Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ni kubera iki abagabo bakunda amabere y’abagore - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Urukundo > Ni kubera iki abagabo bakunda amabere y’abagore

Ni kubera iki abagabo bakunda amabere y’abagore

mercredi 20 Ntwarante 2013

Ukwo amabere yoba ameze kwose n’igikiriza yoba arimwo cose abagabo barayakunda ukwo nyene. Abantu benshi baribaza impamvu.

Hari umusore yayaze n’urubuga rwitwa College Candy aho yashikirije ko amabere atanga ubushobozi bwo kwungura ubwenge iyo uyabonye. Akomeza avuga ko abagore barabwa kandi bakundwa cane kuruta abagabo, ivyo bikabuza abagabo kwiyumva ko bari hejuru y’abagore, bakiyumva ko baguwe neza. Ivyo vyose bikaba bitangurira mu kubona ibere ry’umukobwa.

Yabandanije avuga ko iyo umugore yiyambuye gato abera amaso y’abagabo maze amabere yiwe agatuma bibaza ku gitsina ciwe, mu gihe umugabo atambaye afatwa nk’umusazi.

Ubushakashatsi bwakozwe bwerekana ko umugore afise amabere meza yemeza umugabo ko ashoboye kumukorera neza ibijanye n’amabanga mpuzabitsina, ivyo bigakunda kugaragarira ku bagore bambara twa duhuzu twerekana ishusho y’ amabere yabo kenshi .

Urwo rubuga rushira kandi ahabona uruhara rw’abagore mu gutuma abagabo bakunda amabere yabo, aho bagerageza kugira ivyo bayasanisha kandi bikunzwe, bakayanyegeza ngo batere abagabo amakenga, mu kwambara ama-soutiens mato ku mabere yabo kuko ku bwabo nta kindi kintu babona gishimisha abagabo kiruta kubahamagarira gukunda cane amabere yabo mu buryo bwose.


Egide Nduwimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.