Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
"Ni Hatari"uwundi muriyoni w’amarundi watanzwe, ni nde yatsinze? - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > "Ni Hatari"uwundi muriyoni w’amarundi watanzwe, ni nde yatsinze?

"Ni Hatari"uwundi muriyoni w’amarundi watanzwe, ni nde yatsinze?

jeudi 8 Nzero 2015

Ku munsi ku munsi amashirahamwe Econet na Leo aratanga umuriyoni w’amarundi ku banywanyi bariko bakina mw’ihiganwa "Ni Hatari".

Kw’igenekerezo rya rya 07 Nzero 2015, umukozi wa "Poste" azwi kw’izina rya NAHIGOMBEYE Mosart yatsindiye umuriyoni w’amahera y’Amarundi. Ibahasha ririmwo ayo mahera yarishikirijwe mu gitondo c’igenekerezo rya 08 Nzero. Mosart amenyeshako yatanguye gukina kuva ihiganwa rigitangura, ntiyarambiwe n’uko adatsinda ariko yagumijeko ari nako gutsindira umuriyoni kuri iryo genekerezo.

Mosart ahamagararira ayandi amshirahamwe ko yogira nka Leo na Econet yibuka gushiraho uburyo abanywanyi bayo botera imbere.

Tubibutseko ihiganwa "Ni Hatari" rizorangira kw’igenekerezo rya 23 Nzero, aho hazotangwa imiriyoni 10 z’amarundi.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.