Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Ni nde yatsinze muri "Ni Hatari"?
Ni nde yatsinze muri "Ni Hatari"?
samedi 17 Nzero 2015
Ihiganwa "Ni Hatari"ryateguwe na Leo na Econet ribandanya riganura amafaranga angana umuriyoni w’amarundi.
Nta munsi wijana ata muntu atsindiye igifori c’umuriyoni w’amarundi mw’ihiganwa "Ni Hatari"ryatangujwe n’imihora yo gutumatumanako amakuru Leo na Econet. Ayo mahera atangwa aba yavuye ku nyishu z’ukuri umunywanyi w’iyo mihora aba ariko akina muri "Ni Hatari", iruhande y’ivyo harimwo n’amahigwe umukinyi aba afise kuko ntibaraba uwufise amanota menshi harimwo n’imigisha. Ibibazo bijanye n’urukundo, inkino, umuziki hamwe n’ibibazo ku Burundi.
Iyo migisha n’amanota vyahaye umunywanyi w’umuhora wa Leo Ngendakubwayo Jean Marie. Uwo yatsinze kw’igenekerezo rya 15 Nzero, ashimira iyo mihora asaba n’ayandi mashirahamwe kkwiyumvira ku banywanyi bayo.
Cherif Nkeshimana