turiko turashimira bimwebivuyekumutima abobose bariko baratuma natwe abarundi tubahanze dushobora kwumvamakuru yokuri radio na televition vyuburundi duciye kuri www.RTNBDI.bi mukudu positira amakuru abayavuze tukayakurikirana tuyasanze ahabitse dukoresheje inyabwonko. Ariko rero nubwonshimwe nkubu nandikiye nikwi genekerezo rya 2/8/15 duheruka udukuru mwadu positiye kuri le 27/07/15 nashaka gusabako mwoza muradu positira amakuru burimusi, rekambere ncemarirayo numutwewose ncevugako nokwimviriza amakuru dirct twovyishimira mimwebidasanzwe.
2 Myandagaro 2015, 06:02, par Falcon
Eka niyonyungu yatwebwe abanyagihugu yokugira indongozi zitize ni nitera soni gupfunga abantu ubagiriza ko arimpunzi.NIYOMBARE urihe nyinicubahiro mutama wacu?kuja utu okowe.
2 Myandagaro 2015, 06:32, par anita
None icaha kibagira nikihe ko muvuze k bafashwe bahunze
2 Myandagaro 2015, 10:48, par DIVIN
AHUBWO.BAMARAMAYE.BARICUNGA.NEZA
2 Myandagaro 2015, 12:29, par GAHORO
NABANDI BAZOREKURWA
2 Myandagaro 2015, 13:27, par Minyurano Jacques
Reka Urwo Rwaruka Rwiburundi Rwidegevye
10 Myandagaro 2015, 21:41, par MUKAMANGWE
NIBABAREKE BIDEGEMVYE KUKO BASHAKA GUKIZA IGUFA NTACO BACUMUYE
16 Myandagaro 2015, 18:30, par NSENGIMANA BOSCO
AHUBWO MURINABASAZI MURASHOBORAGUPFUNGA UMURYANGO WOSE NIMUBAREKE BIDEGEVYE@[
17 Myandagaro 2015, 12:56, par jo
Abize amategeko bodutomorera neza itegeko rihana uwugize ubwoba k’ubuzima bwiwe agashaka gukunga??? Sinibaza n’uko guhunga vyoba bibujijwe.. Jewe nibaza ko abababujije guhunga aribo baribakwiye gufatwa na canecane ko muri EAC dutegerezwa kwishira tukizana... C’est ridicule... Abobacamanza b’i Ngozi barakwiye gusubira kw’ishure...ariko nibaza ko n’uwutaciye kw’ishule ivyo atobikora... Il nous faut une école de la vie canke basi babe baraja kwa "Le gentil"
27 Gitugutu 2015, 22:05, par kubwimana eric
iciyunviro nfiseniki kuberiki?babafashe bazikobahunze bakabashira mumabohero ntibabasubizemumihirayabo ikirihonarekekwaguka ataruko ahayabik,agakaramugashambara.