Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Niger : Abimukira 34 bapfiriye mu bugararwa
Niger : Abimukira 34 bapfiriye mu bugararwa
jeudi 16 Ruheshi 2016, par
Abategetsi ba reta ya Nijeri bamenyesha batoye ibiziga 34 vy’abantu, barimwo abana 20 bapfuye bariko bageregeza kujabuka ubugararwa bwa Nijeri.
Bamenyesha ko ata nkeka abo bantu bari abimukira bariko bagana mu buraruko bwa Afrika berekeza muri Aljeriya canke mu Bulayi.
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati wa Nijeri yamenyesheje ayo makuru ejo kuwa gatatu, Yavuze ko abagore icenda, abagabo batanu hamwe n’abana 20 boba bishwe n’inyota inyuma yaho basigiwe mu bugararwa n’abagira urudandazwa rw’abantu mur’ako karere.
Mwomenyako Ibihugu abo bantu baturukamwo ntibiramenyekana.
IGIHE
Messages
16 Ruheshi 2016, 13:07, par MUYAHUDI
IMANA NIBAKIR NON ABOBAHUNGA BARABUZ IYOBATURUKA? BOBO NTIBAVUGA IYOBAVA NIBIRAGI? NON BAHUNGA IKI?
16 Ruheshi 2016, 13:10, par Ndiho Felix
Ahubwo Abotwitoreye Nukuvuga Abategets Bagabe Neza Abobantu Bagira Urudandazwa Gwabantu Babakorereko Bimwe Biboneka Kuk Tubiravye Nez Wosanga Ari Inkoz Zikibi Mur Vyos,turaswe,dusombwe Nkimpene?E Barundi Tukiri Kumwe Nimuze Twikurek Abansi Mugihugu Cacu Habonek Agahengw ,twiganzure Abo Bakozi Basatani,ibhugu Vyos Bituboneko Akarorero,kuberiki Baducunaguz Nkuk Atanguvu Dufs?Nimunyishure
16 Ruheshi 2016, 20:56, par umuhire sandrine
burya umuntu ahunze ntaba abuze icyo ahunga hari impamvu muyishake kd imana ibakire mubayo abantu baraheze mana uravyemeye duhonye gutya hindura mana yanje itegeke rupfu arakumvira nukuri njewe bingeze kure
21 Ruheshi 2016, 13:23, par Emmanuel Nsabimana
Abimukira Si Abantu Nkabandi?